Accueil > Amakuru > u Burundi > Umwe mu bagize umurwi CVR yagirizwa ubushurashuzi ku mwana w’imyaka (...)
Umwe mu bagize umurwi CVR yagirizwa ubushurashuzi ku mwana w’imyaka 16
mardi 22 Munyonyo 2016, par
Umwana w’umwigeme w’imyaka 16 yafatiwe mu nzu y’uburaro iri mu Kajaga kuri uwu wa gatandatu, abavyeyi b’uwo mwana bakavuga ko yashurashujwe n’umushingamateka Didace KIGANAHE yigeze kuba icegera c’umukuru w’inama nshingamateka, aba umushikiranganji w’ubutungane, ubu akaba akora mu murwi w’igihugu ujejwe ukuri n’ukunywanisha abarundi (CVR : Commission Vérité et Réconciliation. Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko uwo yagirizwa ico caha ariko araronderwa.
Uwo muvyeyi, se w’uwo mukobwa w’imyaka 16 avuga ko uwo mwana yabwiye abavyeyi biwe ko yaronse akazi azohora ahembwa ibihumbi ijana na mirongo itanu mw’ihoteri izwi kw’izina rya NONALA BEACH iri kw’ibarabara rya Gatumba. [Amaze gutangura akazi], uwo mwana yamaze iminsi itatu adataha, ari navyo vyateye amakenga umuvyeyi wiwe aca aja kubaza kuri iyo Hoteri, uwujejwe ivy’abakozi amubwira ko batazi uwo mukobwa mu bakozi bo kuri iyo Hoteri.
Ukwezi kwose kwaraheze abavyeyi b’uwo mwana batazi iyo ari, baca batangiriza ku bantu benshi, bacungisha ku womubona, bongera babibwira n’amashirahamwe ajejwe agateka ka zina muntu, harimwo n’urunani FENADEB ruhurikiyemwo amashirahamwe aharanira ineza y’abana.
Musaza w’uwo mukobwa niwe yahavuye amubona yinjiye mu nzu y’umushingamateka KIGANAHE Didace iri mu Kajaga, ari nakwo gutabaza igiporisi hamwe n’abajejwe agateka ka zina muntu. Igiporisi casanze uwo mwana ari mu cumba wenyene, bikavugwa ko KIGANAHE Didace yoba yaramenye ko baje kumufata, abona guhunga. Uwo mwana apfungiwe mu giporisi mu Gatumba. Igiporisi kirindiriye icegeranyo gitangwa n’ishirahamwe SERUKA risanzwe rikurikirana ikibazo c’abakenyezi n’abigeme bafatwa ku nguvu, iryo naryo rikaba ryamaramaze gutanguza amatohoza.
Mu giporisi c’Uburundi baremeza ko uwo mwana yafashwe ku nguvu, kandi ko yari amaze iminsi mw’ihoteri n’uwo yagirizwa ico caha. OP1 Pierre NKURIKIYE avugira igiporisi akamenyesha ko uwo yagirizwa ico caha bariko baramurondera.
