Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abaganga batagira imbibe barahakana ivyo bagirijwe n’igiporisi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abaganga batagira imbibe barahakana ivyo bagirijwe n’igiporisi (...)

Abaganga batagira imbibe barahakana ivyo bagirijwe n’igiporisi c’Uburundi

lundi 2 Munyonyo 2015, par egide

Abaganga batagira imbibe (MSF : Médecins Sans Frontières) bariyamiriza bivuye inyuma ivyo bagirijwe n’igiporisi c’Uburundi, ko bashigiye abahungabanya umutekano mu Burundi. Abo baganga bamenyesha ko ata murwi n’umwe urwana, bakavuga kandi ko badahitamwo abo bavura.

Inyuma y’igitero cabaye kuri uwu wa gatandatu ku modoka yari ivuye ku maziko ku Mpanda, OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi yamenyesheje ko abantu bafashwe basanganwe nomero za terefone z’abaganga batagira imbibe (Médecins Sans Frontières). Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi akavuga ko abo bafashwe biyemerera ko abaganga bo muri Médecins Sans Frontières aribo bahora baza kubatabara n’ukubavura, mu ngwano bagira n’igiporisi c’Uburundi.

Mw’itangazo basohoye kuri uwu w’Imana, ishirahamwe ry’abaganga batagira imbibe ririyamiriza ivyo ryagirizwa, rikamenyesha ko ibikorwa vyaryo bigarukira ku kuvura ababa bakomeretse, abo baganga bakavuga ko badahitamwo aho bakorera, ariko ko barondera gukiza gusa ubuzima bw’ababa bakomeretse.

Ku vyashikirijwe n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi ko abantu bafashwe kuri uwu wa gatandatu biyemerera ko abaganga bo muri Médecins Sans Frontières aribo bahora baza kubatabara n’ukubavura, mu ngwano bagira n’igiporisi c’Uburundi, muri MSF basigura ko bishobora gushika ko mu bafashwe hoba hari uwigeze kuvurwa n’abaganga batagira imbibe, agaca agumana nomero zabo. Kubwa MSF, ivyo ntivyoca bisigura ko iryo shirahamwe rishigikiye abarwanya ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA.


IGIHE

Messages

  • nimba aruko uwuyirongoye mugihugu nace abibazwa

  • Ahubwo mwarimukwiye gufatwa mukicwa abandi mukanganzwa kuko ntabwomur abaganga murabanzi bigihugu.

  • Bazotuvura,uwushaka yiyahure,nicogituma batagirimbibe

  • Abarundi murimaramaza ,
    nimubanze mumenye iryo shirahamwe ico rijejwe mugihugu. Umengo aba cndd -fdd bagize reta ntibaciye kurubaho rwishure. Mukwiye kwikebuka ko barabatwenga .

  • Ninayo mpamvu harihakwiye guhabwa akazi umuntu abishoboye utaravye ubwoko canke idini canke umugambwe .
    kubona umuvugizi wigiporisi atazi ico MSF ijejwe, nine umunyagihugu yiyitira JEWE yobura gutanga ivyiyumviro vyo kumara abantu gute ?
    Kandi uyo munyagihugu ambabarire siwe murundi .

  • nkaho igitangaje nigiki?none abagize irya shirahamwe sabo mubihugu vya buraya?rero ninacogituma kubababashigikira atagitangaje.mumenye ko abazungu ataciza bigeze bipfuriza african mwibuke abicishije rwagasore,ndandaye sankara, kadafi, nibo bagihari.nabo biyita cenard nibikoresho vyabazungu

  • jewe ahubwa wewe niwe bakwiye kWica mbega wavyanditse wiyunviriye urazi akamaro batumariye ahubwo urumusazi

  • Ntivyumvikana Mwobisigura Ujwahe?

