Accueil > Amakuru > u Burundi > Umugambwe CNDD FDD wateguye amasengesho y’iminsi itatu
Umugambwe CNDD FDD wateguye amasengesho y’iminsi itatu
mercredi 16 Myandagaro 2017, par
Nk’uko biri mu butumire bw’ico gisabisho, uwo mugambwe uvuga ko ico gisabisho ari ico gukenguruka hamwe n’ugushikikanira Imana ku vyiza idasiba kugirira Uburundi n’umugambwe CNDD FDD.
- Simoni NTAMWANA, Umwungere wa Ekereziya Gaturika mu ntara ya Gitega ari mu birori vy’ukwugurura amasengesho yatunganijwe na CNDD FDD
Ico gisabisho ni ic’iminsi itatu, kikaba gitangura kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Myandagaro 2017, gushika ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 18 Myandagaro 2017 mu gisagara ca Gitega.
Icivugo ni : "Abagumyabanga twashize Imana mu kibanza ca mbere, tugume dukenguruka."
Egide NDUWIMANA
Messages
16 Myandagaro 2017, 10:14, par didier niyongabo
Ibigugu biri hano mesa kamwe,har’ibintu bibiri bidahura"Ivy’Imana na politique "ivyo ntibihura ivyo tuvyita kwiyerurutsa
Mushaka kuyishimira ko mwanigaguye abantu benshi ?
16 Myandagaro 2017, 16:14, par UMUKIRISU
Sauf les imbécile ne changent pas.....
16 Myandagaro 2017, 20:36, par DENDELE
IMANAYO NTIKINA UYITAKA%BIRE UBU NYENE
23 Myandagaro 2017, 10:42, par hugor kévin
imana ize ibahzagire babandanye gukrera ivyiza ububurundi n’abarundi.