Accueil > Amakuru > u Burundi > Amerika imenyesha ko ibizova mu matora bitazokwemerwa n’abarundi (...)
Amerika imenyesha ko ibizova mu matora bitazokwemerwa n’abarundi n’amakungu
mardi 21 Mukakaro 2015
Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko amatora y’umukuru w’igihugu mu Burundi atazokwemerwa.
Mw’itangazo ryasohowe n’ibiro vya Reta Zunze Ubumwe za Amerika,Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko Reta izova mu matora itazokwemerwa n’abarundi n’amakungu.
Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko zibabazwa n’ingingo y’umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makuru Aime Alain Nyamitwe,yo kwanka ko indorerezi z’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika kuraba amatora,no kuraba ibijanye n’ihonyangwa ry’agateka ka zina muntu.
Reta Zunze Ubumwe za Amerika zirashimira akarere n’igihugu c’Ubuganda ku gikorwa co guhagaraikira ibiganiro bihuza abarundi,ariko zibabazwa no kubona Reta y’Uburundi itagomvye kubandanya ibiganiro.
Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko zitazoshigikira umuntu yogomba kuzana umutekano muke mu gihugu,no mu karere,kandi ntizizotanga uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika kuri uwo wese azoba yateye umudugararo mu Burundi.
Van Naris Mugisha
Messages
21 Mukakaro 2015, 16:59, par Barc@
vs ete la wce mondiale votre decision est irrevocable ns vs esperons 100%;vs etes ds la bonne voix
21 Mukakaro 2015, 17:04, par UWABABAYE
Aho mwavugiye iyovyo ntaco bitwaye tahure democracie y uburundi na coud etent
21 Mukakaro 2015, 17:17, par Niyonyishu
Imana Yo Nyene Ingabo Niyo Nyishu.Izobikora.
21 Mukakaro 2015, 17:19, par africa
abo nibagende twarabahinyuye,umupango wabo bashoyemo amahera yumurengera ngo hatembagazwe reta bobonye wanse none bariko bakanga gusa, amatora nayabarundi si ayamakungu ko nabo ivyabo ntawe ubyinjiramo. hejuru yamerika hari Imana yo mwijuru.
21 Mukakaro 2015, 17:26, par Cargèle Bucumi
Muzoba Mukoze Ahubwo Abarundi Bari basasaye Amahoro N’umutekano None Twisubize Mw’ihumbi!
21 Mukakaro 2015, 17:27, par SALUM BUKHARI
Ahaaa!tuvah tukaja he?rorera tuz turab ibizokurikira.man bahafi y’uburundi.
21 Mukakaro 2015, 17:29
You Are A Chef,we Can A Good Gerverment
21 Mukakaro 2015, 17:37, par oobama
Ngo leta yamerika ninde yayitumye kuvugirabarundi nibashake bareke kuyemera twebwe twarikukiye
21 Mukakaro 2015, 17:43, par gati
murakoze cane aharabagabo ntiharwe ibara barwe mwavyunvise rekurigihugu kutama umuzungu nimubi nkibi vyose abikwirikira kwisegond
21 Mukakaro 2015, 17:44, par gati
murakoze cane aharabagabo ntiharwe ibara barwe mwavyunvise rekurigihugu kutama umuzungu nimubi nkibi vyose abikwirikira kwisegond
21 Mukakaro 2015, 17:52, par WASIWE TURIKOI
NONE ABO USA BAVUGA NTIBABISHIRE MUNGIRO BARINDIRIYE TUMARANE .EREGA UYU MUGABO BATAMUFATIYE INGINGO ARATUMARA KUKO ATAKIGONGWE ASIGARANYE
21 Mukakaro 2015, 17:53, par Nsabimana
Yew uwuramvye azobona.Abarundi ubwacu nitwe twisinyiye ayo mategeko.,none ngo tuyarenge?twibagiyeko Amerika itwarisi.mbe tuzopha nkabana binyoni?nzoba mbona.Yesu dutabare na CNTB
21 Mukakaro 2015, 18:00, par NGABIRE JEAN
MBE AMERICAN KO YIVYANGA MUBINTU VYOSE NGOYITWAZIGIKENYE AHO BONTAMAKOSA BAKORA ? BASHAKA GUHAHAZA AFRICAN NGO NTITUGIRIJAMBO KWERI? UVUZE BAKWIRUKAKO MBE BOTUBWIRA ICO BAHOYE GHADAFI ?
