IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarundi barenga igihumbi birukanwe mu Rwanda

Abarundi barenga igihumbi birukanwe mu Rwanda

dimanche 15 Rusama 2016, par egide

Abarundi baharugwa mu gihumbi nibo bamaze kumenyekana ko birukanywe mu gihugu c’Urwanda. Abirukanwe bose biboneka ko ari abanyagihugu batobato, benshi bakavuga ko bakora ubuzi bwo kurima.

Nk’uko tubikesha VOA, abafise imirima n’ayandi matungo atunguruzwa bavuga ko babisizeyo. Muri abo birukanwe baharurwa mu gihumbi, hari abagera kuri 200 baciye mu ntara ya Ngozi, nk’uko umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Pascal Barandagiye, abimenyesha.

Pascal BARANDAGIYE ashikiriza ko benshi baturuka mu ntara ya Kirundo muri komine Ntega. Abandi nabo baturuka mu ntara za Ngozi, Karusi, na Muyinga.

JPEG - 50.8 ko
Pascal BARANDAGIYE, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu

Pascal Barandagiye yasiguye ko iyirukanwa ry’abo Barundi ari ikimenyetso c’uko Uburundi bufise umubanyi mubi. Ivyo biharuro vy’abirukanywe bishobora kurenga igihumbi, kuko no kumugoroba wo kuri uwu wa gatandatu haguma hashika abandi Barundi birukanwe, bakaba bariko baca ku ruzi Akanyaru.


IGIHE

Messages

  • Nibirukane izombwa zabarundi zitazazana akavuyo mugihugu cyacu batumwe niyoleta yabo yabicanyi yifatanije ninterahamwe

  • NIMUZE MUGABO NTIMUZE MUSUBIRE GUHEDWA NABANSI BADOMOKARASI NONE MWUNGUSTIKI MWANTUNVAMWE REBAKO MUZAMUMEZE YOMUGUMAMUHIRA MWABIKI UBONA BABACHAKIRAMAHORO NTAGUCANAMWO BIZOGARUKA MUBURUNDI REMA PITAWACU NTACAGURA INGOTWUBAKE IGIHUGU NTIMUZE MUSUBIRE RIMANIYO DIRPOROMEYACU NONE NKUBU MUZANYIKI NGUMA MUNGOZANYU HUBWO UMWANSI TUMUGWANYETWESE UWUNVANIYUNVE

  • Nibatahe mu gihugu cabo.Abarundi barabakira kuko bamye bafise umutima wurukundo.Karibu iwacu.iwabo.

  • nibirukane abo bahilimbili. URWANDA RURABIRUKANA ALIKO ABARUNDI BO AHO KWIRUKANA ABANYA RWANDA BARABICA . NABASHENZI NIHO UBWENGE BWABO BUGARUKIRA.

  • Barundi, ntibitangaje ko Urwanda rwa Paul Kagame, ruciye rufata decision iri irréfléchie kandi yihutihuti après icegeranyo ca ONU. Ni mubandanye mufatanye mu nda kandi musabikanye ivyo mufise.

