IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > PAFE:Impapuro z’inzira zizohagarikwa gutangwa mu kiringo c’imisi (...)

PAFE:Impapuro z’inzira zizohagarikwa gutangwa mu kiringo c’imisi 3

mercredi 23 mai 2018

Mw’itangazo ryasohowe n’umukuru w’igiporisi kijejwe imbibe,ibirere n’ingezi OPC 1,Jimmy HATUNGIMANA, rimenyesha ko ibirori vyo kwugurura ico gikorwa bizoba kw’igenekerezo rya 29 Rusama 2018.

Bitegekanijwe ko ibikorwa vyo gutanga impapuro z’inzira bizosubira gukorwa kw’igenekerezo rya 29 Rusama 2018 mu masaha y’inyuma y’umutaga.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.