IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Patiri mukuru wa Paruwasi Muramvya asaba ababishoboye bose gufasha kusanura (...)

Patiri mukuru wa Paruwasi Muramvya asaba ababishoboye bose gufasha kusanura isengero

mardi 10 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri iyo mvura n’ayandi mazu hafi kuri umunani yaragurutse muri iyo ntara ya Muramvya.

Kuri paruwasi ya Muramvya, amabati agera kuri 25 niyo yagurutse, nk’uko bishikirizwa na Gelase MUGEROWIMANA, Patiri mukuru wa Paruwasi Muramvya, akavuga ko ivyuma bishikana amajwi kure bishobora kwononekara mu gihe imvura yosubira kurwa.

Patiri Gelase MUGEROWIMANA asaba ababishoboye bose ko bofasha kugira iyo Paruwasi isubire gusakarwa, abakirisu basubire kuronka aho basengera.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.