  • Nimurabe akarimi kanyu namanyama yanyu yukwirirwa mutuka igihugu kibanyi c’urwanda n’umukuru Waco kagame ingene bidukwegeye twebwe abanyagihugu batobato twahora twigirayo kurondera ikijumbu twihera umwana none mwebwe muzoshobora kutubeshaho ahubwo uravye nubundi umuvyeyi kagame arihangana kubona umuntu yihangana akemera no gucumbikira imbonerakure ningene zirirwa ziramutyoza murindi yaseko mwabobantu hashobora kuba harabagiye kuri mission yokumumesa nkuko mwirirwa muravyigamba naho kuva barandagiye avugagutyo nihamwe ingwe igutwara igitungwa ikakurusha kuraka mbe muribagiye abanyarwanda mumaze kugandagura gupfungira ubusa gutagariza ubuzima nibindi kurwanda rwo ataco rwaribwavuge muribagiye Ko atamisi irahera mugandaguye jack bihozagara ahubwo mwebwe nibitarivyo muzobituzanira kuko ako muriko inkoko iragasema ahubwo urwanda numuvyeyi sivyo rubirukanye mugabo rutabishe mbe ahobukera rubabaza abanyagihugu barwo mweho muzobakurahe Ko nuwo murusubije aba arumurambo ikindi mwarungitseyo bamaneko bimbonerakure Ngo baze kwirirwa bahimba ibinyoma ngu Rwanda nirwo rufasha abagomba gutembagaza uwomumenja nkurunziza kandi atarivyo ahubwo nashaka gusaba urwanda Ko nuwiyita Ngo Ni abasaderi nawe nyene rwomuhambiriza kuko aba DD bomukarwi ka nkurunziza muri imbura kimazi mazi runarushirizeho gucungera umutekano wabacikacumu rya nkurunziza

  • Eeeh ubwo nubuhutu bwakurikiy abatashe iwabo iyo babanza bakabumesa ico nosaba benewacu nibatahe bicitwa vuba bataraherera mu Rwanda kuko urwanda ibyo rwipfuza gushikako ntibyaruronse rero bagiy kubatako ishavu.

  • Kagame Abahenda Ngo Nimuz,kugra Ashikir Inyungu Ziw.Non Abony Bitagikunz.Ubu Reka Abahind Nkimihimbiri.

  • NONE IYIRUKANWA RYABO HARUBWOKO BURIMWO?NABO KO BASUBIYE MUGIHUGU C’AMAVUKA,BITAVYE AKAMO KA LETA,IGIKURU N’UKO BATISHWE.NUKUBAKIRD,

  • abobose bahowe ubuhutu...kuburumuhutu muRWANDA ningorane zikomeye.....

  • Kagame si mtu mzuri ktk kanda yetu ya Afrika mashariki na kati,ni kweli kasaidia uchumi kukua kwa nchi yake ninamashaka huenda utajiri huo unatokana na madini ya Congo ambayo walichukua wakati wamevamia nchi hiyo, ningemshauri aache ukorofi sijui siku za mwisho atajibu nini?

  • Tahuka twubake igihugu catwibarutse nyumbani ninyumbani tu hatakama amani hamna iposiku peace gonna come

  • Fuck u igihe b rundi mikwiye uwobugarira muragaPfA

  • Nibatahe,vyabananiye,tubigishe,gukundigihugu,ntakazoza,Kari,murwanda

  • EMW NUGWANDA DUHANA URUBIB DUSANGIRA NAMAZI SINARINZIKO GWODUHINDUTS KUGEZIYOHOS IMANA IBABARIR ABANYAGWANDA BAKORABENIVYO KUKO SIBOS NUBUTEGETSI!

  • Rwose nibatahe iwabo twetwabagirinama yukuntu twabaha ubufasha bwokujakurwanka Peter Nkurunziza bakanga kumvira amabwirizwa ya leta nibagende Peter ntawe bazakura barinzebanga ubufasha twashyaka kubaha izongegera ahubwo ahokutwumvira bahita batanga inkuruzose twabatwababwiye mugihugu bavuyemo nomumashyirahamwe mpuzamahanga.

  • ubwose ari ukubirukana bagasubira iwabo no kubafunga cg kubica nk’uko i Burundi babikora ibyerekana umuturanyi mubi ni ibihe ra?abarundi murasetsa kabisa.

  • Nibajemugihugu kuko niheza .

  • reka urworuzingo rutwara urwanda rukore ivyo rwishakiye! harya uburundi burahuma!uwubuhangaye, we rindira!!!

  • Reta yu Burundi niyo ibituma ahusanga nukubafasha batabafasha turagowe kabisa ngarukira u Burundi.

