Accueil > Amakuru > u Burundi > FORSC isaba ko umukuru w’igihugu c’Uburundi yofatirwa ibihano
FORSC isaba ko umukuru w’igihugu c’Uburundi yofatirwa ibihano
vendredi 3 Mukakaro 2015
Amashirahamwe adaharanira inyungu za politike mu Burundi asabishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika gufatira ibihano umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza.
Mw’ikete ryateweko umukono na Vital Nshimirimana kw’izina ry’ayo mashiarahamwe,bandikiye umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,umukenyezi Nkosazana Dramini Zuma,bamusaba ko yosaba umukuru w’igihugu c’Uburundi gushira mu ngiro ivyasabwe n’inama y’abakuru b’ibihugu bigize ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika yabereye i Johannesburg mu gihugu ca Afrika y’Epfo.
Amashirahamwe adaharanira inyungu za politike amenyesha ko umukuru w’igihugu c’Uburundi,yahonyanze ingingo zafashwe n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,harimwo ukwumvikana ku kirangaminsi c’amatora,hamwe n’irungikwa ry’abahinga boza gukurikirana igikorwa co gukura ibirwanisho mu babitunze batabifitiye uburenganzira.
Ayo mashirahamwe avuga ko umukuru w’igihugu ari kumwe n’abamushigikiye,babangamiye umutekano n’ubuzima bw’abanyagihugu badashigikiye ikiringo ca gatatu,agasaba ko hojaho ubundi buhinga bwo gukingira abanyagihugu.
Messages
3 Mukakaro 2015, 12:13, par Ubugaboburihabwa
EGO BASI IVYO AYO MASHIRAHAMWE AVUGA NI UKURI EKA MBERE PETER YATAYEKO ARAGAYA ABAKURU B’ISHIRAHAMWE Ry’AFRIKA NAYO UBUNDI BUHINGA BWUGUKINGIRA UMUNYAGIHUGU NTABUNDI BUGISHOBOKA KUKO IRYA LETA Y’IMBONERAKURE NIBINYWAMARASO BIRAHO IHAYE IKORA IHONYABWOKO KURUYOWESE ATEREKWA IKIRINGO CA 3 GIHONYANGA AMASEZERANO Y’ARUSHA MURUMVA NEZA YUKO IGISIGAYE ARUKO NATWE DUTORA INKOHO HAMA TUKAMWIYAMIRIZA TUBICISHIJE MUMUHETO KUKO AMAKUNGU NTAKO ATAMUHANUYE MUGA MWESE MWARABONYE NEZA YUKO AKAGAYE KIWE GAKENEYE kARACHNIKOV NAZA ROCHETS NAMA MITRAILLEUSES HAMA TUKAMUHATA IZO MUMATWI kOMERA MWESE ABIYAMIRIZA PETER KANDI MWITEGURIRE KUZOSIDUKANA NIYONKA EJO AHO BUKERA INGWANO YUKUMUKURA K’UBUTEGETSI AHO BUKERA ITANGURA ALEX SINDUHIJE, HUSSEN RADJABU,GENERAL GODFROID,NYANGOMA,
NYENICUBAHIRO UMUSHINGANTAHE KADEGE EKA N’ABANDI BENSHI TWESE HAMWE DUTI "STOP NKURUNZIZA" NTITURABAJA BAWE.
3 Mukakaro 2015, 12:16, par Ubugaboburihabwa
EGO BASI IVYO AYO MASHIRAHAMWE AVUGA NI UKURI EKA MBERE PETER YATAYEKO ARAGAYA ABAKURU B’ISHIRAHAMWE Ry’AFRIKA NAYO UBUNDI BUHINGA BWUGUKINGIRA UMUNYAGIHUGU NTABUNDI BUGISHOBOKA KUKO IRYA LETA Y’IMBONERAKURE NIBINYWAMARASO BIRAHO IHAYE IKORA IHONYABWOKO KURUYOWESE ATEREKWA IKIRINGO CA 3 GIHONYANGA AMASEZERANO Y’ARUSHA MURUMVA NEZA YUKO IGISIGAYE ARUKO NATWE DUTORA INKOHO HAMA TUKAMWIYAMIRIZA TUBICISHIJE MUMUHETO KUKO AMAKUNGU NTAKO ATAMUHANUYE MUGA MWESE MWARABONYE NEZA YUKO AKAGAYE KIWE GAKENEYE kARACHNIKOV NAZA ROCHETS NAMA MITRAILLEUSES HAMA TUKAMUHATA IZO MUMATWI kOMERA MWESE ABIYAMIRIZA PETER KANDI MWITEGURIRE KUZOSIDUKANA NIYONKA EJO AHO BUKERA INGWANO YUKUMUKURA K’UBUTEGETSI AHO BUKERA ITANGURA ALEX SINDUHIJE, HUSSEN RADJABU,GENERAL GODFROID,NYANGOMA,
NYENICUBAHIRO UMUSHINGANTAHE KADEGE EKA N’ABANDI BENSHI TWESE HAMWE DUTI "STOP NKURUNZIZA" NTITURABAJA BAWE.
3 Mukakaro 2015, 12:29, par bose
Imana ifashe vburundi buvemukagaburimwo izobikora
3 Mukakaro 2015, 12:32, par andré
arikoa vyukuri tuvuganukuri ayo mashirahamwe ntaharanira inyungu zapolitique nyene?muntwaro zahaciye iyintwaro niyibayembi?izagiyehokugikenye mumyakiheze!ayomashirahamwe ntiyarahari?k’atajwiryabo twaribwumve? mbe?amategeko ntiyahonyangwa?mana rabigihugu cuburundi kuko turageramiwe.
