Accueil > Amakuru > u Burundi > SOSUMO yahawe umuyobozi mushasha
SOSUMO yahawe umuyobozi mushasha
jeudi 15 Kigarama 2016, par
Eric Nshimirimana, yahoze ari icegera c’umuyobozi mwishikira mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu niwe yahawe uburongozi bwa SOSUMO, ishirahamwe rijejwe guhingura isukari mu Burundi.
Uwo muyobozi mukuru mushasha wa SOSUMO (Administrateur Directeur General) agiye mu kibanza cahoramwo Donatien NIJIMBERE.
IGIHE
Messages
15 Kigarama 2016, 14:20, par Matabaro
Hahahaaaaaa nukuri aka kajagari nkurunziza ariko arakora ntibukunda aticaranye nabandi kugira bive munzira
15 Kigarama 2016, 19:41, par Toyi,muri,SOSUMO
Naze,mugabo,azobane,neza,natwebwe,abo,muri.Sosumo!Nayahandi,waswe,nabantu,uba,waswe,n,Imana.Haba,abakozi,ba,sosumo,canke,abarima,mumyonga,ya,sosumo,kuko,hakora,munda!Kuko,uwahahora,twari,tubanye,neza!
15 Kigarama 2016, 21:33, par Karumbeti Eloi
Jewe Ndabishima Nimba Ataco Yakosheje Ahavuye Kuneza Nivyiza Cane .
16 Kigarama 2016, 08:37, par Ntakirutimana Joel
Nkurunziza nunjanja, yasizeho uwuzoza ariba amushira, uwarahasazwe ntakintu yamushira rwashire mumifuko yiwe! uburundi bwacu bwararonse abasuma bakwiye, kuko imyimenyerezo bayitanguriye mwishamba mukwiba inka zabenuburundi, benugusanga abantu mumazu kubasahura utwobabiriye urwuyaaaaa, puuuuuu.