IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Urwanda ruracemera ingingo rwafashe yo kwimurira impunzi z’Abarundi mu bindi (...)

Urwanda ruracemera ingingo rwafashe yo kwimurira impunzi z’Abarundi mu bindi bihugu

jeudi 27 Gitugutu 2016, par Jean De Dieu

Umushikiranganji w’Urwanda ajejwe impunzi, Mukantabana Seraphine, yatangaje ko ingingo Urwanda rwafashe ku bijanye no kwimurira mu bindi bihugu impunzi z’Abarundi ziri mu Rwanda ari ntabanduka, kandi ko iyo ngingo itegerezwa gushirwa mu ngiro.

Ivyo yabitangarije mu nama yagiranye n’abafatanyabikorwa batandukanye barimwo abayobozi b’ishami ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryitaho impunzi mu Rwanda hamwe no kw’isi yose (UNHCR).
Iyo nama yari igamije kurabira hamwe uburyo ivyo kwimura mu bindi bihugu impunzi z’Abarundi ziri mu makambi atandukanye mu Rwanda, iyo nama ikaba yabereye i Kigali, kuri uwu wa gatatu, igenekerezo rya 26 Gitugutu 2016.

JPEG - 131.3 ko
Mukantabana Seraphine, umushikiranganji w’Urwanda ajejwe impunzi

Iyo nama ibaye inyuma y’iminsi mike Urwanda rwandikiye HCR rumenyesha ingingo rwafashe yo kwimura impunzi z’Abarundi.

Umushikiranganji Mukantabana Seraphine, yatangaje ko Urwanda rwamaze gufata ingingo, igisigaye ari ukuganira n’abo vyega.

Yagize ati : "Mu byo turi buvuge rero na byo turabivugaho. Ntabwo tubivugaho mu rwego rwo kuvuga ngo Guverinoma y’u Rwanda yakwisubiraho kuko ni icyemezo twafashe kidakuka ahubwo turabivuga mu rwego rw’uko HCR yerekana mu buryo isanzwe icunga impunzi uko kiriya cyemezo cyashyirwa mu bikorwa."

Yabandanije avuga ko muri iyo nama HCR ariyo yereka Urwanda ibisabwa kugira iyo ngingo ije mu ngiro, ariko ko abantu badakwiye kwumva ko impunzi z’Abarundi zizoca zimurwa uko zakabaye, ahubwo ko zizokwimurwa buhoro buhoro.

JPEG - 127.8 ko
Azam Saber, Umuyobozi wa HCR mu Rwanda

Ati : ”HCR ntabwo bisaba ko ibanza kubyemera. HCR ikurikiza amabwiriza y’igihugu n’ibyemezo byacyo. Ntabwo ari ukuvuga rero ngo iraza kubwira leta y’u Rwanda ko wenda icyemezo yafashe icyemera cyangwa itacyemera. Ntabwo ari ikibazo cyo kwemera cyangwa kutemera; ni ingingo itagibwaho impaka kuko ni icyemezo cyafashe mu buryo bw’ubusugire bw’igihugu.”

Icegera c’umuyobozi ajejwe kwitaho impunzi muri HCR ku rwego rw’isi, Volker Türk yavuze ko nk’umuryango mpuzamakungu, bashimira Urwanda ku buryo rwakiriye neza impunzi z’Abarundi, ndetse ko gutanga ubuhungiro ari igikorwa c’ubuntu kidafise aho gihuriye na politike.

JPEG - 112.3 ko
Icegera c’umuyobozi ajejwe kwitaho impunzi muri HCR ku rwego rw’isi, Volker Türk

Türk yagaragaje ariko kwimura impunzi z’Abarundi atari ikibazo coroshe cobonerwa umuti umunsi umwe, ahubwo bisaba inguvu z’impande zose, kandi ko hari icizere ko bizogerwako.

Mu gihugu c’Urwanda haharurwa impunzi zigera ku bihumbi 163, zigizwe n’Abarundi hamwe n’Abanyecongo. Abarundi bonyene bangana n’ibihumbi 85.