3 Mukakaro 2015, 12:51, par djhmdnljk
ja hiyo ndadaye ko yagandaguwe amakungu ahari kwa tamiyr
3 Mukakaro 2015, 13:06, par Rukundo
ico twagomba kumenyesha amakungu kuk mu burundi turabizi nuko ubu ata mashiramwe ataho yegamiye akihari.ayahahora yegamiye kuri oposition.ivyo yovuga bisomwa nkabanyamigambwe none ivyo hari ayandi ma leta yobisabirako.dusaba ko abo bafatirwa ibihano uravye ingene bacanishijemw abarundi kand biyita ko atavyicaro baharanira.
3 Mukakaro 2015, 13:09, par Melchiade
Bugabo We Amase Yakera Ntahoma Urutaro Muratsa Murabe Tuzokuzimirizako Aho Watuma Uturamangati Bakakwinukuza
3 Mukakaro 2015, 13:31, par Gerayo
Uwahovye Nuwakvyaye.Mbewohontvyokugarukako?Bamwiyumvira.
3 Mukakaro 2015, 13:32, par NKWAVU Venant
Mukomeze mumufatire ibihano natwe ntitwicaye kuko birababaje kugandagurwa bunyamaswa.yagihawe numuheto azocakwa numuheto.yacanishijemwo abasirikare abazanamwo ivyamoko ariko barazi ubwenge ntavyubwoko bikihari.mukomere basoda mudushigikire turimukuza tumutoze intoke kuko twarushe.
3 Mukakaro 2015, 13:40, par J.Pierre
Iyoniyonvugoyabadakunda Uburundi Duseng Dusabir’uburundi
3 Mukakaro 2015, 13:47, par haringanji kabur
ahubwo nibabifatiremwebwe muteranya uburundinabakibamwo mumakungu.
3 Mukakaro 2015, 13:56, par J.Pierre
Ese Uburundibufatiw’ibihanovyomunezera?Abahiganwe Ivyayavuyemwobarabishimawewavyankankande Katayagiyemwo Namuhanura ndamubwiranti: biblia Ivugako Umwansiwawe niyasonza Umugaburire Umwipfurizivyiza Arikosivyo Urikurakorawewe Umwipfurizibihann!!! Nyagasanitabara
3 Mukakaro 2015, 14:11, par haringanji kabura
uwoyandits ngorufyikirinanyangomanabandi bucabagirintambara barazozamasabiri bazosubiraninyuma ibinogo
3 Mukakaro 2015, 14:58, par Urubahuka
BWABUNDI ABAVUZE NGO URUCIRAMUKASO RUGATWARA NYOKO NTIBABESHE! MUZIKO ABOBANTU IMVUGAZABO BAGAKORESHEJE HARIHABAHINGA BARIKO BARAZITOROROKANYA BUMVIRIZA KOZIHUYE NABANTUKOKO BADAHARANIRA IVYICARO MURI RETA. ABOMUMISI AMATWI ANSUMIRA BARAFATIRWA IVYEMEZO KURWEGO MPUZAMAKUNGU, MBEREWUMVIRIJE IVYO AVUZE VITAL NIBAZAKO YOBAHARIHO UWAMUCIRIYE AGACE KUBIGUYE KUMUBAKO AKABA ACIYE ASANUWUVUGA IBIMURINDIRIYE AVYIFURIZA UMUKURUWIGIHUGU CUBURUNDI. MBE VITA IVYUMVUZE UWOMUNTU YOVYUBAHUKA KUBIKORA NINDE? WEWE WOFATA UMUNTU ASHIGIKIYE NABENEGIHUGU BARENGA 75% UKAMURENGANYA NKUKO UBIVUZE? URUCIRAMUKASO RUGATWARA NYOKO.
3 Mukakaro 2015, 15:50, par fidelite
@ubugabobur.....
Yokora ihonyabwoko gute ata vy’amoko bikiri mu burundi,ni mwebwe abatutsi muriko muricana kugira muvuze induru ngo jenocide ariko muzoruha,mufise umugambi nkuwo kagame yakoresheje yica havyarimana hanyuma ngo genocide,namwe turazi umugambi wanyu wo gu sacrifia certains tutsi ngo mufate ubutegetsi,
3 Mukakaro 2015, 15:53, par mutabazi
None uwo Vital yiyibagije ko cyagihe se wiwe n’abandi batutsi bagandagura abahutu muri 72 amakungu atari ahari. None ko ayo makungu atatabaye inzirakarengane? Kandi bivugwa ko mubishe se wa Peter ba munize na se wa Vital yari arimo Vital yabyawe n’abicanyi none afite umugambi wo kwica abahutu basigaye kugira ngo ashyire mubikorwa umurage se yamuraze
3 Mukakaro 2015, 16:01, par pierrenkunzimana
Ahubwo ibihano bifatatirwe mwebwe mwaturiye abantu.naho kumukura ku ngumvu murapima nimba mukeneye iyindi lécon yiyongera kurimwe ya le 13 mai.
