IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > SETEMU yahawe umurongozi mushasha

SETEMU yahawe umurongozi mushasha

mardi 7 novembre 2017

Mu rwandiko umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu yasohoye, rwo kw’igenekerezo rya 7 Munyunyo 2017, Pascal BARANDAGIYE amenyesha ko Ir Paul MPAWENAYO ariwe agenwe kuba umuyobozi mukuru wa SETEMU.


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.