IGIHE

Messages

  • oyaa urwanda nirubikeneza izompunzi kuko nirworwatumye zihunga nkuko bahenze abanyamunge ngo batezintambara bigarure Congo biranka none bafuye bayerera arimpunzi, rero kagame abonyeko yananiwe kuburundi aciyatangura kwirikana impunzi kandariwe yazihanagaye ahobwo nazigarukane muburundi. kagame ntagiricuti aragukoresha munyunguziwe yarangiza akakwica canke akakugirira nabi.....kagame niSHETANI

  • @ Kamaro

    Biragaragara ko mu mutwe wawe nta kirimo. Uzave ku mvugo itukana ujye ukoresha ubwenge nibyo bifite amakaro. Ibi biragaragaraza politque yuzuyemo ubuswa iba mu mitwe ya Barundi nkawe. Icyemezo u Rwanda rwafashe cyo kwirukana impunzi za Barundi kizashyirwa mu bikorwa vuba cyane. NIba ujya ukurikirana uko u Rwanda rukora uzabibona. Ibya banyamurenge byihorere kuko ntabyo uzi bariya ni abavandimwe bacu kandi bageze iwabo. Indirimbo yo gushyira ibibazo byu Burundi ku Rwanda isi ntabwo ikizemera, Its waste of time. Harya ngo mwavuye muri ICC? ibyo ntabwo bizabuza ko Nkurunziza naturiya dusoda twe twishe abantu ko bambikwa amapingu kandi bizaba vuba cyane. Ntaho muzabona mwihisha Isi yababanye ntoya cyane.

  • AHO BARARONSE PROTECTION VYIHUTA BAZE HANZE NAMWE NGO IMANA IRAKOZE
    BOURSE ZIRABONETSE

  • Nibakenyere barye impungure nibyo bashoboye. Bazabatwara he se ??? Abafite ubwenge bakwitahira kuko uburundi butekanye. Urugero nibarebere kubanyamurengae bamaze imyaka 20 bangara !! .

  • NIBATAHEIWABO ABANDIBONNTIBHBAYE,CANKEBATEMBEREISIYOSE

  • Ariko murinda kuzimurira mubindi bihugu kubereki ko zitavuye mugihugu cazo kubera ko zashaka kwimurirwa mubindi bihugu ahubwo arukubera agatoteze za korewe mwozifashije gusubira mugihugu cazo ko nziko ivyo bitobananira mweho mwibagiye ko babafashije namwe mugataha iwanyu erega ikizibabaje sukwimurirwa mubindi bihugu ahubwo ikizibabaje nabobantu Bose batumye zihunga

  • Mwabahamagaye ngo mugiye guhirika ubutegetsi i Burundi, birabananira none mwabuze iyo mubashira. Reka mubone. Inabi Urwanda rukorera Uburundi impera n’imperuka izobagarukako. Bwira Kagame abajane muri présidence iwe, nta kibanza afise? Yabagumura adafise aho abashira.

    Abarundi , mwarahaye amatwi abicanyi b’abanyarwanda muramenja ku gihugu c’amavukiro, emera musabe imbabazi musubire mu ruhongore canke mupfe muyerere. Mwarahenzwe, muremera none ko muriko muturatura?

  • Ivyo vyose mwese mwanditse n’ibimaramare ko zabaciye mu myanya y’intoke zikarusimba,ubu mwabuze abo munywa amaraso ni muzireke basha zibereho zarashitse mu ntwari zibagombera ineza gushika nubu arivyo biriko birabasaza mu mitwe mugomba mwicwe n’inzara mwikwegeye murako gahugu mwagize akanyuma kwisi kubera ububegito n’ubujuju burenze,aho nta soni mwumvaaaaaaaaaa!!!

  • @nzovu. Wikwibesha. None ko aba nyamulenge ari benewanyu bari iwabo kuki se batuye mu nkambi? Ko mutabaha amasambu ngo bahige imihigo nkabandi baturage?? Yewe ndumva wewe uzi politique cyane kandi uri umunyarwanda abushitse ariko ndabona mubitse amakara y’umuriro uzahava ubatwikira igihugu n’amba wemeza ko bariya banyamurenge batuye iwabo. Naho bariya barundi mureke kubashuka ngo muzabajana ibulayi na America. Ikizaba hazogenda 1 or 2% abandi tuzaraba uko bizagenda.