3 Mukakaro 2015, 16:45, par bucco
Ahubwo ibihano nibifatirwe ubwambere so na nyoko kuko nibo batakureze neza hama hakurikire mwe mwagumuye abenegihugu
3 Mukakaro 2015, 16:46, par FABIEN NTAHOMVUKIYE
mwayobye uburundi nigihugu cigenga kitakorera kuvyiyumviro vyanyu bipfuye erega ubu president nimushasha yiteguye gutwara mandat yamber kuko coup d’etat mwamugiriy ok mwanka mwemera azodutwara namw murimwo
3 Mukakaro 2015, 16:46, par Musavyi
Twarabahinyuye basha mwibazako hobabarabande abanyagihugu batobato nibobobabaracane ivyomusaba novuga kwatavyomuzi nkakarorero nkapresdent wiyumvirakoyoba iki?
3 Mukakaro 2015, 16:58, par Ducubwenge
Ayo majambo yose muvuga nayiki?sabashikiye umukuru wigihugu sabatamushigikiye bose n’abarundi.igikuru n’uko umuntu wese yarakwiye kuraba ico yokora kugira igihugu cacu kironke amahoro akwiye hose.nayo kwagirizanya ngwaba naba bagize ibi nibi,tuzogeza ryari kwagirizanya!ayo maahirahamwe yiyita ayadaharanira ubutegetsi baramaze kubuharanira.kuk ntibovuga ngo "ntituzokwemera...",ahubwo bari kuja hagati bakabera abarundi abahuza none baragize echeque au depart ntibakiyivuyemwo.nabari basigayeko bofashije abarundi baramaze kwivanga na politike nshats kuvuga abajejwe gukiza imitima yabantu nabo bari abo batubwira ubutumwa bw’imana none baravangiwe nubugesera.igisigaye nuko twebwe abarundi tworaba ukwo tutoza turisamburirako ngo twiteze abanye politike canke ngo societe civile tuzotangara.nkubu kwama abanyamusaga,cibitoke,nyakabiga nahandi hama hariko havuga amasase umwanya wose mushaka kuba nkaba nyakinama na kamenge kera bama mu ruhagarara ayandi ma quartiers atekanye?murabe neza ivyo mukwegwamwo.think twice.
3 Mukakaro 2015, 17:12, par IRAKOZE
nn ko turik twisamburirk twes tuzo shikirwa kugitwar?
3 Mukakaro 2015, 17:33, par masabo
Umusabira ibihano nka nde wewe?? Democratie yaratsimbataue musigaye muvuga ivyo mwishakiye sha kera suko vyahora
3 Mukakaro 2015, 17:36, par Rugurika
Umve uwo mugabo nani yubahuka gusabira ibihano Nyenicubiro. Reka Abarundi dushobora kwitorera abo dushaka si mwebwe muducira urubanza ni mw’isandugu nimba abanyagihugu tumushaka tumutore tutamushaka naho tumureke mugira muduserukire atavyo twabatumye!! Canke mutinya ko yihava abatsinda
3 Mukakaro 2015, 17:56, par JUSTICE KURIBOSE
"Ngo KADAFFI yarafise akagaye ubuho haje agahebuza"ivyo vyavuzwe na Nicolas Salkozy aho yaciye ahamagaza inama y’umutekano ya ONU yihutirwa,none herode yoba agiye kubona ayo Kaddafi yabonye?ahahahahah, reka turindire.
3 Mukakaro 2015, 18:06, par Therence
Nivyo ayo mashirahamwe ntarira busema kuko umukuru w’igihugu ntiyubahirije na gatoyi ivyo bamusavye vyiza rero n’uko yotanga kuko igihugu camunaniye kujera.
3 Mukakaro 2015, 18:24, par 000042
UWO VITAL NYAMBA YASAZE. NIBAMUFATE AREKE KUGUMURA IGIHUGU.
3 Mukakaro 2015, 18:27, par kiyori
Wew urimburajambo mayusab bafate abish Ndadaye bongerebafat abaturiy abantu baturiy abantu mu nyakabiga mugombamusubir nki 93?nimuhinduk nkawew waratay igihugu ugumurira abantu mwibarabar abapfuy uwobakubaz wovyishur ga wantumv?nkawew uwonkump wombon nugwarurushatsi rukunanir uramay ukab iyomvugo wamuj
3 Mukakaro 2015, 18:30, par kaneza
Imana burya yaremye abahutu basa nka mutabazi .hamwe nosanga ari mutabazi yaje muraba bahutu baje bava hanze baribara hunze noca nemera ko abahutu muri imburabwenge nubwo muca kuntebe yishule ntakigenda kuko ntimwiyubaha nagato kandi utiyubashe ntamuntu akwubaha.hama ikindi nabonye abuhutu biburundi ataruwagiriwe ubuntu n, Imana ngo amenye amajambo yogucisha mukanwa kiwe abandi beshi mukuvuga baradahwa baranya amavyi anuka kandi banya mwibarabara aho abantu bababona ntandero bagira mumajambo bavuga yaba uwize cakwe uwutize .murababaje muvuga nkimburabwenge nyene kuko nkurunziza mubo yabangamiye mutwaro ziwe zose yari yabangamiye abahutu bumutima batumva kunwa amaraso nkawe .so mwebwe murahiriwe nimumafashe kunwa amaraso yabatutsi kuko ariyo agezweho ariko arahuma amaraso yabatutsi kandi ntimuzobaheza kuko ari aba ari ubwoko bw, Imana bwaba heburayo uraziko na farawo vyamunaniye kumara abayuda canke abaheburayo .muravyumva gamwabi jujumwe vyabahutu murakwiye gusaba ubwenge nkakumwe saromo yabusaba , Imana kugira abashe kuyora ihanga ry, Imana atqho ahengamiye.mutabazi wew tuzohura nkubwireko uri posede hama uzoze bagusengere uwomugera wakcijiyemwo ukuvemwo ntamafranga nzokwaka.nubusambanyi buzoca bukuvamwo.