  • Inkuru ya .mugani desire musisien

  • Hehehehe, nimwe mwenyene mu Burundi mutazi ko ama ONG atari make aba afise za missions zindi iruhande y’ico baba bamenyesheje ko bakora ku mugaragaro.
    Abanyafrika gende muri ibigugu. Mu bihe vy’ingwano ayo ma ONG ahanini aba arikumwe n’abagwana, niyo atanga ibigwanisho, amafaranga amakuru... Mbega ko ama ONG yakoreye mu Buurndi imyaka na mirere, mwokwerekana ico bamaze gutambutsa igihugu atari ukugisubiza inyuma?
    Plus il y a des ONG moins ça va mu bihugu vyose gende mu baze muri Haïti. Abo bose baba bari kuri mission kandi abeshi muribo ni abasoda, abapolisi, abo muri service secret...
    Abakuru b’ibihugu baciye ubwenge, ntibemera ONG izarizo zose kuza mu gihugu, mu gabo mu Burundi Kubera uruhumyi rw’umutima n’ubwenge, Kubera za magouilles, uwariwe wese arinjira. Muzokwibuka ingegene imisure yagurutse nk’uko mwama kumwe mwareka ama média asambura akaba ubuhojojo mukaza kwikangura amazi yarenze inkombe.

  • Aya mashirahamwe yarihe igihe abantu bakomereka abandi bakicwa?cane cane mu 1994 kuduga.muvura bamwe abandi nibamyagupfa.

  • nibaveho.cankemubamese.izontozo.zajekushigikita.abagumutsi

  • nibaveho.cankemubamese.izontozo.zajekushigikita.abagumutsi

  • Mwemuvuga ibizevyose mugiyekubonibara nyaruka,kunva utebekwisu kwa abarundi siwomuti mbemwekomwari mwarangazwe imperanimperukayavyo mubonavyagenzegut? Rindira ivyomukwega muzobibona murayage nabatutsikazi bababwire abapfakazibarimuribo buyoya yavugango,nimwatwara ngubwoya ngobuzoba bumeze mukiganza .none uwozakumuraba yosangabwarameze?komuriko nuratwara ivyokutwamiza mumgwanovyaraturambiye kandubu twaratsiyubwenge mugwana twigira amakungu afatibihano infasanyozihagarikwa akayuma mutabwemuriyompi ivyomwagirango,murikomuraharanira,muzosanga mwakoreseze uaujuju kebugwamwunve!!!

  • OK nimubihakane imisi yigisuma ni 40, muzohinyukatu. nububirigi twarabuhinyuye. akataretse kaba gasema......!!

  • Abarundi ndavuga abo kwa petero nkurunziza nimba mutarway mumitwe mwarahababuts nn nkukuvugako bakwiye kwicwa ntakindigihano atarigupfa mbe uwutazopfaninde muracagowe mukiriko ahokurya inka,impene,...muryaabomwonse rimwe.

  • Abo bagesera bigira abaganga tuzobakatagura rindira tuzobereka uko intama yambarwa

  • Abo bagesera bigira abaganga tuzobakatagura rindira tuzobereka uko intama yambarwa

  • Inkuba ikubise irashobora gutwara umukunzi.
    Ntimugatambire intambara kuko mukibona hapfa abo mudashaka, impera n’imperuka hazoshikirwa barya mwita abakunzi.
    Reka kuba mugira imitima y’imfyisi kandi mwikwereya imibiri ibabara.
    Ntukipfurize uwundi ico udashaka ko kigushikira. banza wibuke ko uri umuntu imbere yo gushuhura canke kuryoherwa n’abapfa.
    Imana nigarukire Uburundi

  • harigihe muzoramukigwanamwe buraca bugacana ayandi

  • ariko Mana tabara abarundi bawe aba ba shimusi bagomba kutubohera amaboko i mugongo.mbega Petero nkurunziza ibi biringo yiherewe nabo yarongoye neza, abatamwemera nibarindire baze bamwime amajwi bamutsinde hanyuma batware. ibirwanisho vyovyo, aho twese twokwambara bibaza ko vyoca bigenda gute.mbega abo banyarwanda bariko batwicira igihugu, bararaba ko batariko baritega imitego pe. ndabahanura ko boza tugakorera igihugu, tukarondera ikiduteza imbere, mbega abazungu bahagaritse imfashanyo nibande bagira ikibazo? si abarundi bose, kanure muce ubwenge igihugu ni ica bose, mbega abana ba pacifique, minani, jeremie nshimirimana,......bari hehe. nimwe muri incungu zabo? mwari mukwiye kubona ko babasutse, ukurwa si bibi, ikibi ni ukurwa ntuvyuke. subiza rero inkota murwubati kuko ntaho bizobashikana atari uko bizobagezayo. igipfa caburiwe ni impongo. Imana mushobora vyose ibafashe gutahura no kwicisha bugufi. ndakunda uburundi n’abarundi. muragahezagirwa mwese. mu Mana vyose birashoboka.

