Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
OLUCOME iriyamiriza amakori atangishwa atazwi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > OLUCOME iriyamiriza amakori atangishwa atazwi

OLUCOME iriyamiriza amakori atangishwa atazwi

vendredi 7 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Ishirahamwe OLUCOME rijejwe kurwanya igiturire ririyamiriza amafaranga abandanya gusabwa abanyagihugu kandi ataho azwi mu mategeko agenga itozwa ry’amakori n’amatagisi.

Mw’ishirahamwe OLUCOME, nk’uko vyashikirijwe na Gabriel RUFYIRI, umukuru waryo, batanga akarorero k’amafaranga atangishwa ku banyagihugu, bayasabwe n’abanyamigambwe, cane cane mu bikorwa vy’ukwubaka ingoro z’imigambwe canke ibindi bikorwa vy’imigambwe, aho mbere n’abatari muri iyo migambwe basabwa nabo nyene ayo mafaranga.

JPEG - 48.7 ko
Gabriel RUFYIRI, umukuru w’ishirahamwe OLUCOME

Mw’ishirahamwe OLUCOME basaba abajejwe intwaro ko bohagarika ivyo bikorwa bifatwa nk’ubunyonyezi.


IGIHE

Messages

  • Ntahantu nahamwe kwisi abanywanyi bumugambwe badatanga intererano

  • Wewe Vyarakugoye , Aho Utarose Icuvuga Ububirigi Ntibwo Guhemba ?

  • Rumuri ac manen mabay yakwak sem yakwak usisem namengin hayakuruhus,unajifany mutembz sas umetembea inc ngap?ten wap na wap.

  • Udakundumugambwewewe urarekakuyatanga haruwurazakuyakwakawewe?kuvyumvakubataribo ntamgumyabanga atoyatangakiretse atafise,

  • mureke atumanya nino mumahanga tugiye kuyatoza turungike.kandi vuba

  • Wewe Gabriel Ruyfikiri, nashaka kukubwirako nabo ubona baguhemba kugira uronke uko uzakwihisha ubugaba mu barundi wosanga kugira barinke ayomahera yokuguhemba bayaronka muburyo butazwi mbere buteye isono! Kuko harigihe bobabayaronka babanje guteza kwicana mwivyo bihugu bibanyi nigihugu cawe kirimwo cane cane Congo, ninacogituma Congo hiciweyo abanyarwanda naba Congoman batagira ukwobangana ariko ivyobihugu biguhemba ntibigire icobivuga bisigurako yari business yavyo.
    Ariko ntamunyagihugu wonwivyo bihugu bikomeye vyirirwa biratikiza inganda kwisi arigera ahaguruka ngwavuge nkutwotujambo twawe twogucira inkonda.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.