3 Mukakaro 2015, 18:58, par Bimana
Mufse ivyo muhranira vyanyu arko ntimwyitirre abanygihgu.kko nimwmurko m8cishabndi namw m8garmiy ahamze nza!t8pfuzamhro!
3 Mukakaro 2015, 19:00, par King bullet
Umukuru w igihugu ico yifuz azokibon kand siker nivub
3 Mukakaro 2015, 19:11, par singirankabo louis
jewe nama ndababwira. akabaye kose mwandikira amakungu cank umukuru wa onu ariko sindumva yabishuye. ivyo mu burundi bisigaye biteye iseseme pe. nimurekere abafise inguvu bakore.
3 Mukakaro 2015, 19:14, par NIJINBERE NOWASI
KOYAREZE IBWIRIZA SHINGIRO BIZOGENDAGUTE.UMUTI BONA NUKWO ABANYAGIHUGU BOCURUBANZA.NIBAJE KURITERE IYOYINDIMIGANBWE.ICIYUVIRO CIWAJE .MURAKOZ
3 Mukakaro 2015, 19:14, par Juvenal
Abo Bantu Baduhenda Yuko Badaharanira Ivyicaro VYa Politike Nibo Bariko Baraducanishamwo Twebwe Abarundi Nibatureke Twibere Mumahoro Bareke Twitorere Abazodutwara
3 Mukakaro 2015, 19:19, par kanuma
Mbe uyo mushingantahe ko akanura nkuwugira atumese mwotumenyera agira aduhore iki
3 Mukakaro 2015, 19:23, par Burundi kamikamuntu
Wewiyita FIDELITE uri umunyamacakubiri abariko bicwa n’ubwoko bwose.Donc, n’abarundi. Ba ugerageza akwihangana murwanko ufitiye aba canke bariya.
3 Mukakaro 2015, 19:26, par Gérard
mana garukirubutegetsi bwiburund kukbose bagumabaciranira urubanz
3 Mukakaro 2015, 19:34, par Abdul
Nibara Pe!Akataraboneka Mwaribwabone Kumusi Wukwikukira Ahobasaka Ibirwanisho’bafite Gahundayukumara Abantu?Ahubwo Turasavye.Nkurunziza Ariwe Nkurumbi Amakungu Amudufatire Kandi Dusavye Azacirirwe Urubanza Nabahekuwe Abantu.
3 Mukakaro 2015, 19:36, par Coyitungiye.Jamari
cakora.ntimwibagire iherezo ivyahishi 8:13 nu umusiguz 12:13-14.Yesu .Araje muzo kwicuza bitagikunda .iyisi.Muharanira.ntaniyo muzi.Banza muyirebe neza ??.
3 Mukakaro 2015, 20:03, par BIHOYIKI
MBEGA KOMWATWAYI IGIHEKITOHARURIKA.UBWAKA CUMINIBWO BUTUMYE MUGWARI NYONKO.. IGIKOMAKOMANYECOSE NGOMUSAVYIBIHANOMWEBWE NTIMUKUNDIGIHU MWAROSUBUSHIRAHAMWE MWIHISHAMWO MUZAMUTERERAMWUBUTURURUFU BWIBIGANDA NGONUGUSABIBIHANO ICOGUHA NGURWARAMAVUNJAAKOKANYAROKOHERA CANKE BKAKUGUTURA MWAKOGASHIRAHAMWE WINYEGJEMWO IVYO BIHANO BIZOHERIWAWE BIHEREREHO
3 Mukakaro 2015, 20:13, par Mperabagabo
Abo muriko muravuga ngo ayo mashirahamwe ntavuga ukuri mumenyeko buca bugacana ayandi!
3 Mukakaro 2015, 20:23, par NGUEBI
Mbegako Bavugako Badaharanira Inyungu Za Politique Kuber’iki Bayikina Cane Icari Ciza N’uko Ntawusaba Abami 2.Niba Ari Aba Forsc Nibakurikire Forsc.Nahonyene Nibaba Ar’aba Politiciers Nibakine Politique.Soma Biblia.
3 Mukakaro 2015, 20:36, par NDIKUMANA JEREMIE
Bimana kweli ba wisonera ugir urufasoni.namburumututsi.ntawutabizi.ariko wisonere.
3 Mukakaro 2015, 21:00, par Mukizwa
Imana Irakunda Uburundi Uwubwifurizinabi Ntazoshika Uko Yobari Kwose Kuko Ntiharirizwa
3 Mukakaro 2015, 21:16, par DN940
ahubwo bari batevye kumusanira ibihano
3 Mukakaro 2015, 21:17, par Bucumi
Emwe Nivyiza
3 Mukakaro 2015, 21:32, par Bimana
Urantunga mugnzi.urasoma neza jeremi ndikumana,ivyowsomy sij navyndits soma neza ibitangurira ivyo wasomy vyamacku2ri.