  • Ntisabye ko abarundi bataha?Ibyo mutangiye kuvuga ngo mufite umubanyi mubi kandi bije bite?Amarementanya yanyu namwe.Nti mukabe akazuyazi.Mukonje cg mushyuhe.

  • Namba Ari Imihimbiri Y’imbonerakure Yagiye Kuvyonga Nibayituze.

  • Ni Bitahukire Mu Gihugu C’amavukiro Kuko Benewabo Baracabakeneye Nta Mwidegemvyo Uri Hanze Y’igihugu C’amavukiro,kaze Barundi Benewacu !!!!

  • Ni Bitahukire Mu Gihugu C’amavukiro Kuko Benewabo Baracabakeneye Nta Mwidegemvyo Uri Hanze Y’igihugu C’amavukiro,kaze Barundi Benewacu !!!!

  • Burundi natwe twirukane abobatutsi barimunyakabiga na musaga basubire iwabo kantsinda nibo batumye umutekano uhungabagana

  • babahoye ubuhutu bwabo, muRWANDA urumuhutu haragoyekuhaba.....

  • Natwe turasavye Leta yacu yirukane abo batutsi babanyarwanda bari minyakabiga na musaga batuvireho

  • Twaritvziko Kagame Adakunda Uburundi Nabarundi Canecane Abuhutu

  • Ewe Burundi uragasimba imanga, nukuri abarundi benewacu bagorewe ahohakurya yakanyaru Imana ibaje imbere bazogarukebose bakiribazima, arikondabona abataribake bamaze gushika mugihugu cabo camavukiro. Umva ndababwire hariho umuntumwe hiryayejo yabonye mwenewabo avuye mu Rwanda numugore wiwe nabana maze acabwira uwomuryango wiwe uhungutse nishavuryishi ngo" ntababwira ati murafashe inzira nyabahururu? Jewe nanje narinziko ariko arababwiza ukuri arikondevye ujuntu bariko baravuga amagorwa bagiriye ngwaho hakurya mu Rwanda bavugango’ amezi cuminarimwe bamazeyo ngomengo ninkimyaka 100 baribamazeyo kubera ukotwafashwe icambere kitabura kwarukwutwarariko burikobwije nukobukeje kurondera ibintu uzuravuga bibi kugihugu cuburundi, nokwama uvuga ku Rwanda iyorutabaho tubatutakiriho, mumakambi harumurwi wama uganiriza abarundi abapanganeza ngwimvugo bazoza barakoresha babonye abanyamakuru mpuzamakungu, namashirahamwe mpuzamakungu ngokandi bazogerageze kwiga kuvuga bacabarira ngwivyonavyo birafasha. Bavuze bwishi ariko bamaze kuvugako hako bosubira ahobavuye ngobazokwemera bapfe ngo na Rwagasore na Ndadaye nabandibarundi bataribake barapfuye ngonubundi ntamyaka 200 tuzocatumara ngonuko twahunze, ngwari musengere benewacu babarundi bagotewe ahohakurya mu Rwanda atinubwo twebwe tugezengaha ngomugabo tugimatubona abasigayeyo amarushwa barimwo tukumva turababaye. Bananavuze bati: ngonkubu nishirahamwe HCR rijanye amamodoka rikavugango abashaka kotubatahana Burundi nimuze tubatware ngohosigarayo abariko baradandaza gusa. Jewe rero nuko nase kwisuka kuvyabavukana uwoyariyakiriye mwenewabo numvamengo yoreka gukomeza amukorako kumuvyimba kuko barababariye bikomeye mu Rwanda.

  • NIBAZE TUBANE NAKARE NTACIZA KIRI MUBUHUNGIRO UGUHUNGA NYAKURI NUGUHUNGIRA MUMANA,

  • abo bose birukanwe na bahutu gusa

  • Kagame is danger in this area!Burundi it need support for every way!

  • Nta mpunzi ni imbones..reka sha
    .

