IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Muzinda : Abantu bane bapfuye basomye nturi

Muzinda : Abantu bane bapfuye basomye nturi

lundi 2 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Abo bantu batwawe n’uruzi kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 31 Ntwarante 2018, nk’igihe c’isaha icenda z’umuhingamo, bakaba bariko bagerageza kujabuka kugira baje i Mubimbi.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko mu bikorwa vy’ubutabazi, batoye ibiziga vya bane muri abo basomye nturi, umwana umwe nawe muribo akaba yaburiwe irengero.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.