IGIHE
Messages
22 Munyonyo 2016, 10:51, par Frank
Niba arivyo uwomuntu ahirwe gushika afashwe.ntakwiye gukingirwa ikibaba canke ngoyoroherezwe.aratukishije urwego nigihugu
22 Munyonyo 2016, 10:55, par Musaga
Shetani iri mu ndongozi z’u Burundi ntisanzwe,igihugu gitwawe n’anti Christ
22 Munyonyo 2016, 11:03, par Frank
Kobitoroshe.ivyobibaho
22 Munyonyo 2016, 11:19, par deo
uwomwicanyi.Nafatwe apfumgwe kuko akoze ica kuwoyarakwiye gukingira
22 Munyonyo 2016, 11:44, par gipara
Oya navyo nimubireke bizokwigirwa muri cvr
22 Munyonyo 2016, 11:48, par inteko
Ahubwo ntiyagishije inama tuba twaramubwiye akaja kubaka uwo kwa nkurunziza nkakumwe nawe abigirira abandi
22 Munyonyo 2016, 12:00, par Celestin
None Gayemwe Umunt Nkuy Yarasanzw Azi Namategeko Yubahuts Gukora Icaha Nkico Abntu Nkabo Barakwiy Kubogozwa Kuko Acafuza Abamwizeye
22 Munyonyo 2016, 12:08, par nestor
None umukobwa niwe yitway cank ahubwo abavyeyi buwomukobwa ntandero bamuhay nayuwo mugabo ntakosa afise umwana niwari mumakosa nabavyey biwe
22 Munyonyo 2016, 12:24, par eric
hamwe atohanwa koba arakamaramaza
22 Munyonyo 2016, 12:27, par RIYAZIMANA
NIBANYARUSTE BAMURONDER AFATWE NIDANJE
22 Munyonyo 2016, 13:30, par Matabaro
Igi tuba ni shetani kabisa
22 Munyonyo 2016, 14:14, par Karorero
Jyew uko ndavyunva ntiyafashwe kunguvu ahubwo yaracikiye kuko ukwezi kose yitembereza aza aswerwa arya aryama ahubwo Didace natange inkwano ashikire umugeni kuko biboneka ko atariryo ryambere kand baribasanganwe gufungwa azoba arenganijwe kuko uwo mukobwa nindaya ar mur M23 rero mu byitondere.
22 Munyonyo 2016, 14:14, par alexis
Ko bishitse agafatwa kucaha nkico arumuntu wumugabo afisumugore nabana akaba yarajejwe amabanga yo gutunganiriza abandi mugihugu,mukurindira ko intahe imukubita mugahanga,nabanze abogozwe mumabanga,hama amashirahamwe yabakenyezi ahagurukire rimwe abe maso kugira bamukanire urumukwiye ntibacishe kuruhande mugufukafuka ako karanda nuwo gerageza kukingirikibaba benuwo nawene bamuhane,abantu,bagabo bakora ibisa bityo barateye agahinda ingo n’imiryango baturukamwo,nibamuhashe kuko uwo arinzafatwa siryambere kandi aho hari nabandi benshi batarafatwa
22 Munyonyo 2016, 14:17, par a
ivyo mukoravyose bigiy kuja ahabona mwahoramwihaririza gombamuze mwemera turaziko atayindi ndya murya geda bashamuri abanyacubahiro babushitse
22 Munyonyo 2016, 16:18, par Matayo Musaga
Uwo Kiganahe est un criminel Tutsi. Il pratique le boulot de ses frères kagame et Buyoya.
22 Munyonyo 2016, 18:25, par .
Ivyobibaye kuri Kiganahe nishano kandi baramaze kuba kubantu babanyacubahiro nkawe beshi bomubihugu bitandukanye ariko nishano, akamaramamaza, kandindazi nawe ahari ashobora kubariko aricuza kuko ubwambere uwomukobwa yarikiri umwana (16years old) nubwoyarikuba akuze nubundi vyarikuguma arakamaramaza kuko ndibaza kwafise umugire wiwe, kandi nubwoyoba adafise umugire akagenda akayorora agashiramunzu nubundi kubera arumunyacubahiro nkuwo twubaha vyoguma arakamaramaza!!!
Hanyuma utwodukobwa natwo jewe ndamaze kutwitegereza womengo ntituzi ubwenge ubutubonye umuntufise ifaranga nubwoyoba uwungaba nabase ekayemwe nkeka naba sekuru babo ntibutangwa mujubiyegereza bitandukanye nogufasha ababakuriye bishira mwizonzira barikobarakora kuri Kiganahe.
22 Munyonyo 2016, 18:57, par arexandre
bamuhigishe uruhindu aradutukishije icokivume
22 Munyonyo 2016, 19:59, par Charles albert
igiporisi ciperereza nikibiheremwo vyase bitabaze interpole mpaka iyonkoziyikibi ifashwe!
