Accueil > Amakuru > u Burundi > Abdoulaye Bathily Intumwa idasanzwe yarungitswe mu Burundi
Abdoulaye Bathily Intumwa idasanzwe yarungitswe mu Burundi
samedi 20 Ruheshi 2015, par
Inyuma yaho Imigambwe itavugarumwe na Reta, Inani hamwe n’amashirahamwe adaharanira inyungu za poritike asavye ishirahamwe mpuzamakungu ONU kurungika uwundi muhuza, kuko Said Djinnit yahemutse ku vyo bari bumvikanye,Abdoulaye Bathily yarungitswe gusubirira Said Djinnit.
- Abdoulaye Bathily yarungitswe gusubirira Said Djinnit yahora ari umuhuza
Abdoulaye Bathily akaba ari umunyeporitike yavutse mu mwaka w’1947 mu gihugu ca Senegal.
Mu mwka w’2014, ku wa 30 Ndamukiza, Abdoulaye Bathily akaba yagenywe na Ban ki Moon umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, kugira arongore ibiro bikuru vy’ishirahamwe ONU bijejwe poritike mu karere k’Afrika yo hagati, yari ajejwe gufasha gutsimbataza amahoro n’ukurwanya indyane.
IGIHE
Messages
20 Ruheshi 2015, 22:37, par bima yes
karibu urabe ayabarundi bagowe
20 Ruheshi 2015, 23:00, par magayo
muraraba neza abahima nibamuhe umugore mwiza wu mututsi kazi kugirango
abavugire abakorere amadossier muri onu
kumwe inkotanyi zaha rome dalleur abagore baba tutsi kazi na abatwara minuar
mugire hange.
21 Ruheshi 2015, 00:28, par Buntu
Iman imuhe kugir ikiganza ciza.Namwe Barundi Ncuti Zanje Reke Kumaranir Ivy Isi,twabisanzeho Kandi Tuzobisigaho.Nk Uko Twaje Ataco Tuzanye Ninako Tuzogenda Ataco Tujanye.Kundane.
21 Ruheshi 2015, 03:26, par jone
nambaje kurorera amatora?
21 Ruheshi 2015, 05:14, par Nahimana Prosper
Turamuhaye i kaze i Burundi,aze mu Burundi adahengamye.Ico twosaba opposition na Reta y’Uburundi ntibamugore bose boroshe ibintu,ntibadaze kugirango ivyoganiro bigire ico bishikako.Abarundi bararuhishijwe n’imikino y’abanyepolitike b’Uburundi.
21 Ruheshi 2015, 05:15, par Kirama
Nanyaruke Ariko Ntaze Ahengamye Nkuwambere Abumushingantahe Kumpande Zose Kandi Akuruguture Intumva Zirikozituma Igihugu Kigwamumanga.
21 Ruheshi 2015, 05:15, par Nataruka Juma Mwasiti
Ndabaramukije ndumurundi ariko ndimpunzi mugihugu cu Rwanda, Arikorero ndafise ikintucanezereje kuruyumusi waharimwe impunzi kw’Isi, nuko president wa republic wu Rwanda yatangaje iceseko nubwo abenegihugu baribagishaka kwazokomeza kubarongora babanje guhindura ibwirizwashingira kuobabatarihinduye kukagungo 101 ntiryomwemererako yitoz. Arikorero wenyene yivugiye ngokw’atazitoreza kubumukuru wigihugu kandiyaboneyeho nakaryo kokunegura abanyagihugu bomubihugu bimwebimwe bemerakwanduza ibihuguvyabo ngokugira bemeze abarongoye ibihuguvyabo kunguvu ibicanke biriya. Yavuzati: None kondetse kuzitoza abanyarwanda batarinze kwanduza igihugucabo ngobinatume habaho nabanyarwanda bahunga urwanda. Nubwotwamushimiye mumvugoyakoresheje yerekanyeko kurindagukoresha inguvu ngokugira abategetsi bibihuguvyacu tubemeze ibicyanke biriya atarivyiza ngokuko biratuma ibihugu vyacutuvyaduza tudakuraho nakaribo. Jewmbere iyaba hanotwahungiye hatari amategeko amaze yumuntu yifuza kwitahira nokwisubiriye Burundi, nonebakwiketse kufise ucociyumviro ucumera nkuwaciriwe umukenke!.
21 Ruheshi 2015, 05:35, par KAGABO
KARIBU MUTAMA,TUGERAGEREZE TURABEKO TWOHUMURA.URAHABERE UMUBO WIJAMBO.IBISIGAYE REKA TURINDIRE.
21 Ruheshi 2015, 06:07, par Niyongabo
KazeNawe turabe.
21 Ruheshi 2015, 06:29, par niyongabo etienne
nagende ariko barya bagome ntazobashobora
21 Ruheshi 2015, 06:35, par kaka
Umuhuza arakenewe none uwo wewe ntibazohava bamwanka natabakorera ivyo bashaka?ntagushaka kubarimwo
21 Ruheshi 2015, 06:45, par cyprien
Reke turabe uwonawe ingene azoduhuza nawene niyahengama tuzoca tumwiyamiriza ariko caneca- ne aduhuze kukibazo ca manda ya 3 ya nkurunziza idakurikije amategeko atarukwo naho nashake yisubirari inyuma!!!!!
