IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubushikiranganji bw’akazi bwatanze akaruhuko kw’igenekerezo rya 1 (...)

Ubushikiranganji bw’akazi bwatanze akaruhuko kw’igenekerezo rya 1 Nyakanga

mercredi 30 Myandagaro 2017

Mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’abakozi n’akazi, ubwo bushikiranganji bumenyesha ko butanze akaruhuko bwisunze itegeko ry’umukuru w’igihugu, bwisunze kandi ikete ry’uwurongoye umuryango w’aba Islam mu Burundi rimenyesha umunsi w’intama.

Muri iryo tangazo, ubushikiranganji bw’abakozi n’akazi bumenyesha ko umunsi wa gatanu ari akaruhuko ku bakozi ba Reta, ariko abakozi bazowuhemberwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.