3 Mukakaro 2015, 21:39, par desirehabimana12@gimeil.com
MBEGA AYO MASIRAHAMWE YOBA YARAMAZE KWINJIRA MUMFATA KIBANZA URAVYE UTWO YIGIRA?EREGA PETERO ABARUNDI ISINZI TURACAMUKENEYE.AHUBWO NABO BAZUNGU BIBUKEKO ATANARIMWE BATAVUGA NGO (KWUBAHIRIZA AGATEKA KAZINA MUNTU)NABO BIBUKE KO N,AKACU KOKWUBAHWA UBURUNDI RERO BAMENYE KO BWIKUKIYE.KURENGA KURIVYO IMANA NTIZOVYIHANGANIRA.
3 Mukakaro 2015, 21:40, par desirehabimana12@gimeil.com
MBEGA AYO MASIRAHAMWE YOBA YARAMAZE KWINJIRA MUMFATA KIBANZA URAVYE UTWO YIGIRA?EREGA PETERO ABARUNDI ISINZI TURACAMUKENEYE.AHUBWO NABO BAZUNGU BIBUKEKO ATANARIMWE BATAVUGA NGO (KWUBAHIRIZA AGATEKA KAZINA MUNTU)NABO BIBUKE KO N,AKACU KOKWUBAHWA UBURUNDI RERO BAMENYE KO BWIKUKIYE.KURENGA KURIVYO IMANA NTIZOVYIHANGANIRA.
3 Mukakaro 2015, 21:50, par kaneza
Mbe wewe urisonera????jeremie??? Ahubwo hamwe twovuga nkaho abahuto muvuga Imana ntiyodutabara Ariko kuko twiteze imana mushobora vyose nicogituma tutahangana mumajambo yubugoryi muvuga kuko umutotsi ava amaroso numuhuto akava amaraso muritwese ntanumwe ava amata.ariko idayimoni iri muri mutabazi nabandi bibijuju nkawe kandi yarize aguma yinjiza amacakubiri mumburabwenge nkawe mugaca muguma mugarura akahise ngwabatutsi barishe ukamengo abahutu barera .mbega harumututsi ariko arababwira babagore mwabaga bafise inda zabana mukabakuramwo mukabasekura mwisekuro muravyibuka???? Rekasha nivyishi ntakamaro kokuraba inyuma umuntu arabimbere iyariko araja nonmwebwe muriko muvuga amiki???? Ingorane ihari niyamacakubiri canke ninda????? Vyose mwavuye mwishamba mwarabipanze ariko harimana mwijuru ishoboye vyose umunyakibi nkamutabazi nabandi bariko binjizamwo ihonyabwoko abantu Imana dusenga izobibasubiza kumitwe yanyu nuruvyaro rwanyu ruzohava ruzira ivyaha vyunyu kuko mutagira umutima shetani yabicayemwo nabadayimini .nimukorere sata nawe azobahemba
3 Mukakaro 2015, 22:04, par Dukuze
Mbega ibihano harico bimubwira?ahubwo saba inteko mvamakungu zize gukingira abanyagihugu tutarahona
3 Mukakaro 2015, 22:13, par Vianney
Abarundi Ntituzokizwa No Kuba Umuhutu Canke Umututsi. Uwitwaza Ubwoko Mu Kuvuga Ni Umwana Mu Mutwe, Ni Indyarya Mu Mu Mutima Kandi Ni Umwansi Wa Democratie. Forsc Komera.
3 Mukakaro 2015, 22:35, par TWAYIBU AMULLAN
Ahaaa....?tuzire ikiringo cagatatu kitemewe namategeko nabisire abandi igihugu nsicase nicetwese nuwuzotwara nawe nuko nye ahaaa abarundi imana iturindf!
3 Mukakaro 2015, 22:36, par TWAYIBU AMULLAN
Ahaaa....?tuzire ikiringo cagatatu kitemewe namategeko nabisire abandi igihugu nsicase nicetwese nuwuzotwara nawe nuko nye ahaaa abarundi imana iturindf!
3 Mukakaro 2015, 22:49, par Ruhwa
Murimake.Bari.Baratevye.Kareho.Ayaz.Ntiyaja.Mumifuko.Yabamwa.Abandi.Bagwaye.Kwashi..None.Ubu.Amahera.Turayikore.Yama.Kôntinere.Azo.Hera.Ahubwo.Nibugare.Imbibe.Kuko.Nkurumbi.Yavuze.Ko.Yishoy.Hapfuye.Nyarucari
3 Mukakaro 2015, 23:05, par gogo
uwo yiyita kaneza,ahibwo niwe akwiye guhinduka.biragaragara ko ariwevasambana na mutabazi.none yamubonye bahuriye he? nimwihane mwese.
3 Mukakaro 2015, 23:10, par gogo
uwo yiyita kaneza,ahibwo niwe akwiye guhinduka.biragaragara ko ariwevasambana na mutabazi.none yamubonye bahuriye he? nimwihane mwese.
4 Mukakaro 2015, 00:04, par mutabazi
@kaneza abarundi barakuei ko uturuka mumuryango wa Bikomagu umwe wariye umutima wa Ndadaye. None ko ejo bundi wari mugico cy’abantu batwitse umuntu n’umupine wari uzi ko aribyo byahaye ingufu Nkurunziza. Abarundi benshi bahise bibuka ibyo mwohora mukora muri ayo maquarties y’intagonga i Bujumbura(72-93,. ) twarabamenye mwa ntagongwa mwe
4 Mukakaro 2015, 00:22, par Eric
mbe vital bahagushize we wocukuriki? mwe na Pacifik manda yanyu ntiragera kand ntuzokwigera ibaho turimaso .
