Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Li YUANCHAO yatanguye ibikorwa vy’urugendo arimwo (Amafoto) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Li YUANCHAO yatanguye ibikorwa vy’urugendo arimwo (Amafoto)

Li YUANCHAO yatanguye ibikorwa vy’urugendo arimwo (Amafoto)

jeudi 11 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu nyubakwa zubatswe n’Ubushinwa mu Burundi, Li YUANCHAO aragendera kandi ahariko hubakwa ikirimba c’umukuru w’igihugu mu Gasenyi.

Ku muhingamo wo kuri uwu munsi nyene wa kane, Li YUANCHAO agiranira imibonano n’abashikiranganji batandukanye barimwo uw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, uw’intwaro ibereye, uw’ikigega ca Reta, uw’agateka ka zina muntu, uw’ibikorwa vya Reta, mu nyuma yakirwe mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.