Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakeneye kubonana bazotangura kwakirwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire
Abakeneye kubonana bazotangura kwakirwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire
lundi 21 Nyakanga 2015
Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu bumenyesha ko imirwi itandukanye izoza ivuye hanze,canke abaserukira amashirahamwe mpuzamakungu bazoba bakenyeye kubonana n’abategetsi bakuru mu gihugu bazokwakirwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu.
Nkuko biri mw’itangazo ryateweko umukono kw’igenekerezo rya 17 Nyakanga 2015, iyo ngingo ntiraba abakuru b’ibihugu canke abakuru b’amareta.
Muri iryo tangazo ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu bumenyesha ko abakuru b’ibihugu canke b’amareta bazoba bazaniye ubutumwa umukuru w’igihugu,bazobanza kwakirwa n’umushikiranganji w’imigenmderanire y’Uburundi n’ayandi makungu,imbere y’uko bashikana ubutumwa ku mukuru w’igihugu.
Van Naris Mugisha
Messages
21 Nyakanga 2015, 09:34, par junja
nukomyene.nukubanzakubabaza.ikibagenza.ntagupfakubonananauyama.
21 Nyakanga 2015, 09:37, par junja
nivyo.nukubanzamubakiremubabaze.ikibagenza.sugupfakubonananamuzehe.ukobishakiye.harimwo.intivyi
21 Nyakanga 2015, 09:53, par Tharcisse Nsavyinganji
Iyo ngingo izokunyura vyose. Hari hasanzwe ubunibuni bwo kwakirwa mu biro bitandukanye none ubu muhasize izo ngorane zose zidindiza uwuje abagana bizogenda gute? Kiretse muhinduye ingendo yo kwakira uwubituye ntibamubwire ko uwo arondera yasohotse nkuko bimeze ahandi, iyo uwo ugana akubtiye hanze canke afatiriwe n’ibindi, asigarana ububasha uwundi ku buryo ataza gusubira inyuma ataronse inyishu. Jewe mbona ko ari uburyo bwo gucisha umuntu mu nzira zigoye ku buryo azoheba agatanga IGITURIRE kugira aronke ijambo canke ivyiwe bije mu buryo.
Emwe jewe mba hanze, kandi namaze amezi atatu nkorera ngaho i Bujumbura muri 2014. Je constate que vous risquez de corriger le mal par le pire.
Merci!
21 Nyakanga 2015, 10:26, par mukobozi
bivuge neza none ntituzi ko nkuru agwaye mumutwe!!!yokwakira abantu gute vyabankiye ubu yishe Adolphe ubu ni nyamitwe hama Denis
21 Nyakanga 2015, 11:33, par Tijos
Mama jewe bene Nyamitwe mwasaze! Ubu umushikiranganji w’imigenderanire niwe asigaye ari umukuru w’igihugu. Bamye bavugana ko Peter yagwaye mu mutwe sindavyemere, bene Nyamitwe nibo bigaye batwara igihugu
21 Nyakanga 2015, 13:07, par Vyiniro Gitaramuka
Chanter :< Burundi Bwacu Burundi Bushashaaa,>music Militaire,hama ,,,.................... Nahubutaha
21 Nyakanga 2015, 13:09, par mukobwajana
NIBAVUGE NEZA IGITUMA KUKO BITEYE AMAKENGA..MBE NI NDE ARONDERA UMU PRESIDENT NKA WE ,,RINDIRA MURABE..
21 Nyakanga 2015, 14:05, par kabingo dora
Erega nta muntu numwe ashaka kubona Nkurunziza ngira nico gituma . Ariko na ba Nyamitwe nta numwe ashaka kubabona
21 Nyakanga 2015, 14:19, par nininahazwe
nivyo nahandi hose niko bigenda, upfa kwinjira adakomanze, muRda ho buri mushitsi wese agera kwa president arkumwe na Mushikiwabo bamaze nokumenya icimugenza, bitari uko a
ca asubira iyoayaje ava. kwa president si mu ibara.
21 Nyakanga 2015, 14:27, par fidelite
hhhhhuuuuuu yewe burundi uri ntore
21 Nyakanga 2015, 16:16, par Nkurunziza
, timurire ngomuhogore ntanabazobabaje baze batabemera. Ere murivyaduka
21 Nyakanga 2015, 20:53, par None?
Biranezereje uwifuzagushikira nyenicubahiro agategerezwa kubanza kugira abandibanyacubahiro bamwakira mazenoneho akazagushikira nyecubahironkawe akikije nabandibanyacubahiro bamwakiriye nikobimeze mubihuguvyishi, urazikovyoba atarivyiza umukuruwigihugu agiye gutemberera mungenziwe akabariwe arindakudodora kurungi kandi nurugirwimodoka barindakurumwugururira!?
22 Nyakanga 2015, 03:04, par BONA
NIVYO KUBERA YANGORANE YIWE YO MUMUTWE BOCA HIYO NYENE KUGIRA BAZE BARAMUHA BAKEYI AHANDIHO TWOMARAMARA AGIYE ARATABASHITSI MUBIRO AGASOHOKA KWI RELACHA KUGAPIRA.
22 Nyakanga 2015, 07:25, par harimensh
UK Niko igihugu kirongotwa nahanfi hose Niko biri haje injebajevyi ica isubirinyuma Komera burundi uwukwanka akwandure ko
22 Nyakanga 2015, 13:48, par Janvier Ngendandumwe
Aho rero Nyenicubahiro arafata ingingo nziza cane komera mutama na 2020 ntawundi dukeneye Atari wewe ,niwirambire
22 Nyakanga 2015, 21:21, par BIRAHINDUKA
Iryo jambo ntawutorishima!
3 Ruhuhuma 2017, 11:12, par Idiya
ajtgptjmt.ad.a.ajt j u0ujdma