4 Mukakaro 2015, 00:48, par justre
ooyaaa nukuri nimudutabarize ubundi turahonaa nimupfume mudusabira aba jejwe umutekano bavuye hanze kuko abajejwe umutekano biburundi nibinyamaswa tubayeho kubwa rugira vyose nayo ibihano vyo sivyo vyihuta umutekano wabanyagihugu nyabuna tabariza abarundi dusenge barundi Imana yiyerekan itabar
4 Mukakaro 2015, 03:07, par mutabazi
Uyu Kaneza ari muri zandaya ziri i Kigali. Ehh Kaneza i kigali ko hari indaya za 20.000frw wowe ubanza uri muri zazondi za 200frw. Nukuru wavutse uri indaya nka ba nyogokuru bawe!! Ese ubundi ko wari utuye mu Ngangara uhunze u Rwanda muri 59. Mwarekeye abarundi amahoro ugahamagara nabene wanyu wasize inyuma bakagusanga i Rwanda! !
4 Mukakaro 2015, 03:27, par Jeremie
Ndaramukije Uwitwa Kaneza Urakomeye Jewe Ngwaye Nka Mutabazi Ingwaragwaye None Woyimvura Tukareka Gucanamwo Tukaba Umwe Umuntakareka Kugenda Arikinga Ibisaka Kuko Hako Wozoragitanga Kwagusa Notimba Nkab,umugabo Wawe Muga Nuko Abatutsikazi Mutabumbwa N,umugabo Umwe ,muga Ryewe Nogerageza Ntaco Wogaya Upfe Kuba Ukir,umujene .Uwo Vital Nawe Naze Arakurikira Nkurunziza Mumyiyamamazo Azomuha Ikomine Ya Karuzi Mugabo Sinzi Urya Wa1ariko K,atomumesa K,abazungu Birirwa baragendana Bo Ntibabona Ubudasa .Kaneza Ndakurindiriye Kwa Pastori Baturongoranye Nawe Uyu Musi Mu Nyakabiga Kuri Pentekote
4 Mukakaro 2015, 04:49, par Ndikumana Aaron
Mbe Iyo Mihimbiri Yabatutsi Yamenyeye Kwiba Nukwica,haragezeko Isabira Ibihano Abandi?Buyoya Yahonya Abahutu Nkindagara Ko Bataribwahaguruke Ngo Bamusabire Ibihano?Erega Nuko Bari Bamwe!Baravuma Imana Igahezagira.Tuzobatwara Vyanka Vyakunda.Erega Agaciwe Karuma!
4 Mukakaro 2015, 07:44, par FidèleNiy.Mrvya/kyza
Ewevital N’abo Murikumwe Ntabwo Mubona Komwataye Umutwe Erega Abarundi Sibijuju Barabona Imigambi Myiza Ya Nkurunziza N’umugambwe Wiwe Ahubwo Yomuhenda Amakungu Ngo Ntanyungu Muharanira Muri Pô Muratuma Mushinga Imigambwe Mureke Kwigishiriza Iy’abandi .Turabarahiye Ko Mutazoduterana Intambwe Kandi Abazungu Muhenda Bazoteba Babone Ko Mwabahenze Mazebabatwenge
4 Mukakaro 2015, 08:58, par ABDU
Ahubwo ONU ikwiye kurungika OTAN bakamwica nka KHADAFI.
4 Mukakaro 2015, 09:58, par Nzamwita Rich
Je Ndibaza Ko Uwo Mugabo Bamwe Bita Nkurumbi Akwiye Gufatirwa Ibihano N Amakungu Hamwe N Imana Yo Mw Ijuru
4 Mukakaro 2015, 10:45, par Régis
Ivyo birunvikana nareke kutwangaza.
4 Mukakaro 2015, 12:02, par NYANDWI ERENESTE
HARUMU CDD-FDD ARASA ABAJEJWE UMUTEKANO MURABONA CANKE MURUMVA? SINZONKORABARA ZIRONGOWE NA NI NINAHAZWE NAMBONIMPA NIRYARI MURABONA CANKE MUMVA IMBONERAKURE ZITURIRA IMIDUGA CANKE ABANTU? ABOBAGABO MUBARABE NEZA VYABANKIYENABI NIBAMUVEKO!!!!!!
4 Mukakaro 2015, 14:31, par Ntiwihebure
Nkurunziza ni bamuhane birakwiye, ariko n’abo bagabo ba société "civile" babahane icuro nka gatatu canke kane. Imvo: nkurunziza yikinze amadidane ari mw’ibwiriwza shingiro kugira ahonyange amasezerano y’i Arusha ariyo yatuzaniye amahoro, none yahungabanye. Abo bagabo nabo vitali, mbonimpa na cane cane Pacifique bahenda abantu ngo ntaho begamiye muvya politike, ariko batwaye ikibanza ca opposition, gushika n’aho bagarukana iyo gusenyura inzego zatowe, gusuka urwaruka kurisongoye mukurwanya inzego z’umutekano no kuruha ibirwanisho no gukwiragiza inkuru ziturira (n’uwitwa François Xavier), kuruha ibirwanisho no guturira abantu mumapine n’imodoka za barundi mw’ibararabara ataco bazira. Noneho n’abo bantu bose birirwa barapfa turabibabonamwo. Ababirigi babihera amahera mugaca muta igihugu n’abanyagihugu mukaga, mugaca musaba ngo amakungu agifatire ibihano, niba mutakiri abarundi. Naho mwebwe bitobafata kubera amahera babaha, bizishikira bamwe muncuti zanyu. Ivyo mukora si ivy’iwanyu, ni akazi ka opposition. Kandi murarenza urugero.
