IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ambas Ntukamazina amenyesha ko hari abarundi baziga amatungo yabo mu (...)

Ambas Ntukamazina amenyesha ko hari abarundi baziga amatungo yabo mu Rwanda

jeudi 1er Gitugutu 2015

Alexis Ntukamazina aserukira Uburundi mu Rwanda avuga ko hari abarundi benshi bandikiye umurwi w’igihugu ujejwe amatati y’amatongo n’ayandi matungo mu Burundi CNTB bawusaba gukurikirana ikibazo c’amatungo yabo yasigaye mu gihugu c’Urwanda n’amafaranga yasigaye mu mabanki, inyuma yo kugaruka mu Burundi mu mwaka w’1994.

Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru IGIHE,Alexis Ntukamazina yavuze ko igihe umurwi uhuriwemwo n’ uUrwanda n’ Uburundi uheruka guhura wiga ku bibazo co gutegekaniriza kazoza abanyarwanda bakoreye mu Burundi, ico kibazo caratorewe inyishu hasigara ikibazo c’ubutunzi butimukanwa.

Ambas Alexis Ntukamazina yavuze ko hari abarundi benshi,bandikiye umurwi wo mu Burundi bavuga ikibazo c’amatungo .Yavuze ko bataracicarira neza kugira barabe ukuri kuvyo bavuga, ariko yemeje ko hari abarundi banditse bavuga ko hari amatungo basize mu Rwanda harimwo amazu n’ibindi.

Ambas Alexis Ntukamazina yavuze ko naho hari abarundi bafise ivyo basaba Urwanda, ari bake ugereranije n’Abanyarwanda bakoreye mu Burundi nabo bafise ivyo basaba.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ntamatungo abarundi bafis i rwanda bahunz kugira ntibatorw ar ibiziga

  • Izo ni interahamwe zigira zibe zirarondera ingene zinyegetera mu Rwanda zibesha ngo n,abarundi babaye i Rwanda kera,barondere namatungo ,yoooooooooh ,muvuga mubesha basha ,aho ga mwama mwibaza ko muri abanyabwenge naho mutagira nububashikana muri twarete ga nta soni......!Ego mama genda!

  • Nubwo abanyarwanda bobaribeshibakoeye burundi nkabose baratoye ibintuvyabo ekayemwe nibitimuka barabigujije mumahoro ntangere. Arikwabarundi ntanakimwe barahabwa ivyorero bituma tuvugako abarundi aribobeshi gusumba abanyarwanda abarundi ntanakimwe barahabwa mubintuvyabo basize Rwanda.

  • Murabe uko mubigenza ,ariko ntihagire inyenzi zigaruka mu gihugu cacu,debrouillez vous pour nous eviter ça,si abantu bo kubana mu gihugu,nibagume i wabo i rwanda ivyo bibiryanyi

  • Bazaze tubanze tubacire urubanza erega bari interahamwe, uzi amabi basize bakoze izo ngunzu

  • kagame.Ninyangamugayo.Arigisha

  • Inyenzi nyangarwanda zamenyereye kurya iby’ubusa. Murwanda ubu politique igezweho yitwa (Muhutu kora mututsi ahembwe). Izo nyangarwanda zirarya ntizihaga inda zazo ni ink’izinzoka airakweduka . Niba mugira ngo ndabeshya murebe uko umutware wa Benerupfu (kagame) angana. Niyo yarya isi yose akayimira ntiyahaga

  • Birababaje cyane Kubona harabantu Bafite ingengabitekerezo y’ivanguramoko bene aka kageni!
    ntabwo ushobora kugira icyo ugeraho utubaha ubuzima bwa mugenzi wawe,mwikuremo urwango Imana izabaha umugisha.
    Mugire amahoro

  • U Rwanda ni nyabagendwa. muziyizire mukurikirNe iyo mitungo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.