21 Ruheshi 2015, 07:00, par dfg
@magayo umva aho mubera ibigugu mwama mwiyumvura ibitagira umutwe n amaguru yaje kurondera abagore? canke ni mama wawe wagutumye umubarize
21 Ruheshi 2015, 07:10, par sindayihebura
nashike muga ivyabarundi! haha biregarega bikomeye
21 Ruheshi 2015, 07:38, par soso
Nivyiza hamwe boba barungitse umuhuza ataho yegamiye kuko ubu tegetsi buhari burageramiye umutekano wabanyagihugu tugeze ahatemba baze baditabare iyi leta yankurunziza
21 Ruheshi 2015, 08:17, par Iribuka
Egome naze none aje kugirisha ibiganiro bishingiye kuki ?ko abambari ba nkurunziza bavuga ko ivyikiringo be nico kwumvikanako ikiringo c’amatora ivyo ngo bitovurwako none aje gukora iki? ahubwo abo muri oposition nibikangure
21 Ruheshi 2015, 09:53, par RENOVAT NYAKUG GETO
KALIBU.UZE WITONZE.UAHIRAHIRA NGUKORE KURI CALENDRIER AHANDIHO WOGESEZWA
21 Ruheshi 2015, 10:06, par VITAL
KAZE MUTAMA UKURE KUNZIRA IZO MBURAKIMAZI
21 Ruheshi 2015, 10:13, par Pascal
None uyuwundi barunginse nawe niyavuga ukuri nawenyene bahavabamwirukana?nibemere ahintahe ishize,bareke gutera igere ryanyu kuko ejo bukera bizobagora.
21 Ruheshi 2015, 10:27, par andré
yemwe yemwe abubahimana harageze kudusenga kuk’iyontekereje ivyikigihugu cacu bisizubwenge erega azobahuza aruko harugushaka mubanyepolitique ataruko nawe ntarusyeyeko
21 Ruheshi 2015, 12:15, par Fongho
Mvuge,uvuge,avuge,tuvuge,muvuge,bavuge?Yaleyale Ati Gute? Amatora Nintabanduka Wumvatwohindurik?Tureke Gutumwanya,icomwomenyaco Abazungu Barikuduhenda Ikibayecose Ntamuzungapfa Hapfawamurundi Nyene Umuzungu Arataha Twibeko Kuko Turashoboye Tuvibuzimu Tujibuntu
21 Ruheshi 2015, 14:19
mbe aza ngo afashe iki ko mbona ivyo union africaine yashikirije boganirako reta ahayo yavuzeko budakuka nkikiringo camatora na candidature. emwe ntagitangaje numvango no muri mirongindwi na kabiri bari benshi mugisoda ingene banyitse ntawubizi nubu baranyika ntakubesha akica urugo karuvamwo
21 Ruheshi 2015, 18:34, par King
Mutama Ndabona Nugusaza Urisaziye Korera Kuri manda ya 3 Gusa Yuwo Muhemu Kuko Twamuhaye Carto Rouge Kuva Kera None Vuga Nawe Aho Ukuri Guhagaze
21 Ruheshi 2015, 18:55, par Prosper
Kaze Iwacu Imana Ikuje Imbere.Twizere Ko Bizokunda.
21 Ruheshi 2015, 19:29, par fundi
Nukuri simbona ingene ikibazo cuburundi bagiharirako none hari utazi manda3 kuberiki batomubwira ntiyitoze
21 Ruheshi 2015, 23:13, par komezamahoro
reka turabe!
22 Ruheshi 2015, 06:35, par Pascal Niyonkuru
uyomuhuza niyihagarareko ashimikire canecane kumanda ya3 ariyo yatumye tuja mundyane zigisibije gushika kuruyu munota.abobaperezida bomuri EAC ahubwo bateyisoni ntanijambo bafise,il faut taper sur mes chers amis!!izingorane zatewe niki une fois on vous pose question??mana we!!!
22 Ruheshi 2015, 08:37, par kabwa
Uwo mutama naho yoba ari umuntu adahengamye, naho yoba afise uburambe mu kumvikanisha abantu, bamushinze igiorwa igikorwa kidashoboka : CNDD FDD na Leta yayo ni indyadya
None ko dd itarota yemera ibiganiro kuri kirangamisi c’amatora na manda ya gatatu, wumva kandi ariyo nkwezi y’amarere, wumva bazovugana iki ? Mbega amatora ko azoba mu misi indwi, amaze guhera ibiganiro bizoba bigikenewe ?
Amakungu yarafashe minenegwe ikibazo c’uburundi kandi vyasaba gusa gutegeka nkurunziza ko atarekuriwe kwitoza
Ubu rero aho ibintu bigeze, birabonea ko igihugu kigiye kwinjra mu ntambara amakungu arorera
22 Ruheshi 2015, 12:34, par Simeon
Mwesentavyomuz Kirets’Imana Yireke Ibahinyishu.
22 Ruheshi 2015, 13:47, par Majambere
haaaa!!! ushikiye ku NTUMVA IMWE ITUMWA BURUNDI???
23 Ruheshi 2015, 07:17, par maitre
muhuza ark abatavug rumw nareta ntibashoboka basaba amananiza mana dufashe
23 Ruheshi 2015, 07:30, par mitre
muhuza kaz muburundi ark abatavuga rumw naleta ntibashoboka imana nifash
23 Ruheshi 2015, 10:15, par HABONA-BUYENZI
TURABISHIMYE ARIKO NTARY,IBITURIRE VY,ABAKURU ABE HAGATI KOKO MU GUHUZA
23 Ruheshi 2015, 10:18, par nzisabira
naze turabe ariko ntivyorosheshe aba dd baratuziye basi kutuvako sinzi biraherera he reka turore