4 Mukakaro 2015, 19:27, par Nicki nicki
Uwo mugab yigiz ndans mu burundi yibaz ko arengey aband?narindire igih kiri hafi akavyishura!
4 Mukakaro 2015, 23:02, par mutabazi
None uwo kaneza utukana kubera nostalgie yo kwica ya 72 azi ko hari umwanya we nabamukomokaho bafite i Burundi . Amaraso bamennye niyo abavugisha . Ibyo kuvuga ngo amasezerano ya Arusha bigomba gusubirwamo mukabona 10/100 munzego zose.
5 Mukakaro 2015, 00:04, par mutima
Ewe vital na paci murarushe. Aho mwavugiiiiye mubwira imburabwenge ngo ni peter murambabaza. Mwe muzana ubwenge nurupfasoni kuko mufise aho mwavyonse mukirirwa murasemerera nurya muntu reka ndamwite umuntu kuko azorinda ava mwisi arumuntu nubwo amaze kurya nayo kumwita umugabo nugutuka abagabo. Iyi ntwaro yiwe ndibaza ko ifise intumbero yukwica umunyabwenge wese wumurundi numurundikazi. Kuko urinze wanka kumujakarira uba uzubwenge koko. Agomba guca ubwenge niyihane ave muvyaha. Niyo mpanuro yonyene izomugarukana mubo yababaje, yahekuye, yapfakaje, yagiye impfuvyi, akangaza....
5 Mukakaro 2015, 04:30, par baseka
ahubwo amashirahamwe yomubururundi ntanguvumufise mubindibihugu amashirahamwe nkayo yabambonimpa vitar na pasifiq bafashingingo ibiyonyene namwe mushiringuvuhamwe
5 Mukakaro 2015, 05:08, par Félicien
vrmt nareke kwitaza igikenye twarushe aho baherey bacur bufun na buhor abo muri oposition cank imvukuri.naveko akiri mwiza
5 Mukakaro 2015, 05:46, par Justin Ndihokubwayo
Biratwengej kubn muburundi iwacu umunyakihugu akinwa nkakapira
5 Mukakaro 2015, 06:25, par emma
emma
vitari wewe ntukwije mumutwe nkurunziza bamufatira ibihano kuberiki? mwebwe mwenyene mwishe abantu mubatuririye mumapine nimiduga na mabarabara mwaturiye ntawurabafatira ibihano. vital yaco ugira ubwoba tutarakwifatira!!!
5 Mukakaro 2015, 07:07, par Eric’s
Mana fasha uburundi kuko bugez ahatemba iyo aba dd bakashiraho uwundi mukandinda bopfuy bwatwara none iraba ivyo batuzaniye Mana nahawe gusa
5 Mukakaro 2015, 07:08, par Eric’s
Mana fasha uburundi kuko bugez ahatemba iyo aba dd bakashiraho uwundi mukandinda bopfuy bwatwara none iraba ivyo batuzaniye Mana nahawe gusa
5 Mukakaro 2015, 07:48, par niyonkuru pascal
turavye neza wew emma niwe udakwije mumutwe kuko comentaire zawe zose uratukana gusa ntakindi ushoboye
5 Mukakaro 2015, 07:49, par Fabrice
Vital Iyumbahafitwosangiyeicupa Kuko Nkurunziza arakwiye gufatirwa Ibihano Koko
5 Mukakaro 2015, 08:47, par Hatungimana Isidore
Ariko Ga Vital Ni Soni Nke Murubahuka Mukavuga Ko Mudaharanira Inyungu Za Politique?Mbega Barya Mwaturiyn Mumapine Hamwe Nibindi Nimwe Mukunda Igihugu Muriko Muragihekura?Raba Mukore Ico Babatumye Mureke Gucafuza Igihugu Kandi Ari Icanyu
5 Mukakaro 2015, 08:51, par Frederic
Naho bofata ibihano bazorabe twebwe abanyagihugu ntuz turwe mumporera .
5 Mukakaro 2015, 15:11, par Athanase
Micombero Bagaza Buyoya Ko Batikije Ibihumbi N’ibihumbi Vy’abahutu Ko N’ubu Ntarumva Mbonimpa Vital Na Pacifique Basaba Ivyo Bihano,n’uko Abo Baprezida Bakoze Neza?
5 Mukakaro 2015, 17:46, par Iribuka
Turasavye dushimitse iki kimenyesha makuru cacu / igihe.bi kireke kuza kirasohora izonyandiko zubushegabo nkizo zuwiyita mutabazi be nizuwitwa jeremie izonyandiko ntizijanye nimico yacu muratwononera gose
5 Mukakaro 2015, 20:23, par inama
gutuka Umukuru w,igihugu bizobakorako biragayitse cyaneee!barundi nta ndero mwohawe?.Ayo mashyirahamwe yigenga yabaga he?igihe hagandagugwa Umuhisi M.NDADAYE? abayobozi babicanyi (BAGAXA.BUYOYA)Ntibari kwidegembya! mwicare mubwizanye ukuri mukemure ikibazo mufite aho kwirirwa mutukana.
