Accueil > Amakuru > u Burundi > Patiri mukuru wa Paruwasi Mugamba yitavye Imana
Patiri mukuru wa Paruwasi Mugamba yitavye Imana
lundi 31 Mukakaro 2017, par
Patiri Claver NGENDAKURIYO yasezeye isi niwe yari Patiri mukuru wa paruwasi Mugamba.
- Patiri Claver NGENDAKURIYO
- Imodoka Patiri mukuru wa Paruwasi Mugamba yarimwo
Egide NDUWIMANA
Messages
31 Mukakaro 2017, 18:15, par Gaciyubwenge
Imana imwakire mu bwa
31 Mukakaro 2017, 18:58, par M J
NAMBA YARI YITEGUYE NIVYIZA.KUKO UBU HARI ABATARI BAKE BAGENDERA MUNGESO MBI.
31 Mukakaro 2017, 20:27, par Irakoze Franck
imana Ize Imwakire Mubwami Bwayo.Yarumuntu Wintugane.Tuzokwama Tumusabira.Imana Imuhezagire.Amen
31 Mukakaro 2017, 20:52, par Kubwenge J.de Dieu
Ntakundi abakirisu nukwihangana Kuko urupfu n’ iryo niryorembo twese dutegerezwa gucamwo. Ahubwo ico duha akaba yarakoze ivy IMANA ishaka kugira imwakire mubwami bwayo. Natwe turinyuma
31 Mukakaro 2017, 21:17, par Bikuki Claver
pat Nungende Undutegurire Nikowamye Nakare Hos Nakubony Inyagasas Imana Ikwakire Amen
1er Myandagaro 2017, 14:37, par Yves Nzeyimana
imana Imwakire Yarintore NtiYORAMVE,