Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’inama nshingamateka yagiranye inama n’imvukira z’intara ya Kayanza (...)
Umukuru w’inama nshingamateka yagiranye inama n’imvukira z’intara ya Kayanza (Amafoto)
jeudi 18 Rusama 2017, par
Muvyo barabiye hamwe, harimwo ivy’ubutunzi, imibano hamwe n’umutekano mu ntara ya Kayanza.
Pascal NYABENDA umukuru w’inama nshingamateka yagarutse kandi ku bakora urudandaza rwa magendu, hamwe n’abashora ikawa mu bihugu bibanyi, mu kinyegero.
Amwe mu mafoto y’iyo nama
Messages
20 Rusama 2017, 18:31, par Deo
Mwibuka Ko Mumaze Ikiringo Mubisaband