Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rumonge : Ibikorwa vy’abagore batekera abarovyi vyahagaritswe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rumonge : Ibikorwa vy’abagore batekera abarovyi vyahagaritswe

Rumonge : Ibikorwa vy’abagore batekera abarovyi vyahagaritswe

dimanche 1er Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abagore b’abo barovyi bagize iyo myiyerekano biyamiriza abo batekera abo barovyi, bakabagiriza ko aribo babatwara abagabo, bagasambura ingo zabo. Abo bagore bavuga ko abagabo babo batagitaha, kubw’abo bateka bazwi kw’izina ry’abapishi.

Inyuma y’iyo myiyerekano, Buramatari w’intara ya Rumonge, Juvenal BIGIRIMANA yafashe ingingo ko abazohora batekera abo barovyi ari abasore bimenyereza umwuga w’uburovyi.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Rumonge bamenyesha ko abo bagore bahora batekera abarovyi bari mu bakwiragiza umugera wa SIDA muri iyo ntara.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Yoo!!nn nkabari bategemeye aho kukiyaga tanganyika bazobaho gte?ni kwel ndashimiye buramatari wintara ya Rumonge .kandi nunva bavuga ngo ubukimwi bwarenje mwiyo ntara.nne abo bagore bavuga yuko abarovyi ko aribo bashambuza ingo zabo nibo babahamagara?twebwe tubona bizana kuruzi.tukabakira ati karibu mama.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.