  • mwa mburakimazi zabarundi mutuvuko ivyanyu vyabananiye mubuze guteza imbere igihugu canyu mukirigwa muratwiruka inyuma tuveko murakitwara agatwe mwabinywamaraso mwe.

  • Nibatahe bubakeigihugu barekekugisambura .

  • Kubera iki babirukanye? Murangire ubushakashatsi mutubwire. Leta ikwiye kuraba ko atari itekamutwe ry’abanyarwanda kugira ngo barungikemwo abitwajijie ibirwanisho bo guhungabanya umutekano mu Burundi. Nibaba ari abarundi basanzwe kaze iwanyu.

  • NOne abo birukanye barafise amatongo.

  • Sinovuga vyinshi kuko batashe birukanwe ni uko batahana agahinda kandi birashoboka ko ikiba catumye bata izabo kitahavuye.

  • Mbega Komuvugango Numubanyimubi Tanzania Koyatwirukanye Nkukonyene Kwataco Mwabivuzeko Urwanda Rworwo Rwabirukanye Mweho Mwarabaphunze Bamwe Baguye Nomugasho Batashe Aribiziga

  • iyo mugirira nabi abanyarwanda mwumva ari ibisanzwe. babakoraho mukumva bidasanzwe. kwikunda .com

  • erega.uwomugabo.kagome.aranka.uburundi.haaaa.ariko.nibaze.twubake.igihugu.cacu.nakare.ntamahoro.yomubuhungiro

  • Izombonerakure mwibazako zitamenyekanye?? Izo nizo zari zararungitswe na nkurumbi ngo zize gusuma urusaku be no kwica abahunze inyabwoko none ngo nibitahukire. Urwanda ntiruterwa muragahumirwa

  • batahe iwabo
    kd ibarabara Bujumbura Kigali Kampala ntimwemerewe kurikoresha
    tuzarebe mwambonerakunya mwe.

  • Mugihe mutaramenya ikibazo mufise no kugitorera umuti bizobagora.Muravugango birukanye abarundi (reka kuvuga abahutu mbyihoze kuko abahutu bose siko bateza ikibazo ). None murabyankira iki ko nakare mwavugango u Rwanda rurafasha abarundi bashaka kubatera? Hirya h’ejo sinumva musaba abarundi bari hanze gutahuka? none Urwanda rubarungitse hari ingorane? Mureke guta ururimi rwanyu muta umwikomo ku Banyarwanda mubaziza ubusa. Ikibazo c’u Burundi catewe n’abarundi kandi kizokemurwa n’abanrundi nyene

  • Abasoma igihe ndabaramukije. Ndagira ngo tuvugishe ukuri mwabarundi mwe. Abo barundi mwumva birukanywe, ni bamwe bari basanzwe bakora amaraso aho bitwa imbonerakumano, bazaga bafite umugambi mubisha wo kwica benewabo bahunze, u Rwanda si tanzania, si kenya cg ubugande, izo mbonerakumano zisange mwenewabo kinywamaraso Nkurumbi. Hanyua mubure gushima ko baje ari bazima, naho abacu b’inzirakarengane mwarabishe, abandi murafunga arinako mubica urubozo (kuborezwa igufa cg torture) abandi mukabatwoherereza ari imirambo....None rero mukomeze mucokoze nanjye ngo ndababeshyera mwe mucokoza u Rwanda se muri bande koko?? ahubwo ubu France bukomeze bubabeshye mucokoze u Rwanda, ni rw advancinga abafaranca baziruka mwebwe ducakirane. Kdi muraziko mutahikura