6 Mukakaro 2015, 01:37, par manasse
Je nibaza ko ari amashirahamwe adaharanira inyungu za politike amwe amwe ahurikiye muru nani rutwagwa na Vital ariyo yasavye ivyo kuko mu burundi tumenyeye ko hari amashiramwe menshi adaharanira inyungu za politike kandi atari muri urwo runani ;atamwemera nk’indongozi yabo.
6 Mukakaro 2015, 02:21, par Muhututsi
Nashaka nibutse ko Pierre Buyoya yigeze gufatirwa ibihano embargo. Na Pierre Nkurunziza ibihano arabikwiye kuko ntaho ataniye na Buyoya muvyo bakora. Ahubwo nihweje Nkurunziza na Buyoya na Micombero nsanga bose ari bamwe ikibatandukanya gusa nibihe batwariyemwo, ubwoko hamwe n’igitigiri cabo bishe gusa nayo ubundi bose bakoze bimwe
6 Mukakaro 2015, 06:28, par Orivine
Akokagabo Kavuga Ivyo Kobagakwije.Peter Wacu Najandajande Uwumwanka Amwandureko
6 Mukakaro 2015, 11:25, par KARAVUGWA
umukuru wigihugu c’uburundi sitwe tumutuka niwe yituka. Iyaba yumva ntawari kumutuka
6 Mukakaro 2015, 13:03, par pangabire Gohororo
c’est vraie Gir ingiv
7 Mukakaro 2015, 09:32, par Pays Natal
Mbega iyo mirurazi iva mu kanwa kanyu atariyo yerekana abo muri. Ugukura k’umuswi si ku bw’impuhwe z’agaca kandi igiti kirakurira mu babaji. Ukuramba gutangwa n’Imana.
8 Mukakaro 2015, 06:32, par Elégant
Bwira Pierre Mumuhanure Abise Abandi Basi Atinye Imana Areke Guhonyanga Amasezerano Burya Ntawubura Icatinya.Nomwijoro Iyuriko Uragenda Ushobora Kubona Uruti Rwibereye Hasi Ukarutinya Akarwubaha Agasubira Inyuma Kandi Abaruruti!! Rero Ntagayane Nubusabwotinywa
10 Mukakaro 2015, 09:25, par veju
Ingorane nyamukuru za Afiirika n.ubuRundi muraziyobagiza canke zikabagora gutahura kubera ukuvangirwa mu mutwe "alienation mentale" nuko tutagira umuco, tutagira akaranga,nta ntangagaciro "valeurs "tugira, twujuje ama ’anti-valeurs" ibanga ryacu twarihishuriye abakoroni; twarataye umuco dukurikira umuzungu muri "civilisation" mugabo iyo ’civilisation’ n’umutego n’ ukuvangirwa mu mutwe; akarorero 1. mu ntwaro dukoresha intwaro rusangi "democratie" ivuye k’umuzungu, hakuduhuza iraducanishamwo, mu ntwaro za basokuru, igihugu kinaniye umutegetsi yaca yiha ubuki kuko carazira ko ahemukira abanyagihugu, mugabo ubu naho coba kigeze aho umwansi ashaka, umutegetsi arihorera, abantu bagatikira akiberaho n’umuryango n’abagenzi, igihugu gihinduka icibare c’umutegetsi ; rero izi ngorane za porotike zo muri Afirika n’UbuRundi ntizitangaje kuko zifise imvo 2. ikurikiramana "religion"’ dukoresha iryo twazaniwe ritagira ikintu na kimwe c’umuco n’imihango nyafirika, ingaruka nuko abafirika baririmba yesu, muhamadi ariko ibibi n’ubushezi bigakomeza, abazungu n’abarabu bazana ayo madini bita abanyafurika abashenzi, abapagani kuberabasenga mu mihango nyafirika, ariko ubu muri kirisu na isiramu niho hai abapagani n.abashenzi benshi gusumba igihe c’abasokuru; ivyo vyose biba kuko umuco ’umuhango wacu wo gusenga twabitaye dukurikira imihango yo gusenga y’abanyamahanga twizeye ko ari myiza gusumba ariko si vyo, ugusenga ni kimwe nta kurikiramana ’RELIGION" risumba irindi kuko zose zijanye n’ahantu n’abantu barihimvye; kera basokuru BAKIBANDWA, urukundo rwari rwose, ukwemera kwari gukomeye gusumba ubu. aya madini Isiramu na Bukirisu bidukura ku muco, kuko izo dini 2 zaje sishaka ko dusenga mu kirimi c’ikiratini n’icarabu, zigashaka ko twitwa amazina y’abazungu n’ayabarabu; ibi vyose kugira tube ibihwiji mu madini y’abakoroni dute rwacu hama vyrohe kutugira imbohe. 3. Inyigisho n’indero; aya mashure twubakiwe ntaramura abanyabwenge, aramura injiji zize; aramura abanyamahanga mu gihugu cabo; dukwiye kuyashiramwo ubuzima nyafurika kugira riramure abanyafirika bazi igihugu cabo, bazi ingorane z’igihugu n’umuti bovuguta. rero hari ibisata 3 nyamukuru bitegerezwa kuvugururwa kugira afirika yogorore, ifate umurongo wo kwikukira mu mutwe, mu ntwaro no mu butunzi. murakoze