Accueil > Amakuru > u Burundi > Umwaka mushasha w’ishure watangujwe muri Kaminuza y’igisirikare (...)
Umwaka mushasha w’ishure watangujwe muri Kaminuza y’igisirikare c’Uburundi
mardi 11 Ndamukiza 2017, par
Umwaka w’ishure w’2016 ushira uw’2017 wuguruwe icese mw’ishure Kaminuza ry’intwaramiheto z’Uburundi (ISCAM). Ivyo birori vyabaye kuri uwu wa kabiri, bihagarariwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, umushikiranganji w’ukwivuna abansi hamwe n’umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare c’Uburundi.
Muri ivyo birori, abanyeshure bo mu murwi (Promotion) wa 42 bahawe urupapuro rw’umutsindo.
Amafoto
IGIHE
Messages
11 Ndamukiza 2017, 20:09, par Wakera
Bari baje gushimira imbonerakure ziga muri iryo shure kumabi zakoreye bagenzi babo bakoresha akarangamutima k’umusirikare akora ataho yagamiye agakingira abarundi bose, n’imbibe z’igihugu! Nayo izo mbonerakure ziherutse kwinjizwayo zizopfa zangara nkagahini
11 Ndamukiza 2017, 21:53, par CISSOK@
WAKERA intuntu izokwica.Non gasha imbonerakure uduhora guterimber?wavuts imbonerkur turiho nubu uzoca turiho reka gutunturira kwisi ja...
12 Ndamukiza 2017, 04:14, par Wakera
@Cissok, Ngo imbonerakure zarateye imbere, what a hell are you talking about! ja!!!! Imbonerakure, interahamwe, FDLR bazopfa bangara nkagahini
12 Ndamukiza 2017, 05:41, par Philbert Miburo
Turjkej Intwaramiheto Z’uburundi Ku Bikorwa Vyiza Bakora."komer Kumuheto Turabashigikiy"