IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abdoulaye Bathily: "Ibikorwa vya gisirikare vyokwongereza ibibazo (...)

Abdoulaye Bathily: "Ibikorwa vya gisirikare vyokwongereza ibibazo "

vendredi 7 Myandagaro 2015

Intumwa y’umunyamabanga mukuru wa ONU mu karere ka Afrika yo hagati Abdulaye amenyesha ko ibikorwa vya gisirikare mu Burundi bitihutirwa kuko vyokwongereza ibibazo.

Abdulaye Bathily yavuze ko uruhara rw’igisirikare rwotuma hapfa abantu benshi. Yavuze ko nimba abantu biyumvira bikwiye, baba abanyagihugu canke abarongozi ku mpande zose mu Burundi, bategerezwa guhuriza ku kintu kimwe, bagakorera ku nyungu z’abarundi bose .

Abdulaye Bathily,yahoze ari umuhuza w’abarundi,ariko ico gikorwa ntiyakibandanije kuko Reta n’umugambwe uri ku butegetsi bamwagirije guhengamira ku ruhande rw’abatavuga rumwe na Reta,


Van Naris Mugisha

Messages

  • MWEBWE IBIKOGWA IMANA YABAHAYE NIMUBISHITSE MUKUVUGUKURI NTANGORANE IBISIGAYE IZOVYIKORERA

  • Je abantu barantangaza!none uwo kagome na bathily bajejwe iki mu burundi.est ce que nabarundi?canke barahawe ubwene gihugu cuburundi?nimba uwo kagome akeneye uburundi nabutere kanyaye maze turaca dupima amazi nifu.va mumajambo ukore yewe kagome maze kunyaye uce utwara ibihugu bibiri.urazi kuntu mutera ishavu yuuu.

  • Tuguye mu gahundwe twumvise ico intumwa iserukira umunyamabanga wa ONU avuze: nk’uw’uba mu Burundi birateye agahinda yishuye ko abasirikare badakenewe vyihuta. Onu irasubiye gukwega amaguru nko mu Rwanda mu 94, nimwibaze namwe!!!

  • Uravugukuri Mutama Nuko Ukebura Abatumva Ntibabone!!! Kko President Avuga Ngo Ntantambara Ishoboka Kuko Ngo Abasoda Biwe Ubu Bakomeye Cane Kuburyo Atawobaterana Intambwe Ariko Ivyo Turiko Turabona Haaa! Buraca Bugacanayandi

  • WAFASHE INGINGO NZIZA MUTAMA IGISIRIKARE SIWO MU IMANA IKUZIGAME

  • wewe wiyise @ndayishimiye nehemie@wewe ntubara washaka haze abasoda bohanze bazekurasa?mbe igisoda cuburundi kogicanze kirimwo amoko yose intara zose ugikema ik?canke ushaka icaforomye nyoko?mbe hoho bajekurasa uriyumvira kwibintu vyoca bimera gute?bamuvuga ivyo mwaharuye.mburazi ahinzovu zirwaniye ko ivyatsi arivyo bihona?niwabuzi ubwenge ucawumva icomvuze

  • Je suis deçu Mr Abdoulaye de ton point de vue, au lieu de demande une intevention militaire internationale rapide pour proteger les civiles qui sont entrain d’etre tué pa le gouvernement Nkurunziza , par le biais de ses imbonereakure habillés en tenus de polices ...... rien d’etonnant , on ne t’a pas donner la chance de connaitre la réalité Burundaise .... Je solicite àson excellence President du Rwanda , que je dois plus de respect , de nous aider pour solicier une force militaire d’intervention le plusw rapidement possible . please, gerant de ce site , convcey mon message àces deux personalités, je sais que ce sont des hommes integres . je vous remercie .
    citoyen Burundais. signé

  • Reta y ibujumbura yamye iragwa namanyanga gusa. arko ubwazi buruma kukabisa ubundi.

  • emma

    ndakwemeye mutama ubu ntawokugaya sinkambere, ubu wavuze ukuri twebwe abarundi nta gisirikare co hanze dukeneye kuko niciwacu kirashoboye kandi murabona ko kija nokugarukana amahoro mubindi bihugu, ntacotuma rero haza inteko zamahaga iziwacu zihari.

  • Ubundi abo basirikare baba bashaka iki? Nkurunziza abarundi benshi baramukunda keretse akagwi k’abanywamaraso. Amahanga nayo arabibona mutegereze arangize kurahira mwumve niba hari uzongera kuvuga. Mugabo gusa hari ibinywamaraso nka Kagame umwicanyi kabombo byiyemeje gutobera abarundi.

  • wowe kaboyi izina rigukwiye kabisa erega narababwiye nimushaka muziyahure kuko kagame azakomeza kubereka ko ashoboye. uburundi aho kunja imbere burasubira inyuma nkigihe cya micombero . muvuga ko urwanda rwateye uburundi bakagera mu kayanza . namwe muzapime mwinjire mu rwanda metero imwe gusa . muzakubitwa na police apana umusilikare .injiji.

  • mbaho muhakana.ntimubonako ibibazo dufise arivya 3e mand.sigisoda.ariko kombona iyo reta nyene ikoresha abajejwu mutekano banw bamwe mukumara abantu.ubu rero amakungu azozi burundi.batumaze?uyo nawe avuga ng kagome.mbe president wugwanda ubona arinkamwebwe?bamugirico mwubaha mubuzima.turikwisi.

  • Uyu wiyita lili ni intagongwa y’umukobwa iba mububirigi. Uburaya ifise mugabo burayirenze. Kuko buri munsi ihinduranya abagabo nkihinduranya ishati!!

  • wowe wiyita mutabazi . reka bankunde kuko nsa neza. naho mushiki wawe aje hano cyagwa nyoko nimbwa ntizamurya. we sura mbaya.

  • Lili, ubwo bwiza urata iyo ubugira k’umutima vyari kurushaho kuba vyiza none ku mutima uri mubi.
    Reka nkwibwirire ikintu kimwe: Umusambi waravuze ngo ndi mwiza, igikere naco ngo agatima ariko.
    Yewe bwiza bwa mashira budashir’irora n’irongora reka gutukana, isonere kuko nico kiruta vyose.

  • Ndayishimiye Néhémie,urababaje gwose harya ngo ushaka abasoda ba ONU
    Abarundi mwarabuze ihero ry’imiti muvuye muri Arusha none ngo Onu nizane
    abasoda, 50%Hutu na 50%Tutsi z’abasoda bacu kuri 85%Hutu, 14%Tutsi na 1%Twa z’abanyagihugu ivyo ntibikwiye, shirako n’igipolisi uragaya abo bana b’uburundi ko ataco bashoboye baja no mu mahanga kugarukan’amahoro.
    Ahubwo ngira ngo ushaka kwisubirira mubu koloni, banza wisuzume urabe uruhara ufise mu ngorane z’igihugu nanje bibe uko n’uwundi uko hanyuma dutorere umuti ibibazo vy’igihugu cacu nico kizodukiza pana abanyamahanga.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.