Accueil > Amakuru > u Burundi > Mwaro : Amagufa y’abantu yatowe ahariko hubakwa inzu
Mwaro : Amagufa y’abantu yatowe ahariko hubakwa inzu
mercredi 11 Nzero 2017, par
Amagufa y’abantu bahambwe mu kinogo kimwe yatowe kuri uwu wa kabiri mu ntara ya Mwaro, muri komine Rusaka.
Abajejwe intwaro muri iyo ntara bamenyesha ko ayo magufa yatowe mu kibanza cariko cubakwamwo inzu.

Abagereye ahatowe ayo magufa bakaba bamenyesheje ko bigoye kumenya igihe abo bantu bahambwe muri ico kinogo, abaribo hamwe n’ingene bangana.
IGIHE
Messages
11 Nzero 2017, 11:09, par Mutuzo
Genocide yakorewe abahutu 72-73. Abarundi mube maso kuko ababyeyi ba Ninahazwe@Sinduhije bari mubamaze abahutu none abana babo bakaba bashaka kubandanya umugambi wa base babinyujije muri CNAREC
11 Nzero 2017, 13:08, par mbazumutima jerome
Erega nayabarundi bazize ukobari ,nukowabuze uwerekana nabandi ibinogo barimwo nayahandi niheshi !!! IMANA izoza iravyerekana ukonyene .birababaje ingene inkozizikibi zicitamba kumuvyimba abeneburundi mugushaka kuduhoza mumibabaro idahera ahokwicara ngo dusabanimbabazi kuvyabaye tubone kwubaka uburundi bushasha..nibafube mucubahiro bayashire ahokwongegwako nayandi azoboneka kuko abotwabuze sabogusa, shimiyimana kuko tugiye kukobamwe atakigihishijwe naho abazungubaho babigizibanga IMANA irahari sicoroshe kubabarira ariko birashoboka.nkuwabuze uwiwe arimurayo magufa atahakitsimbabazi vyokugora kwiyakira ,IMANA idufashe dusezere ubwicanyi ninzangano kuko ntaneza numubanomwiza bizana ataramarira numubabaro.mpamagariye abarundi Bose ahobarikugwanya umuntuwese adashakiramahoro abarundi nuburundi kuko ivyabaye vyasize imitimayabeshi ibabaye.never agen ababuze icogihe twihangane twirinde ivyiyumviro vyomumutima kukuwagiye ntagaruka nitwebwe tuzobasangaho bari IMANA ibabarire ababikoze abakiriho abatakiriho batwaye ivyobarose harambe abarundi nuburundi umukuru wigihugu Petero Nkurunziza igisirikari igipolici inzegozose zikorazitiziganya ngotube mumahoro numwumwe wese mumwanya wiwe turushirize kubumwe twubake uburundi bushasha dusezerera kahise dutegura kazoza turakarama.
11 Nzero 2017, 13:56, par Rasta Musaga
Izo mujeri zihishe murwanda no muri Belgique nizize i Burundi zitubwire ibyo base bokoze kuko zizi amabanga menshi kuri ubwo bwicanyi
11 Nzero 2017, 14:25, par peter
iyo ni genocide yakorewe abahutu bishwe ku ngoma ya Micombero 1972
11 Nzero 2017, 15:34
ngira nibwabwoko basha
11 Nzero 2017, 17:32, par .
Ariko Mana!!!
Kuberiki za satalite zishinzwe kureba mu Burundi ibinogo rusangi bizitsemwo abantu zabuzijwe niki kuraba I ibinogo!?
Tuvugeko abishe ababantu baribabizinanyeko nabarya bakontorora zirya satalite bakabonako atacobobivugako kandi carigikorwa cabo?
Hari nibindi bigiyegushirwa ahabona mwahangaye Nkurunziza mubona muzoruhuka ubuhangange mwarimufise kwiy’Isi bubabanye ifuyimijiro kandi harabagiye kubona amahinduka akomeye mwikigihe kw’Isi.
11 Nzero 2017, 17:48, par Hakizimana Sylvestre
Hari abahutu benshi bava i bujmbura, mu 72 bagira ngo impore yabonetse aho indege ya kajugujugu ya micombere ya shibura amakete ngo ni mpore, abaca aho muRusaka baja mu kibumbu, nyarusange, babicira aho nyene Rusaka.
11 Nzero 2017, 19:09, par eroje
none abo bantuvyoba vyari ibitsina bingahe yoba ari umugabo numugore?
