Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwahoze ari umushikiranganji w’Uburundi yitavye Imana
Uwahoze ari umushikiranganji w’Uburundi yitavye Imana
mercredi 10 Rusama 2017, par
Uwo yahoze muri Reta ya mbere y’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yitavye Imana ku myaka 64, akaba yarigeze n’ukuba Buramatari w’intara ya Kirundo.
Umuhisi Phillipe Njoni yavukiye muri komine Ntega, intara ya Kirundo, mu mwaka w’1953. Yize kuri Kaminuza y’Uburundi kuva mu mwaka w’1973 gushika mu mwaka w’1977.
Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi yahojeje umuryango w’uwo mushikiranganji.
- Philippe NJONI yahoze ari umushikiranganji w’Uburundi
NDUWIMANA
Messages
10 Rusama 2017, 21:00, par Mercedes
Imana imwakire et protège abasigaye :yari un homme honnête et qui respecte les petits et les grands.
11 Rusama 2017, 06:48, par BARuTWANAYO
NiYipfire Natwetwe TWEtWEturiNYuma
11 Rusama 2017, 08:31, par Hicuburundi
Peter Nkurunziza aramuhitanye,birazwi ko urutonde ari rurerure
11 Rusama 2017, 09:54, par nkunzimana clovis
turifatanije namwe mukababaro mukomeze kwihangana imana imwakire mubayo yarumugabo wumutima mwiza.
11 Rusama 2017, 15:19, par Léonidas
oya murabeshe nta leta ya mutama yigeze ajamwo kandi ntakayijemwo,niwe yirukanye impuzi zabanyagwanda bo mubwoko bwabahutu bariko bahungira muri zone rushubije komine ntega baza gutogwa ninkotanyi bakaja kuzicira ibatima ngo hama bakubiswe ninkuba.napfe
11 Rusama 2017, 16:20, par Aristide
Imana imwakir muzeh wacu!
11 Rusama 2017, 18:38, par mugendo iwacu
ariko aho badutwaye umukambwe azi ubwenge..mbe Nkuru yica abaahutu bazi ubwenge azosigarana ibirehe vy itabi gusa..
12 Rusama 2017, 14:06, par HAVYARIMANA
Igire amahoro ncuti,amaherezo y’umwana w’umuntu nyao nyene