  • @tari. Ba wirira impungure zi Mahama wa muginga we dore nubundi ko utajya uvana amaboko mu mpuzu.

  • Rekandabivuge naramaze gutumwanya nogutakaza ibitaribike, jewe kurunomusi nubwomubona twinumiye tukaguma twerekana kotwishimiye ibibikorwa urwanda rurimwo ngovyokutu rungika mubindibihugu mubuhungiro muvyukuri nubwo ntabizi intumbero yatumye tuza ngaha murwanda ntiyariyo kujamwivyobihugu barikobaravuga ngobadutwaremwo habenamba! Aharero ntahishije ndemera harimwo abotwazananye baribasanzwe bafise iciyumviro cukundu ngoboja mubihugu vyohanze aborero barishimiye ibi urwanda ruvuga ngovyokudutwara mubindibihugu, hakabaho nabandi baje babwiweko haribihugu bikomeye vyamaze gukuramaboko kuri Nkurunziza kobihiye kumukuraho kuneza canke kunguvu bigashiraho uyundimukuruwigihugu nuyundi reta , muvyukuri jewe nitabiriye akokamo kokuvamugihugu kugira bamukureho maze dusubireyo bagize iyindi reta nururwanda rwakomeza rubitubwira kwariko bimeze maze natwe mukwishima tukivamwo none inyabomvabojamwivynimurabe iyobarikobaravuga ngotuje! Hariho nabanditurikumwe babonye abandibafashe inzira nabobarakurikira aborero nabo harimwo abumva bokwishimira kuja mwivyobihugu abandinabo bakumva bokwitahira, ikibabaje nuko twimwe uburenganzira bwokuduhitishamwo ko abashaka kwitahira botaha.

  • mwahora muvuga ngo u rwanda ruratunze none runaniwe nukwakira 85mille burundais kandi babakirije imiduga kumbibe? bajane mubindi bihugu nkabanyagano hanyuma bibazeko ari urukundo. kuki abanyagwanda bamaze imyaka ishika 40 mu burundi ku mutakura, cibitoke,Ngagara no mucankuzo iyo myaka yose atawigeze abirukana ngo baje mubindi bihugu??? mwebwe babahaze umwaka umwe gusa??? Barundi bene wacu kanura mubone muze twubake igihugu cacu. mbega iyo bagomba kubajana ko abo muri syria ko babirukanye? mwebwe rero nimwe musa neza boca bakira neza? igihugu atari icawe muzokwama mubona ivyaco nimugende. uwo avugako twagomba kubamara araza arabeko mutakura jabe cibitoke zituzuye abantu. vous ete entrain d’etre manupilé pour des interet des uns. urwanda vyanseko rubagaburira? hekenya amazu makeyi mube murabayeho? twebwe bobajana nka darfour cank nigeria aho mudatera igihugu cacu canke mugahunguka jewe nta bleme mbonamwo. arabahimvye kagme wewe ntafyina. mbega muribuka abo mwasize burundi uko bamerewe? Nayo uwo avuga ko turi abanyuma kubera yama rapport yibinyoma atuveko.mbega mutararementaniriza igihugu ntagihugu canyuma cariho?? turindire muzotangara tuje kukivi namwe babapakire conteneur ngo mugiye i buraya. mon oeil

