Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yahojeje abanyalijeriya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yahojeje abanyalijeriya

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yahojeje abanyalijeriya

jeudi 12 avril 2018

Muri ubwo butumwa yacishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umukuru w’igihugu c’Uburundi yahojeje umukuru w’igihugu Bouteflika, abanyagihugu na Reta ya Algerie.

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yavuze ko Uburundi bwakiranye umubabaro mwinshi isanganya ry’indege ya gisirikare ryahitanye abagabo n’abakenyezi, kuwa gatatu igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2018.

Iyo ndege ya gisirikare yagize isanganya mu gatondo ko kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2018, inyuma y’umwanya muto ivuye hasi.

Umukuru w’igihugu ca Algerie yaciye ashira umukono kw’itegeko rishiraho ikigandaro c’iminsi itatu.

Urubuga rw’imboneshakure y’abafaransa France 24, rumenyesha ko ari isanganya ry’indege rigira kane rihitanye abantu benshi kw’isi, mu myaka 20 iheze.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.