IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukobwa wa Willy NYAMITWE yagenwe mu burongozi bw’Abarundi bo mu (...)

Umukobwa wa Willy NYAMITWE yagenwe mu burongozi bw’Abarundi bo mu Bushinwa

jeudi 19 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko biri mu rwandiko rugena Glynis Carrel NYAMITWE NISHEMEZWE mu burongozi bw’Abarundi baba mu Bushinwa, rwateweko umukono na Jean Japhet Legentil NDAYISHIMIYE atwara ishirahamwe ry’Abarundi bo kw’isi yose baba mu mahanga, uwo yagenwe vy’imfatakibanza yahawe igikorwa c’ugutegura amatora mu kiringo kitarenze amezi atatu, kugira ashireho inzego zose z’ubuserukizi bw’Uburundi mu Bushinwa.

JPEG - 16.1 ko
Glynis Carrel NYAMITWE NISHEMEZWE, umukobwa wa Willy NYAMITWE

Glynis Carrel NYAMITWE NISHEMEZWE, umukobwa wa Willy NYAMITWE avuga ko yemeye igikorwa yashinzwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.