IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ngozi: Posita y’i Mparamirundi yibwe amafaranga ataramenyekana (...)

Ngozi: Posita y’i Mparamirundi yibwe amafaranga ataramenyekana igitigiri

mercredi 1er Ntwarante 2017

Amafaranga ataramenyekana igitigiri niyo yibwe mu biro vya posita i Mparamirundi muri Komine Busiga y’intara ya Ngozi, kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 28 Ruhuhuma,umwaka wa 2017.

Amakuru ava aho i Ngozi amenyesha ko umukuru wa posita aho i Mparamirundi umupfasoni UWIMANA Divine, yikekwa kuba ariwe yatwaye ayo mafaranga kuko ataraboneka , nkuko ayo makuru avyemeza.

Mu gipolisi mu ntara ya Ngozi bamenyesha ko umushingantahe wiwe ariwe yahagaritswe ku mvo z’amatohoza.

Haraheze iminsi mike , ubundi busuma muri posita bubaye mu ntara ya Mwaro, aho amafaranga imiliyoni 28 ariyo yibwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.