Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ukraine : Hatowe urucanco rw’umugera GoldenEye wari wateye imashini (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > Ukraine : Hatowe urucanco rw’umugera GoldenEye wari wateye imashini (...)

Ukraine : Hatowe urucanco rw’umugera GoldenEye wari wateye imashini nyabwonko

mercredi 28 Ruheshi 2017

Bavuga ko kubera urwo rucanco rwatowe uwuguruye idosiye imwe gusa, bishobora guhagarika igitero kivuye ku mashini yamaze kwandura.

Abashakashatsi ntibashoboye gutora icitwa "kill switch" kibuza ko umugera wokwiragira mu zindi mashini .

Abakwirikiranira hafi ivy’ibitero vyo kuri internet ku ma mashini nyabwonko , bamenyesha ko igitero co kuwa kabiri ku ma mashini nyabwonkocari ico kwonona gusa canke co kurondera uruvugiro mu vya poritike kuko amafaranga ashika amadorari 300 yasabwa ari make ugereranije nayahora asabwa .

Amwe mu mashirahamwe yabangamiwe nico gitero ni banki nkuru ya Ukraine, ishirahamwe rikomeye ridandaza igitoro ry’Uburusiya Rosneft, ishirahamwe ryo mu Bwongereza rimenyekanisha ibintu WPP, hamwe n’ishirahamwe ry’amategeko ryo muri Amerika rya DLA Piper.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.