Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushingamateka Gregoire NTIMPIRANGEZA yashinguwe
Umushingamateka Gregoire NTIMPIRANGEZA yashinguwe
samedi 20 Rusama 2017, par
Uwo mushingamateka yitavye Imana inyuma y’amezi ane yari amaze ari mu cumba c’indembe mu bitaro KIRA i Bujumbura, kw’isanganya yari yagize.
Umuhisi Honorable Gregoire NTIMPIRANGEZA yitavye Imana kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2017, akaba yari yatowe mu ntara ya Gitega.
Messages
20 Rusama 2017, 16:01, par Ngabirey.Imana
Uwo Mushingamateka Twamukunda Canecane Twebwe Abanyagishubi Muga Ntakundi Ko Imana Isubiye Kuvyayo Nimwakire Mubwami Bwayo
20 Rusama 2017, 18:54, par Elie
Imana Imwakire Mubwamibwayo Yarintwari
20 Rusama 2017, 20:10, par Fulgence
Imana Imwakire Mubwami Bwayo Kuk Yakunda Abanyagihugu Agakorer Igihugu Ntakabi
21 Rusama 2017, 21:56, par FIACRE
Imana imwakir mubwam bwayo abarundi turahorye ntakundi.
21 Rusama 2017, 21:57, par FIACRE
Imana imwakir mubwam bwayo abarundi turahorye ntakundi.