IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Itegeko ry’ukuva muri CPI ryemejwe n’umukuru w’igihugu

Itegeko ry’ukuva muri CPI ryemejwe n’umukuru w’igihugu

mardi 18 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Itegeko ry’uko Uburundi buva muri Sentare mpuzamakungu mpanavyaha (CPI) ryemejwe kuri uwu wa kabiri n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 1/14 ryo kuwa 18 Gitugutu 2016, bamenyesha ko inyuma y’aho inama nshikiranganji isabiye ko Uburundi buva muri CPI, inama nshingamateka na nkenguzamateka zikavyemeza, Uburundi bwavuye ku mugaragaro masezerano y’i Roma avuga iyinjira ry’Uburundi muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha, akaba yari yemejwe kuwa 17 Mukakaro 1998.


IGIHE

Messages

  • Twabatoye tubizeye komuzodukorera ivyodushaka none murabikoze turabashima cane gose.

  • jewembonayariko aratwenga (ibitwenz’abanavyanikir’abagabokuzuba) arabayumvise ko kitazobuzako bakubitwa intahe nakokagwi kiwe ryavumerewe iArusha

  • Naho yari gushaka akabanza kurishira ko igikumu imbere y’uko ritorwa nabo basumirinda Ngo Ni abashingamateka ntacabuza ko baguma baritora kuko bakora ibiri mumutima wiwe icadashatse ntigikoreka raba nawe ngumuhuza wa barundi Ngo manda yiwe nimwe gusa yimyaka 6 Ngo kandi ntiyongerwa kandi ivyo nukuri kuko niko amasezerano yarusha abitegekanya mugabo hageze kumubwira ko kizira kikaziririzwa ko umukuru wigihugu arenza manda zibiri nkuko amasezerano yarusha nibwirizwa shingiro bibivuga yaciye yirara mubantu aratikiza nubu akiriko ikindi yavuze ko manda yambere ko atitorewe nabanyagihugu ko yatowe nabashingamateka none iryo tegeko ryo kuva muri cpi kobavuga ko ryatowe muramumbariza niba ryatowe nabanyagihu ikindi kuba yashize igikumu kwiryo tegeko ntagitangaje kuko ntawimena igihute arazi mubantu iyo sentare igomba kurengutsa kwariwe aza kumwanya wambere

  • Ibi ni ukwikirigita ugaseka,mushake mwivane kwikarita y’isi,amatohoza azobandanya, abakoze ivyaha ntaho bazacikira CPI

  • MUJERI NAHO USINYA AMARASO YAWE IMBWA ZIZOYARIGATA KUKO WAGAMBANIYE IMANA HAHAHAHAHAHAAAA

  • ewe aba dd mbe ubwenge bwabo bwanyikiye he? Murahumba basha!! mwavamwo mwareka, birabaraba ikizwi ni uko mutegerezwa kuzofatwa mugakubitwa intahe mu gahanga ntakindi!! murawunywa naho urura!!! isi irazunguruka, buraca bugacana ayandi!! reka turindire gusa.

  • N’ubusanzwe iyo CPI ntaco yarimariye Uburundi. Abagandaguye abarundi kuva Igihugu cikukira ko baguma bidegemvya mu Gihugu no mu makungu ibona, none mwumva vyukuri abagumyabanga bogumamwo ngo vyungure iki abanyagihugu ?

  • Arabesha azokubitwi ntahe mumutwe, ivyo mubera vyiza yarakwiye gufata ikiziriko kaba ariyahura. Ubwo nubwenge bwamuhenze, nsubiyinyuma ntibumuhenze ubu bwamuhenze kuvakera, kuko nti yingeze amenya umuhanuzi mwiza namubi ! uwundi niwe yavuze ngumuhanuzi mubi,rwangana umurozi. Nkurunziza nawe ya rwije abarozi impande ziweeeeeee.

  • Komera mutama NKURUNZIZA Urincabwenge.Ehe UBURUNDI ukuntu bwaributwawe,....,Bandanya ukosora n’ibindi mwenivyo bitameze neza.Babwirut,ABARUNDI Bincabwenge Twarabahinyuye.Nanje narinazimiye gatoya ariko nabonyukuri aho kuri nagarutse Muruhongore.KOMERAKURI VOLANT.

  • KOMERDA MUTAMA KUVA MURI CPI,GUK WEW ICUKOZE NTUTOMBOZA.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.