  • Erega ntagihugu co muri Africa kizakira impunzi ivuye mugihugu gitekanye nkuburundi!! Harabaye ingorane ntoyacane ariko haribihugu bitagirumutekano kandi atakajagari vyaciyemwo.kandi amategeko agengimpunzi harimyaka bisaba kugira zitwagwe mubindibihugu bararaba umutekano waho zavuye ukumeze imbere yukobazitwara,kandi ababazungu ntacobakorera ubusa nyamba muburundi hamezeneza barabizi!! Ntagihugu nakimwe kizokwakira izompunzi ahubwo nizitegure gutahiwabo canke bagikunze ubwobuzima barimwo bazobusaziremwo kuko ahobazojahose bazokwama bitwa impunzi.nonega barundi mwahunze muraraba mugasanga arimwe mufise amaraso aryoshe kunywa kuruta ayabarundi bandi barimugihugu canyu???ndazikobamwe mufise imiryango yanyu yasigaye muburundi none ntibayeho??nyamba ataco mwiyagiriza garuka mubane nabandi kuko nakigiragaciro nkokuba umwenegihugu iwanyu.mbega mubona igihugu ubumwojamwo kirimwamahoro nikihe kwisihamwe babahitishijemwo?? Raba ubuhonyene ntanuburenganzira bwogusohoka ahomuri mufise mumeze nkinkwavu muruhongore ,kandimurimubo muhuje urukoba nibabajana mubazungu hobizocuriki!!!nimusubizubwenge kugihe nimba hakirumwanya nayahandi muzicuza atakomuribubigenze.jewe ndabipfurije gutaha iwanyu nibura umuntu yosangirimva nabiwabo .

  • Mikent ford, izina niryo muntu, kubesha abantu ngo harabo mu Sylia birukanwe nkubaze birukanwe nigihugu cahehe? konziko haribihugu vya kiriyimpunzi zabasiriya Mumwaka wa 2015 mwuyu mwaka wa 2016 hari mpunzi ziva muri Sylia zizokwakirwa muruku kwezi kwa 11, 2016, zinga 3200 bawandika ivyuzi ureke kubesha, icuzi wumviriza amakuru yakabondo, ayo kwisi ntayo wumviriza. Jewe ntandukanye nawe ukomvuga, uwo bizoba bishobokeye yo kwigira mwivyo bihugu. kuko uburundi bwaramaze kwononekara, naboba bagarutse ntahoboshira, nimwibuke bamwe baribirukanwe nurwanda mwuyu mwaka. bashitse mukirundo bose bashikiye mubusho, none gasha bataha ngobashikire hehe? natwe tukiri hano tubura aho twoca twotaye tukiyomokera.

  • EE Mbazumutindi uvuze baze iwanyu namahoro nihe bdi ndagusavye wewe uri muri bamwe birirwa ku ma bus muraba imisore ya batutsi muca amazuru none baze uwarusimvye haratekanyebibiliya ivuga ngo iya senyuye inkuta ziyeriko ntizonanirwahewe bazoze imyango yinzu namabati muratwara .mbe ahuzi rero k6....

