Accueil > Amakuru > u Burundi > Umurwi CENI wamenyesheje isango ryo kwandika abazokwitaba amatora mu (...)
Umurwi CENI wamenyesheje isango ryo kwandika abazokwitaba amatora mu mashini nyabwonko
lundi 19 février 2018
Nk’uko biri mw’itangazo ry’umurwi CENI, ico gikorwa kizotangurirwa no gutanga inyigisho ku bazokwandika mu mashini nyabwonko, kizoba kuwa gatatu igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2018.
Igikorwa co kwandika abazokwitaba amatora mu gihugu cose no hanze y’igihugu caheze kuwa gatandatu igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2018, naho habonetse abari bakirondera amakarata karangamuntu.
Amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro ategekanijwe mu kwezi kwa gatanu 2018.
MUGISHA Van Naris
Messages
19 février 2018, 22:11, par Eric David
Ni Vyiza Cne N’igikogwa Nkenegwa Kugihugu Na Canecane Ko Abatorewe Gukora Icogikogwa Batowe Kumugaragaro Kandi Hagiyemwo Umuco Mwinshi Cane