IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwahawe imfashanyo y’amafaranga azokoreshwa mu gisata (...)

Uburundi bwahawe imfashanyo y’amafaranga azokoreshwa mu gisata c’uburimyi

lundi 26 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo mfashanyo yatanzwe na banki y’isi yose izofasha mu bikorwa vy’abarimyi hamwe n’amashirahamwe ahingura umwimbu w’umuceri n’ibigori.

Ayo mafaranga yatanzwe na banki y’isi yose akazokoreshwa kandi mu kurwiza umwimbu w’umuceri mu ntara usanzwe urimwamo, izo nazo ni nk’intara ya Rumonge, Bubanza, Bujumbura, Cibitoke, hamwe na Makamba.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.