  • Wowe wiyita Kamaro iyo ubona utuka umukuru wi’igihugu cyacu ngo ni Shitani uba wumva ntasoni ufite ? Ese ujya wibuka ko bihanirwa n’amategeko gutuka umuntu uwariwe wese ? None uratandukiriye uri gutuka HE Paul Kagame dukunda kandi twitoreye ku mugaragaro !!!! Warangiza ukanamuhimbira ibinyoma ngo yabwiye abarundi , abanyamurenge ngo bahunge ibihugu byabo? Wasobanurira abantu ayo matangazo yo kubwira abantu ngo bahunge ibihugu byabo aho Umuyobozi wacu yabivugiye?mbere yo kuvuga no kwandika jya ubanza wibaze ,,,, naho impunzi guhunga ibihugu byabo bituruka kumpamvu zabo bwite, kandi uge uvuga ibyo Uzi kuko imyaka 30 irashize hari impunzi za abarundi kwisi mubihugu bitandukanye ubaze abazi amakuru bayaguhe, naho kuvuga ngo impunzi z’abarundi zigiye kuvanwa mu Rwanda nibyiza pee nange nabikora !!! Kubera izi mpamvu njya mbona 1-Twe nkabanyarwanda tubonye ingaruka z’amoko twagize, twahisemo kuyamagana burundu ,,, kandi mwe abarundi niyo turufu mushyira imbere 2-Bamwe mu barundi bari mu makambi iyo mugeze mubindi bihugu nka Kenya mubwira HCR ko muhunze Nkurunziza mwabazwa ikibakuye mu nkambi ya Mahama mukabeshya ko babahatira kujya gutera uburundi!!! kandi ndazi neza ko u Rwanda rwiyemeje gutera uburundi ntawe Twasaba inkunga yewe hari nibigo byacu bya gisikare bitamenya ibyabaye kuko ndazi neza ko imbaraga dufite ibigo bitarenze bitatu byaba bihagije mu gufata ubwo Burundi uretse ko ntampamvu yo kuba twabafata mpiri kuko abanyarwanda turi abanyamahoro 3-ubusambanyi bwariyongereye buzanywe n’aba 4G ingaruka zikaba ziri kurubyiruko rwacu rushobora kuhandurira agakoko gatera sida kandi ubukungu bw’u Rwanda n’abanyarwanda ubwacu 4-ubusinzi bwariyongereye kuko murabizi neza ko abarundi ibyabo ari ubusinzi utubari (inzoga) 5-abarundi bafite imyitwarire mibi mu mihanda cyane cyane kubaba batwaye ibinyabiziga kuko iwabo ntamategeko yo mu muhanda bagiraga bagenda uko biboneye police yabakosora ugasanga bageze hirya bati police yino yigira ko izi amategeko kandi mubyukuri police ibereyeho umutekano wabantu n’ibintu ,,,,, ngibyo nange ibyo nashingiraho mugusezerera abarundi Ahubwo namwe barundi muzadusobanurire icyo mushingiraho mukwica, gufunga, kwirukana no gutoteza abanyarwanda bari iburundi!!! Kandi nzi neza ko abanyarwanda turi abanyamahoro

  • Wewe 666 nukuri niwumvamahoro ahuri nanditse mbagirinama yoguhitamwo neza kuko ndazi unuzima bwubuhungiro.icomuzohitamwo azabarico mukora isiyose ahomushaka nihomuzoja ariko icontabeshe nuko ahomuzojahose niwaba urimpunzi uzokwama witwa impunzi kuko ntabwenegihugu bazoguha.hanyuma muburundi ntamazina yubwoko yanditse kubantu iyondahari mbona abarundigusa, arikonawe 666 uracarinyuma niwaba wizera bibiliya n Imana vyose birekeriyo Mana kandi uzemere nivyo ikoze kuko nivyo bizoba arivyiza ntube nka mukafarawo yemezako yashatse gufatwakunguvu naho aribimaramare vyumugambi wiwe wapfuye!!nizere kutameze nkawe.

  • @ Fred
    Muvandimwe Fred ntukavunike ubwira abantu bafite ikibazo cyo gutereza nkuko Abarundi bameze ntakindi bashoboye uretse gutukana. Izo mpunzi zabo tuzazihambiriza vuba bidatinze. Naho ibyo kubuga ngo twabaye iwabo imyaka 30 nuko twe turi abantu basobanutse, bazabaze abo bajyanye mu mashyamba ya Cankuzo uko bagezeyo bahagenje. Twasanzeyo abaturage babo batazi kwambara guhera ku bagabo, abagore udasize n’abana. Abanyarwanda barahageze batema amashyamba, barubaka, barahinga, baracuruza muri TZ maze bagura amamodoka karahava, benewabo babarundi bacyambaye ubusa,Uko twabasanze muri 1965 niko twabasize muri 1994. Jya ubibutsa ko commanda Ruvusha ayoboye division y’ingabo mu ntara yamajyepfo. Niba batamuzi bazabaze Zimbabwe uko yabagenje i Pepa na Pweto muri Congo hafi y’umupaka wa Lubumbashi na Zambia ntabwo bazongera gutukana.

  • Wewe wiyita Fred, urya cumukuru wigihugu ni Ndaribwaribwa arikosha harikera ntazi ahabaribwaribwa bari tuzoreba umugabo nuwutari umugabo ntuhavewijajara ngo vyahereye harya paka twerekaye final hagati ya Ndaribwaribwa na Marchari P Nkurunziza.