  • Mbe ko Ministre w’urwanda akaba ana amabassadeur Jacques BIHOZAGARA mwamwiciye mw ibohero rya mpimba ko u Rwanda rutavuze ko rwinumiye?? Hma mwbwe babahaye imbonerakure zanyu ari nzima none ngo pfye pfye, none mwari muziko bashobora kuja mu rwanda bakica impunzi nkakurya mwabigize muri kenya bigakunda?? wapi... hama izombonerakunya zanyu zisubire kwa se.
    Hama buza murahenda ngo umutekano uke uzanwa n’ugwanda, gute kdi aribo bama batwishurira muri EaC??nONE KUMUTAVUGA MBE UBU RWANDA BAKOZE NKIVYO MURIKO MUKORERA ABANYARWANDA BABAGA INO, vyobanezera? none bababahaye ari bazima , muriko muravugishwa? Mbe nibaramuka bugaye imipaka kdi business z abarundi ziva kenya na uganda kuri 95% hama igitoro cose kiva mombasa kandi kibanza kunyura kigali..... none nkubu kweri bugaye imipaka mwokwerekerahe?

  • Ica mbere nuko uyo mugabo ariko arabesha nta barundi birukanywe mu Rwanda. ahubwo aho gusohoka baguma binjira mu RWANDA. BABA ABAHUTU BABA ABATUTSI NTA NUMWE YIRUKANWE BOSE BARAKIRWA. IRYO N’IRINDI REMENTANYA RIGAMIJE KWA MBIKA ICEYI U RWANDA...

  • ariko basha abarundi tuzopfa turuhiye kwiyisi tugende kanada batwirukane tugende murwanda batwirukane tugende ahandi batwirukane emwe turagowe ariko ntaco imana iratubona tukomeze gusenga ntaco tuzoba

  • Nyakubahwa Kagame yagizenezakurungika benewacu ngobatahe,ngirayatahuyeko abarundi barimuburundi aribeshi kuruta abarihanze yabwo kandikobabayeho mumahoro.ahubwo naterintambwe nabarikahama abarungike kukiwabo haracariho ,ahayasobanukigwa kokubana kwabarundi kudasaba imfashanyo yurwandanagatoya.nyakubahwa KAGAME nagirankwibutsweko uburundi nurwanda tumeze nkabana bamahasa cyangwase impanga.iyobukuru ababaye butoyi arakurikira subizubwenge inyuma mumateka urabonanezako turamahasa uvusanga dukwiye gukundana nkabavandimwe.harumwaka M7 wa Uganda yaciyumugani arahiremera muri stade amahoro yavuzengo INKONIKUBISE MUKEBA UYIRENZURUGO hari 2003 kucyunamo.ntawuzibirimbere kuko na farawo nuko atabimenye ntiyarikugora abisirayeli,yabakurikijingabo zose yisanga atanu musecurte asigaranye.turungikire nabari kahama ntacotwaapfuye turabakeneye.

  • Rungika izo mbonerakur izigagaj muzite mu buroko,abo ntakindi cabazanye atari guhungabanya umutekano irwanda

  • Erega.Ntibitgangaje.Burya.Kagame.Yase.Uburundi.Kuvakera.None.Siwe.Yishe.Ntaryamira.None.Ahamuburundi.Ntabanyarwanda.Bahaba.Bidaciye.Mumategeko.?Koreta.Itarabirukana.Wibaza.Kwitabazi.Igituma.Perezida.Nkurunziza.Numuntu.Akunda.Imana.Urwanda.Rufitiye.Inzigo.Uburundi.Kumugambi.Bateguye.Wakudeta.Wase.Nkurunziza.Tuzomushigikira.Imyaka.Yose.Kuko.Yadukuyeko.Ubukoroni.Bwabatutsi.Niyirambire.Nyakubahwa.Pita.

  • @ Ciza. Ngozi

    Jya ubanza urebe ibintu wandika uko bimeze. Ubwo ntureba ko uri injiji, biragaragra ko utageze mw’ishuli nka benewanyu benshi iyo urebye ibyo mwandika hano, Naho izo ngegera zanyu tuzakomeza tuzirukane, ntakindi bazi uretse kwiba imyumbati n’ibitoki mu mirima yo mu Bugesera biyita ngo ni abapagasi. Muzabanze mubahe amazi bakarabe uriya mwanda baba bafite ku mubiri. Naho ibyo kwirirwa musakuza ntabwo bizatubuza gukora icyo tugomba gukora. Kandi wibukeko ntanshingano dufite zo kubakunda. Niba mubabaye muzaze ku Kanyaru tubarase urufaya.

