IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Abatwa basaba kuja mu nzego zifata ingingo mu gihugu

Abatwa basaba kuja mu nzego zifata ingingo mu gihugu

mardi 11 Myandagaro 2015

Mu gihe abatwa bitegura guhimbaza umunsi wahariwe abasangwabutaka,amashirahamwe y’abatwa mu Burundi asaba ko abatwa boshirwa mu nzego zifata ingingo mu gihugu.

Yohani Batisita Sindayigaya ari mw’ishirahamwe ryitaho guteza imbere abatwa UJDCO amenyesha ko, mu gihe kw’igenekerezo rya 14 Myandagaro bazohimbaza umunsi wahariwe abasangwabutaka,abatwa bakeneye kuronswa aho barima.

Amashirahamwe y’abatwa asaba ko abana babo bokwivuza ku buntu,kandi n’amashuri bakayiga ku buntu.

Umunsi wahariwe abasangwabutaka usanzwe uhimbazwa kw’igenekerezo rya 9 Myandagaro uko umwaka utashe.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.