  • Nzovu numva abarundi nabanyagwanda dusanhiye vyishi,mwaduhungiyeko igihekinini natwe mudukweze akanyagato duva turabaremera none birase..ntaco muduhabacu namwe nivyabangombwa natwe tuzobahubundi buhungiro turamahasa . Mbega wobuzi abanyamurenge imyaka bamaze arimpunzi muburundi??ntiturabarambigwa kandi baryivyo turiye!!namwenuko nimwagaruka.

  • utazi umurundi amurunda munzu

  • Izo mujeri ni zisubire iwabo ntazo dukeneye hano murwanda.

  • abarundi barasetsa kbs
    abanyarwanda baba I Burundi arimpunzi bakwerekana inkambi babagamwo? ahubwo ko bagageze bagakora bakubaka amazu kakahava bambwire ngagara yose amazu arimwo yubatswe nabande? cibitoke ,mutakura nyakabiga ,ririya soko rya Bujumbura nkurunziza yatwitse sabanyarwanda basize baryubatse nongere mbabwire ko aho tuba turi dukunda no kunezerwa tumaze kugira Bujumbura neza twashinze ikipe yumupira wamaguru aririya mubona nanubu yitwa vitalo fc utabizi azobaze amavu namavuko ya vitalo bazamubwira , nta munyarwanda I Burundi yigaga kimwe numurundi kuko amanota bafatiragaho kubanyarwanda arimenshi kandi harabapresident bababurundi twugishije mu Rwanda muri iniverisite yibutare ariko ibyobyose twarabisize dutaha mugihugu cyacu bitari kumbaraga zibindi bihugu cyangwa ubushake bwabyo umutima nishyaka twagize dutaha murwacu nibyo niyisaha tugifite twubaka u Rwanda rwacu kd akagozi nkurumbi yishizemwo ko kwishiramwo u Rwanda kazamugeza kure ntazatinda kubonako yibeshye
    abasivire mwirirwa musakuza ngo muzaza gutera u Rwanda nikaribu usibye namwe nabasoda banyu barabizi nuko ntacyo bababwira

  • abarundi barasetsa kbs
    abanyarwanda baba I Burundi arimpunzi bakwerekana inkambi babagamwo? ahubwo ko bagageze bagakora bakubaka amazu kakahava bambwire ngagara yose amazu arimwo yubatswe nabande? cibitoke ,mutakura nyakabiga ,ririya soko rya Bujumbura nkurunziza yatwitse sabanyarwanda basize baryubatse nongere mbabwire ko aho tuba turi dukunda no kunezerwa tumaze kugira Bujumbura neza twashinze ikipe yumupira wamaguru aririya mubona nanubu yitwa vitalo fc utabizi azobaze amavu namavuko ya vitalo bazamubwira , nta munyarwanda I Burundi yigaga kimwe numurundi kuko amanota bafatiragaho kubanyarwanda arimenshi kandi harabapresident bababurundi twugishije mu Rwanda muri iniverisite yibutare ariko ibyobyose twarabisize dutaha mugihugu cyacu bitari kumbaraga zibindi bihugu cyangwa ubushake bwabyo umutima nishyaka twagize dutaha murwacu nibyo niyisaha tugifite twubaka u Rwanda rwacu kd akagozi nkurumbi yishizemwo ko kwishiramwo u Rwanda kazamugeza kure ntazatinda kubonako yibeshye
    abasivire mwirirwa musakuza ngo muzaza gutera u Rwanda nikaribu usibye namwe nabasoda banyu barabizi nuko ntacyo bababwira

  • Ni muhagarike izo mbonerakure zanyu abarundi batahe canke mutabishatse mureke imana izobahe umugisha yabageneye. Mbabazwa n,abahapfira Kubera inzara kandi ataco bari babuze i Burundi.

  • Ni muhagarike izo mbonerakure zanyu abarundi batahe canke mutabishatse mureke imana izobahe umugisha yabageneye. Mbabazwa n,abahapfira Kubera inzara kandi ataco bari babuze i Burundi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.