22 Munyonyo 2016, 20:59, par Tohoza
Ariko Ngo Sumwana Wa 16ans Kuko Bivurwako Yoba Yaramaze Kuvyara Abana Babiri(2) Mwumva Atashaka Umugabo Nimbarivyo?
22 Munyonyo 2016, 21:31, par Felix Muhire
Nafatwe, bamuhane bihanukiriye. Uwo mwana yamuhendesheje utwo dufaranga. Uwo mugabo aratukishije igihugu cacu.
22 Munyonyo 2016, 22:10, par jean marie nyabigina nyza Lac
nibarondere mpaka bamufate ijimbere yubutungane bamucire urubanza nkugo bahora bacira abandi kuko birateye isoni kubonu muteketsi nkuwo yitanya nububisha mbere ibaye ngombwa niba muce avya niho nabandi boboneraho bakagiri cobatinya.
22 Munyonyo 2016, 22:44, par Frank
Turazi ko abantu nacacane ababifisrmwo inyungu babeshera abandi.nibazako ubutungane niperereza ryuburundi Nazi ivobakora kandibamaze kwiyambika umutamana naho abatoba batabura. Hangama burundi
22 Munyonyo 2016, 22:48, par Ntamfurayinda
Abatutsi ntandero.
23 Munyonyo 2016, 08:14, par Sisco
Sikazima Ari Muri Systeme Ntakogwak!N’abandi Baguma Barekugwa!Nka Nyabenda A Muvya
23 Munyonyo 2016, 08:17, par Rukingama
Uwomugab Nikivume Sumuntupe! Narondegw,afatwe Aharihose.Akubitw,intahe Mugahanga
23 Munyonyo 2016, 16:52, par tuyishimire eric
GUSHURASHURA NIBIBI
23 Munyonyo 2016, 16:54, par tuyishimire eric
GUSHURASHURA NIBIBI uwo mugabo nafatwe ajyamwe imbere y’amategeko
23 Munyonyo 2016, 17:02, par tuyishimire eric
yewe uwo si umuntu pe! bitewe nivyo yakoze ntakwiye kwitwa umugabo kuko yashebeje igihugu kabisa
23 Munyonyo 2016, 18:32, par Hutsi
Wewe uvuze ngwabatutsi ntandero urihenda twamenye icobashatse gushikako kandi turazi numurwi wawe urimwo nawosuwundi nuwaza mujeri izomijerinazo uzozisangamwo Hutu Tutsi icontaranenya sinziko na Twa urimwo.
23 Munyonyo 2016, 20:58, par Bukebuk
Bamufashe Bamuce Igitsina
24 Munyonyo 2016, 12:15, par Elie
Ubutungane Nipipolisi Nivyiyambike Umutama Mugucira Imanze Zibere Nuguhasha Abantu Nkabo Bateza Urubwa Igihugu Nabagitwa Naho Nyakubahwa Yarivumereye Ngumuryabwa Izitukishe Kumabanga Nkayo Yarajejwe Iryokosa Riramurengeye.Ntahanwe Vyakarorero.
24 Munyonyo 2016, 12:17, par Elie
Ubutungane Nipipolisi Nivyiyambike Umutama Mugucira Imanze Zibere Nuguhasha Abantu Nkabo Bateza Urubwa Igihugu Nabagitwa Naho Nyakubahwa Yarivumereye Ngumuryabwa Izitukishe Kumabanga Nkayo Yarajejwe Iryokosa Riramurengeye.Ntahanwe Vyakarorero.
24 Munyonyo 2016, 14:54
Emwe,nakamaramaza Pe!!!Umuzehe Angana Uko Akonona Uwungan Nabuzukuru Biw?Emw,niho Bavuga!Yabony Afis Amaher Acashak Kwonon Abana?Ahubw Ngira N’akaroge!!!! Murondere Apfungw Yaramenj Nka Maconco Yivye Imbwa Mu Bukwe.
