Accueil > Amakuru > u Burundi > Amashirahamwe yigenga yasabwe kuvuga imishahara y’abakozi
Amashirahamwe yigenga yasabwe kuvuga imishahara y’abakozi
mercredi 20 Mukakaro 2016, par
Amashirahamwe yigenga akorera mu Burundi yasabwe kurungika amazina y’abakozi bayo, yaba Abarundi canke abanyamahanga. Ayo mashirahamwe yasabwe kandi kuvuga imishahara ihembwa abo bakozi, umwe wese. Ishirahamwe ryose rizovuga izina ry’umukozi, akazi akora, ubwenegihugu bwiwe, igenekerezo yatanguriyeko akazi, hamwe n’umushahara ahembwa.
Mw’ikete ryarungikitswe n’ikigo OBR (Office Burundais des Recettes) kijejwe kwegeranya amakori ya Reta, ayo mashirahamwe yasabwe kandi gutanga kopi y’amasezerano ishirahamwe ryose rifitaniye na Reta y’Uburundi.
Nk’uko tubikura muri iryo kete ryateweko umukono kw’igenekerezo rya 12 Mukakaro 2016, ayo mashirahamwe yose yigenga azotegerezwa gushikiriza ivyo yasabwe ku wujejwe amatohoza mu kigo OBR, aho akaba ari mu kiringo c’iminsi itarenga cumi n’itanu.
Ishirahamwe rizorenza iyo minsi rikazotangishwa ihadabu.
IGIHE
Messages
20 Mukakaro 2016, 11:46, par MUHUZA
NYENE RETA ITANGISHE IKORI KANDI NITEGEKO NTARENGWA MUBIMENYE MUBIMENYERE MWABIPINGA MWE VYABAGUJI
20 Mukakaro 2016, 14:03, par teribere burundi
sha muhuza iyuva uvuganabi hako woterera ivyiza vyoteziber igihugu urikuravuga uburofa nkubwo urateyisoni pee.ico mbona jewe mbona atari amashirahamwe yonyene gusa mbona nabikorer utwabo baribakwiye nabonyene ko borihira amakori abo bakoresha kuko nibobeshi mugihugu
20 Mukakaro 2016, 14:51, par nkdn
ni muyakoreko miyo yatumye tuja murubu bukene mugusabira ibihano igihugu ca bibarutse natwe abene gihugu turahoze bakorek batange na taxi nabo
20 Mukakaro 2016, 16:40, par Hutsi
Mbega amashirahamwe yomuburundi yarifise abantu bayakorera batazwi na reta kandi ntimenye namahera bakorera?
Yemwe abakozi bakorera ayomashirahamwe borenganijwe bigaherera hariya! Kuko nubwo ribarishirahamwe ryigenga ariko reta abayakorera I tegerezwa kubagumizako ijisho kugira ntihagire uwurenganwa nayamashirahamwe.
20 Mukakaro 2016, 16:42, par Peace
Barayarondera vyanse bikunze!aho ntakindi bashaka kurondera ataramahera .kandi ayomashirahawe ntiyidoge kuko Reta itungwa nabayo
20 Mukakaro 2016, 16:42, par willynshimirimana
AHUBWO IYO BIRUKANA AYO MASHIRAMWE YABA ZUNGU YOSE KUKO NTAKAMARO ADUFITIYE ATARI KUDUCANISHAMWO YOSE
20 Mukakaro 2016, 18:09, par jane
ahubwo.iyomuyugara birirwa bagira abanyagihugu ibigugu nabo bayora itikiri ryamafaranga bagize abanyagihugu ibiraro
21 Mukakaro 2016, 04:32, par Peace
Barayarondera kunguvu vyanse bikunze.Ariko nabayo bavyibutse Baratevye ariko ubwonubukene bwugarije reta ivyarivyo vyose.Najewe iyonakenye nihonibuka Abamperanye!!!!
21 Mukakaro 2016, 07:27, par tari
Ico nikimenyetso kitabeshako akarwi nkurunziza na karwi kiwe baherewe ibihano
Bafatiwe murwego rwubutunzi birabarembeje none basigaye atasaganirizo none bariko bararonderera amata mumatako yibihori mbe mugarutse kunuranura kubo mwihenuyeko kwayo mashirahamwe mwayugaye mukayabuza gukora none mugarutse kuyashakako amahera ngo bigende gute rinda mwotswe
21 Mukakaro 2016, 08:00, par bacemwo
Leta ya kenye kabisa,ubu niho ivyibutse ?
21 Mukakaro 2016, 09:15, par Cishahayo Dieudonné
Ahubwo Iryo Tegeko Ryari Ryaratevye. None Bobo Ntibakorera Kubutaka Bw- Uburundi? Kira Noneho Leta Itungwa Nabayo Banyagihugu!
21 Mukakaro 2016, 09:18, par ONES.NIYIBIZI
NIVYIZA KO NABONYENE BARIHA ICOKORI NKUKO NABANDI BAYIRIHA,AHUBWO BARI BARATEVYE!GUSA BISUNGE AMASEZERANO ARI HAGATI YABO NARETA Y’UBURUNDI.
21 Mukakaro 2016, 09:20, par Cishahayo Dieudonné
Ahubwo Bari Baratevye! Kabisa Birakwiye.
23 Mukakaro 2016, 05:21, par MISAGO MICHERI
ESE NKAWE UVUNGORETA IRAKENYE IRIKIJUJU UBONA UYIRUCHIKI WANTOZOWE RETA NIYABARUNDI UMUNTU AYIHA ICAFISI WEWE UTARUWAYO REKAKWITA MUBITAKURABA PFUGWAWE?
23 Mukakaro 2016, 05:21, par MISAGO MICHERI
ESE NKAWE UVUNGORETA IRAKENYE IRIKIJUJU UBONA UYIRUCHIKI WANTOZOWE RETA NIYABARUNDI UMUNTU AYIHA ICAFISI WEWE UTARUWAYO REKAKWITA MUBITAKURABA PFUGWAWE?