IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abagize umurwi w’igihugu ujejwe ubumwe no gusubiza (...)

Umukuru w’igihugu yagenye abagize umurwi w’igihugu ujejwe ubumwe no gusubiza hamwe

mardi 2 janvier 2018

Uwagenywe kuba umukuru w’uwo murwi ni uwigeze guserukira Uburundi mu makungu Guillaume Ruzoviyo, icegera ciwe ni, Alice NZOMUKUNDA, yahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu, hamwe na Musenyeri Justin NZOSABA yahoze atwara CNDI,yagenywe mu kibanza c’umunyamabanga w’umurwi.

Abandi bagenywe muri uwo murwi ni, Adolphe Rukenkanya yahoze ari umushikiranganji w’inkino n’imicokama, Alphonse Bazonyica, Zénon Bigirimana,na Médiatrice Bizabishaka bagenywe kuba mu bagize uwo murwi.


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.