IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umumenyeshamakuru Patrice NTIBANDETSE yitavye Imana

Umumenyeshamakuru Patrice NTIBANDETSE yitavye Imana

mardi 28 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuryango w’abamenyeshamakuru uri mu kigandaro kuva kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2017, inyuma y’urupfu rwa Patrice NTIBANDETSE, umwe mu nararibonye z’abamenyeshamakuru yakoze uwo mwuga imyaka myinshi.

Patrice Ntibandetse yakoreye insamirizi n’imboneshakure vy’igihugu c’Uburundi (RTNB), mu nyuma aja gukora muri UNESCO, mu gisata c’ukumenyesha amakuru.

JPEG - 9.9 ko
Umumenyeshamakuru Patrice NTIBANDETSE

Yitavye Imana mu gihe yari mu karuhuko k’izabukuru (Retraite).


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.