Accueil > Amakuru > u Burundi > Muramvya : Abigishijwe gusoma n’ukwandika bahejeje inyigisho
Muramvya : Abigishijwe gusoma n’ukwandika bahejeje inyigisho
mercredi 7 Ruheshi 2017, par
Ibirori vy’uguszera izo nyigisho vyari vyatewe iteka na Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi.
Izo nyigisho zatunganijwe n’ikigo "Village i Muhira", zikaba zizobandanya gutangwa no mu zindi ntara zigize igihugu c’Uburundi.
IGIHE