  • Nimubirukane batuvire mugihugu vuba nayahandiho ni ingorane.

  • mbega ububisha!
    izere! ubu usigaye ubon ko umuganga ariwe akwiye kwirukanwa!
    aho kwirukanwa abarwanyi?
    IMANA iguharire kuko ntuz ivy’uvuga!

  • Je demande au Président Rwandais, Paul Kagame de cesser d’assister au génocide des burundais. Rappelez-vous Excellence Monsieur le président, de ton discours d’avril 2014, rassurant et confirmant que vous n’assisterez jamais au génocide.
    Priere a ceux qui me lisent de lui transmettre ce message.

  • Je lance un cri d’alarme au prédident Paul Kagame. Monsieur le président souvenez-vous avoir dit que vous n’assisterez jamais a un autre génocide dans notre région. Je vous supplie pour intervenir par tous vos moyens afin d’empecher la poursuite du génocide en cours au Burundi.
    Veuillez svp tranmettre ce message.

  • EWE MANA NONEHO IGIPORISI MURAGABE KIRINJIYE NO MUBAGANGA MSF MURAGABE MUKINJURE HAKIRIKARE MUKIZE AMAGARA ARIKO JEWE SINDAVYUMVA UBWO IGIPORISI KIRAZI SIGNIFICATION YA MEDECIN SANS FROTIER?HABA MUBARWANYI BARAVURA HABA MUGIPORISI BARAVURA IYO BABAGIRIZA KO BATANZE IBIRWANISHO AHO TWESE TWARIKUGIRA AMAKENGA NIBAREKE IZONTUNGANE ZUTUVURE.

  • Ariko abitwa ko ari aba polis buburundi baratangaje pe! Birerekana ko bakora ivyo batazi. Ukugira telefon yabaganga batagira imbibe bitwaye iki? Mbe kombona mfise numero yabo 112 nigipolis cayimpay? Ubu winjira muri internet Numero zama fon ukazisangayo. Hama ngo iwo basangany numero ngwakorana nabo baganga nakumiro! Hama uwo basanze afis iya polis bisigura ko nawe aba akora amabi nkayo bakora!

  • Nibara uburundi bwara maze guhumana, buhumanijwe nabategetsi babi batacibanga ubuzima bwumuntu,sindababeshe ntagihugu kibamahoro kirongowe nabigeze gusesa maraso, muzorabeneza uwigeze kurwara mumutwe ntigahera,karagubuka ivyo munzu agasabagiza. nikobimeze nigihugu kigize bahatimbaya kikarongorwa nuwigeze gusesa maraso ntamahoro kibana.azoronka mahoro aruko anyoye amaraso yumuntu,none nkabobantu baribavuye kumaziko babahoyiki ? bazize yuko bavuye gushingura uwabo yagandaguwe nicogi porisi? none gihugu gihumanye kugeriyo kwose? nibabareke bagezaho barirwivomo. ivyobavuga kubaganga batagirimbibe navyo mumenye yuko iyumuntu yarwaye ihahamuka, abahahamukirako ntibabura. abo barahezagiwe ntibacagura ubwoko,bahura numututsi yihuriye nivyago bakamutabara, bahure numuhutu ,umutwa,umuganwa, baramufasha batarobanuye. iyo ninzira yokurondera uburyo bovaha mugihugu, bagandagure abantu numwenigihugu azobacitse kwicumu ntaronke uwokumufasha! nuko nikobari.

  • Ntabitangaje Birimwo L’etat Yacu Y’uburundi Dusanzwe Tuzi Ko Idashobora Kubura Aho Igucana Iyo Itakwiyumvamwo.Abo Bafashe Nimbonerakure Bahaye Idiri Yokwagiriza Ivyo Msf Kugira Barabe Nabo Uko Bobicira Ubusa Ubona Kuwukora Iciza Mu Burundi Acaba Umwansi Wuburundi.Ariko Bazobibazwa Tu.Kugira Nume Za Msf Ntibisigura Ko Bakora.Akarorero Kahafi Nuwo Murongo<cart Sim> Usohoka Hatarimwo Nume Zikiganga Zigipolice Nizindi Nyishi.Ubu Rero Natwe Abatunze Ayo Ma Nume Tugiye Gutabwa Munzuzi.Msf Ko Meze Kwihangana Imana Niyonkuru.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.