  • Bakunzibeza murwanda nomuburundi amahoroy Imana abanenamwe,ncutizanje usomye ivyandikwa nibivugwa wokwibaza ivubereyeho!! Sindasoma umunyapolitique ivyoyanditse badukinira kumupira tutarikibuga,umunyarwanda cankumurundi wese naze dasab Imana kwibanira mumahoro nubwodutanakumwikomo Imana izobaza umuntuwese icoyakoze kugitiviwe,biradryeshye umunyarwanda agiyiburundi akagura indagara nimyembe nivyamwa arizo mbuto mukinyarwanda akabigezikigari amahoro ubonako binabadyohera kurutivyi bugande.numurundi yagendiruhengeri kuguribirayi akabigezibujumburamahoro ubonako bikorifiriti nziza vyoryoha rwose.ubuturibidandazwa vyabategetsi nonevyabateye kudahaga baduhanganiyeko,barundi banyarwanda dukundana harumutegetsi murumva canke murasoma yanditse ahacankehariya atanyunguziwe zirimwo?!!?tubimamatwi kuko nitwe dusonza nitwe dupfa turara rubunda nabobigaramiye bacunzwe bikomeye.tugwane kukubaho kwacu kukobatadukoresheje ntacoboshikako,nyemerera twirwaneho kuko ntawutubabaye haba murwanda haba muburundi namaturufu gusa bariko barikinira.amahiro abamumitima ntaba mugihugu ducirebugufi IMANA izobiroranyaneza eherabanawe ababategetsi ninde akirondera ivyarya?nukutanyurwa gusa numuregwe wabamaze.rekangirinama abandika twandike twigarura kubumuntu kugirimitimayacu isubire kurema.mdangije nsenga mvugango MANA ABANYARWANDA NABARUNDI TURAGUSAVYE AMAHOHO YOMUMITIMAYACU TWONGERE KUBUMWE TUDAYINYANA TWIZERANE TWIMAMATWI BABWENGEBWISI NABANYAMUJIRYANINO DUSHIRIVYIZIGIRO KURIWEWE KUKO NTAWAKWIZIGIYE YIGEZE AMARAMARA URI NDIHO WAHOZEHO UZAHORAHO WITWA NTIHEMUKA:UHARIRE UDAHARUYE AMAKOSA YOSE TWAKOZE MUMOKOYAVUYOSE NIBIGABITANYOVYOSE WEZIBIHUGUVYACU MANA TUGUKORERE TUDAFISUBWOBA NAMAJWI ATWAGIEIZA IBIBI AMEN dushime ivyabaye vyose wew nanje twarababaye ariko twibagire tubane mwizina rya YESU umwami wacu amen IMANA IHEZAGIRE UBURUNDINURWANDA NKIBIHUGU BIVANDIMWE.dusabiye nabansi bibibihugu barimumashamba yisi guhindukamumutima ntibazebayagwemwo batabonye ukugiraneza kw Imana mubihugu babereye abansi kubwa sekibi satani.MANA UBARABE AHOBARI UBARINDIHEREZO RIBI.

  • you fuckkiling yourself

  • None ko birukanye abarundi bashatse gukora iki?haaa!ikibabaje nukugira umubanyi mubi.

  • Bakoze kubirukana, uburundi nibwo bwatanguye kwirukana abanyarwanda barihano muburundi, nabamwe ntituramenya nirengero ryabo. ivyo basize navyo nibisazwe na banyarwanda bari basazwe bakorera hano, ntakintu nakimwe batahukanye abahungu bankurunziza nibo bavyikoreyeeeeee.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.