11 Nzero 2017, 20:12, par mayunga
Ivyobintu birababaje cane ahubo reta yoraba ikagira amatohoza izonkozi zikibi zigahanwa
11 Nzero 2017, 20:30, par pastor victoir
abo banditse ngo nabi 72 barabesha kandi baragowe Imana izobibahora
11 Nzero 2017, 21:18, par Cuma JMV
Se wa za mujeri (Ninahazwe Pacifique,Gakunzi,sinduhije,kiramvu,...)bari mubakoze genocide . Turasaba reta y’uburundi ko yareba uko ibigenza bakatubwira amabi ba se basize bakoze kuko babizi kandi bahora babivuga mutubari.
12 Nzero 2017, 01:34, par Kagabo
None womenga ntamaso mugira?? ayo magufa none ntubona ko ari mukurenza imwaka hafi 50? nawe raba yaratanguye guhinduka ivu? Ibinogo (fosse commune) aho mu Burundi ninjojo, twasigiwe n’umumenja Micomibi. Namwe murarabe ko atamuhumiye n’abiwe bose!!!! ubu birageze ko bayahambana iteka kugira ngo imivumo ive mu Burundi. Ahasigaye baje kuturonderera Buyobe nabo ba Busokoza basigaye tuje kubashira muri musée vivant I Bujumbura, tuze turagira ingenzi ziza kuraba abicanyi kabuhariwe.
12 Nzero 2017, 04:28, par JARRY
IYONKURU NTAVYINSHI NOYIVUGAKO,ARIKO BIRAGARAGARA KO BOBA ARI ABANTU BISHWE MUNTABARA YABAYE INYUMA Y IGANDAGURWA RY INCUNGU YA DEMOCRATIE NDADAYE MELCHIOR.
12 Nzero 2017, 06:34, par preto
Ukuri Ntikunyegezwa
12 Nzero 2017, 08:46, par Musaga
Abo ni Abatutsi bishwe na DD, ntimuduhende
12 Nzero 2017, 20:25, par nzohabonima vianney
nibarondere abahinga babijejwe karaba abo bantu ingene bangana nigihe bahabwemwo muricokinogo iyo ntala twamyetutayizeye kuvakela yamyemwo ibinywamalaso barimubagandaguye umukuruwigihugu NDADAYE merikiyolo yitorewe na barundi nabandi barundi iyo ntala siyo nagato
12 Nzero 2017, 20:26, par nzohabonima vianney
nibarondere abahinga babijejwe karaba abo bantu ingene bangana nigihe bahabwemwo muricokinogo iyo ntala twamyetutayizeye kuvakela yamyemwo ibinywamalaso barimubagandaguye umukuruwigihugu NDADAYE merikiyolo yitorewe na barundi nabandi barundi iyo ntala siyo nagato
12 Nzero 2017, 21:41, par prosper.
mwabuze icomukora ubu dukeneyeko mutubwirati igihugu cakoze imigambi kanaka note kutubwirango mwatoye amagufa.
12 Nzero 2017, 21:41, par prosper.
mwabuze icomukora ubu dukeneyeko mutubwirati igihugu cakoze imigambi kanaka note kutubwirango mwatoye amagufa.
12 Nzero 2017, 22:21, par UMWAMI
Abo bose nabana baba hutu bishwe ninyanka Burundi.
12 Nzero 2017, 23:35, par Rashid Juma
Nasomye kuri twitter ya mujeri(Nininahazwe Pacifique)gusa ntacyo ivuga kuri ayo magufa kubera se ari mubakoze ibara 72.
13 Nzero 2017, 17:38, par ELOGE
none amatohoza reta iyagejejehe ntibe yarashize mwuruhar kuk umunt nuwund iyaba yari nkumwana wa presden baba bamenye abamwishe.
14 Nzero 2017, 20:14, par Nem
cnard nimwumva igize civuga kurabo bewacu bishwe urubozo iroba irimwo aba kirisu. nico gituma uyo mugwi wa cnard uhengamye !
14 Nzero 2017, 23:00, par Ruzibiza
Kiramvu we iyo amaze gusinda amahera y’ibimuga mububirigi avuga yuka azi byinshi kwihonyabwoko rya 72 ryakorewe abahut. Niyo mpamvu we na Mujeri Pacifique basaze !!!
14 Nzero 2017, 23:16, par edouar
emwe nakamaramaza birateye agahind
15 Nzero 2017, 08:50, par Gateka
mbega Maná y uburundi, kuk kweli ibivyabaye, kwica bimaziki, bitanga iki kwica umuntu umuhora uko yavutse? ninde ashira uruhare kuvukira mumuryango ukize cnk ukenye, ninde agirá uruhare rwokuvuka ari Umututsi cnk umuhutu???
micombero yagiye yica abantu nyagupfa nkuk yapfuye, ubukoko wew arihehe, Buyoya Papa w,abamenja!!!
Maná shira ukuri ahabona ku Burundi
15 Nzero 2017, 09:37, par kcb
ni danger