Accueil > Amakuru > u Burundi > Umurwi utegura isubirizwa ry’umuhuza Mohamed RUKARA washizweho
Umurwi utegura isubirizwa ry’umuhuza Mohamed RUKARA washizweho
mardi 18 Gitugutu 2016, par
Umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi yashizeho umurwi w’abashingamateka bahawe igikorwa c’ukwiga isubirizwa rya Mohamed RUKARA, umuhuza w’Abarundi.
Uwo murwi urongowe n’umushingamateka Nzigamasabo Réverien, icegera ciwe akaba ari umushingamateka Ndayisenga Bernard.
Umushingamateka Nimenya Gloriose niwe munyamabanga w’uwo murwi, nayo abandi (Membres) bashizwe muri abo bagiye gutegura isubirizwa rya Mohamed RUKARA akaba ari abashingamateka Karerwa Mo-Mamo, Nduwumwami Rénovat, Sukunoba Vincent hamwe na Muhungu Jean Bosco.
Ikiringo c’umuhuza w’Abarundi, Mohamed RUKARA, cari i’imyaka itandatu itongerwa, kikaba kigiye kurangira.
IGIHE
Messages
18 Gitugutu 2016, 17:06, par barikukivi
nibamusubirize mbonayarahaze iyondayose ariyoyarose aryayicaye natwareniyo mbengoyahuzabande? kobarinzekurondera museveni hagatiyamuseveni namihmedi ninde arya ivyagusa
18 Gitugutu 2016, 17:36, par tari
Nimba kuba arukugira mube muronona amahera yigihugu twagira umuhuza tukicwa tukabura ikituvugira tukarinda kwitabaza uwo hanze uwowe nimushaka mumwihoze kuko nicitirirwa
18 Gitugutu 2016, 18:14, par Issa
Mbe uyo muhuza nuwo gukora iki muri iyi leta itemewe,nyabuna ni mukumbure mwitabe ibiganiro vyo hanze nayo ahandi ho muriko muridigadiga mwisamaza murabe ko bwoca,ejo buca mubura nayo muzomuhemba ni mwaraba nabi,canke mugomba mushimire uwo mwicanyi ruhebwa Gihahe yamaze abantu
18 Gitugutu 2016, 20:45, par Kana
Uwo Nzigamasabo Reverien si Gihahe. Nimubihindure.
19 Gitugutu 2016, 07:29, par ELIE
NTAMUHUZA AKENEWE MURI IKIGIHE KUKO MURI POLTIQUE ATAMAHORO ARIYO.
19 Gitugutu 2016, 16:47, par NZUNGU
MBA NJE KUBA RAMUTSA,JEWE NIFUZAKO,ABARUNDI,TWESE,TWO GIRURU NANI,TUGAFATANA,MUNDA,TUKA REKA,KU RYANA,TURIBAMWE,NIMANA,YOMWIJU,RU,NTINEZE,GWA,NDABAKU NDA CANE,MUGIRU MUGO RO BA,MWIZA,MTZE MURA DU HINKURU,THA NK YOU,
19 Gitugutu 2016, 16:48, par NZUNGU
MBA NJE KUBA RAMUTSA,JEWE NIFUZAKO,ABARUNDI,TWESE,TWO GIRURU NANI,TUGAFATANA,MUNDA,TUKA REKA,KU RYANA,TURIBAMWE,NIMANA,YOMWIJU,RU,NTINEZE,GWA,NDABAKU NDA CANE,MUGIRU MUGO RO BA,MWIZA,MTZE MURA DU HINKURU,THA NK YOU,
19 Gitugutu 2016, 17:04, par NDI NZUNGU
NDINZUNGU NGARU TSE,NAGO MBA NDA BAMENYE SHEKO,NDI KONDAKO RA,IBITIBA VYA KIJA MBERE,BIKO ZWE,MUMA SANDUGU,NKA BANDA BIKO RERA,IGITEGA,AHOBITA,IBWOGA,YAKABIRI ,2NKABA MVUKA KUMUTU MBA,WARU GARI GITAMO,KOMINE,GITEGA,INTA RA YA,GITEGA,NDABA KUNDA CANE,
19 Gitugutu 2016, 21:58, par alia
nagende ntaco ya mariye uburundi kandi ntanakazi kumuhuza gahari kuko niba abategeka igihugu arabanyamafuti ntakundi igikorwa kiba kiba gisigaye nuko abanyagihugu babuvanaho bidashobotse ntavyabahuza ntavyo atarabo kwirira ivyigihugu
20 Gitugutu 2016, 10:42, par Matabaro
Burya muriyo myaka 6 nigiki yoba yarakoreye abarundi kuburyo abarundi twobona ko umuhuza akenewe ahubwo ugo gwego nirufutwe
21 Gitugutu 2016, 19:43, par Kwizera Vianney
NIPYUZA KO MUHAMED RUKARA YOKONGERWA KUBERA YITWAYE NEZA YONGERA ADUTWARA NEZA TWEBWE ABARUNDI.