24 Munyonyo 2016, 15:51, par mob
abitwaza imipanga nibo bafise indero..... stupid
24 Munyonyo 2016, 21:29, par nsaguye andré
ubutungane nibukore.
25 Munyonyo 2016, 07:33, par Morodikayi Jon
Ehehe Kiganahe yamenyekanye! nibeshi mwabo bategetsi birirwa barirukanga mwutwo dukobwa dutoduto, ugomba kuzobitahura uzogende mwarya mahoteri yigitegetsi uzosangayo nuwo utaziga.Harabo duhora tubona wabaza ati mbega urya numwana wiwe yasohokanye? atekaye urya ngo numu girl friend wiwe murundi rurimi rwiwacu ngo numwigeme bakundanye! igihugu kitarononekara nahora nsohokanayo umwamikazi wanje, wahura ibigabo vyasohokanye abahabara, aho gusohokana abagore babo. Karabaye ntabantu bakirimwo ubabona bajandagira ntabantu bakirimwo, ntibacibanga nabangana nabana babo.
25 Munyonyo 2016, 20:10, par eric desire
aratukishij uburundi uwo akwiy kwicwa kuk yatse ifoto uburund
25 Munyonyo 2016, 20:12, par eric desire
aratukishij uburundi uwo akwiy kwicwa kuk yatse ifoto uburund na bashikanj bagendukwo ntabizi nkama ngirango bar kwishur nah bari mubanyamafaranga muga bo bari bakuze
25 Munyonyo 2016, 20:54, par Diego
Bamufash Bazoc Bamuca Igitsina Niho Atosubira Kandi Bonger Bamukur Mamabanga Yarajejw Kuko Nu Mort Vivant Yarapfuy Agenda Uwubona Yogira Numuntu Naho Ari Pantalo Ryigendera Gusa.
26 Munyonyo 2016, 02:33, par .
Wewe sha Morodikayi, ubwontiwirebeyeko imyitwarire yawe ucawibaza ngonabanzi nikobameze?
26 Munyonyo 2016, 08:05, par Morodikayi Jon
Hewe sha utashimye kwandika izina ryawe, jewe nkubwire sintoratora sha, ivy ’I Mana yampezagije ndabinezerwamwo numushikiranganji wa mbere wanje,kuko arakwije ibisabwa namategeko, ivyo twaronderanye nukubirira hamwe, atakuja kubisesa mwiyo mihimbiri iriko irakwiragiza imikoshi hamwe nasida. Nayabo ndiko ndavuga birirwa bariba abanyagihugu ivyobiriye urwuya, bwagoroba bakanja kuyasesa mubwo bufamutima nkabo, nakare nayo baba bararonse batayabiriye urwuya, Cakabiri baba bakengereje abagore babo kwataco bamaze.
26 Munyonyo 2016, 16:31, par JEAN-MARIE,NIY....
NDABAPFINDE BA NWANY ba goupe.URUBANZAGWABA bosi RUCIRIGWAHE?HARUMUSIBADASIBA,GUPEREREZ,REKATURABIYOBIZAHERER.
27 Munyonyo 2016, 22:20, par Morodikayi Jon
JEAN-MARIE, NIY reka tubirindire iherezo ryavyo, kuko nabo ba porisi batohoza sibo boroshe, namwe muravyibonera kumyifato yabo basazwe bafise ngaha mugihugu irateye isoni!.
28 Munyonyo 2016, 07:29, par alia
bamurondera bamuronderahe? kizima aru mu dd abavyeyi buwo mwana nibihangane ntabutungane bagiye kubona kuntwaro ya nkurunziza iyaba ataru mu dd amatohoza aba yaraheze
29 Munyonyo 2016, 10:55, par ndabaruta david
Pole kubabyeyi bumwana bihangane naho amatohoza yo muburundi ntakizavamo .
3 Kigarama 2016, 06:33, par JEAN
AHUBWONIBAMURONDERE!