21 Mukakaro 2015, 18:08, par Avec
Reta zunze ubumwe nmz’Amerika ikibazo cuburundi iriko iracitwaramwo nabi kandi harinaho usabga ifata igihugu cu Burundi nka State itwarwa muri US! Ikiyibagizako uburundi bumaze imyaka irenga 50 bwikukije! Wonyemezagute Ko amatora atazemerwa nabarundi kandaribo batoye kwatari ab’Anyamerika bagiywgiye gutora? Mwebwe nkabany’Amerika ntawobahatira ngonimwemere amatora yomukibdigihugu nkuburundi murafise uburenganzira bwojuyemera canke mukayanka ts’s up to u please take it easy, kubincuti yuburundi nabararundi ntibisigura kubaha amabwirizwa bagenderako, namwebwe mwemeje ivyabagabo gutorana nabagoro gurtyo vyaratubabaje ariko ntamategeko twabashizeko ngo ivyobintu mwemeje abanuamerika ntibavyemera ngokandi namakungu ntazovyenera, kandinuvyukuri turabiziko abany’Amerika beshi ivyovyokwubakana kwabantu bahuje ibitsina ndibavyemera, kandinamakungu meshi ntavyenera ariko nticabujije komurwbganisha iryotegeko handese twebwe abarundi kubwiahi aritwebwe twagiye kwitorwra indongozi turabasavye muduhe amahoro vubanabwagu nambamudashaka kuvumwa nanyagasani. Kandindababwire turaje tumenyesheko ikibicise cobaku Burundi tuzocivuna ntanikinya kandituziko vyose bizohaeurwa kugatwekanyu. Mbemuribuka kwinararyaguye murwanda 94 mwabigizemwo uruhara?
21 Mukakaro 2015, 18:37, par Mumpe
Leta zunye ubumwe za so dedembera hiyo be mwandika ibintu vy’ubwenge ahubwo nibaze nabo tubereke uko tugira abaturwanya tunafua(wash)
21 Mukakaro 2015, 19:01, par S Paul
Amerika nayo nyene irihenda kandi yarahuvye kuva kera cane ahubwo niyi kebuke!
21 Mukakaro 2015, 19:42, par SCANDALE
Erega kuba USA ifise mu mutwe ko itwara isi yose n’uku nyene tuyereka ko yihenda gato.Notre cher président tuzomurwa inyuma dushaka dupfe kuko ntaho twaba dusigaye
21 Mukakaro 2015, 20:03, par Berkad
Ndabatwenze Kabisa.Uwo Avuga Ko Leta Zunze Ubumwe Bwa America Itazemera Ivyavuye Mu Matora Yoba Akomeye?Twe Twamutoye Tumwemera Namwe Muremera Uwo Mwatoye Data Wanje.Mbega America Niyo Izodutwara? Canke Ni Nkurunziza Twitoreye Twemera?Bure Kuja Ku Mirimo Muheze Mwishinge Ngo America Izoba Reclamira!!!Amatora Yaheze Kandi Yagenze Neza Nkuko Vyari Vyitezwe.
21 Mukakaro 2015, 20:17, par Ndikumana oscar
amatora yabaye akwiye kwiyamirizw
a cane kuko adakwije mategeko. twosaba amakungu gufatira biboneka ibihano leta yuburundi.
21 Mukakaro 2015, 20:22, par Iribuka
Mbanze Ntwenge uwiyise africa ngo american yagize imipango yo gutembagaza ubutegetsi birayinanira iyuhimvye ntacoyimena ba uhisha bizogufasha kandi uzopfane ubwo bujuju bukurimwo. american ibishatse kumusi utarenze umwe nanzi ngo nkurumbi wanyu akoresha amashetani ameze gute ,yokora icishatse cose kubutaka bwuburundi ,american ikorera kurutonde ntawuyigisha ivyikwiye kuvuga
21 Mukakaro 2015, 20:26, par rutumo jean
amerika yibaza ko abatoy atari abarundi
21 Mukakaro 2015, 20:32, par Abarundi
NDASHAKA RETA ZUNZE UBUMWE BW’AMERICA BATUBWIRE IMPAVU BAVUZE NGO ABARUNDI AMATORA NTITUZOYEMERA KANDI ARITWEBWE TWAGITE KWITORERA INDONGOZI ZIGIYE KUDUSERUKIRA NEXT 5 yrs
21 Mukakaro 2015, 20:39, par Umukristo
Amerika Mbona Yotekereza Kuko Ntagihugu Cinjira Mukindi Ahubwo Abanyeporitike Nibaganire Kuko Bose Ntawuzozanira Kazoza Igihugu Nabarundi Bose Ninda Gusa,
21 Mukakaro 2015, 21:27, par BIKORIMANA Dieudonné
ahubw nibadukomesh kuk indongoz zac zishir inda imbere mbere nabund bar baratevye.kuk ntamunyaporitk aharanir inyung y’umunyaghug ANY ENO BODY
21 Mukakaro 2015, 21:35, par zuba
nibe nabandi barense kumategeko yahano kwisi america yo yarenze kumategeko yo mwijuru aho yemereraga abagabo kurongorana nabandi bagabo abigeme bakarongorana nabandi bigeme ntampanuro mwaha abandi kuko mukorera shetani. ahubwo Nkurunziza nabihoze Imana yomwihuru izomuha indi nyishu. naho amatora yemerwa nabeneyo si amakungu.
21 Mukakaro 2015, 21:56, par haringanji kabura
Ahuawo turashimiy retayuburundi kuk turavy ukuntu bashaka kwayamatora yogumayigizwinyuma gushika mukwezi 8 biragaragara kobaribashigikiy intwaro mfatakibanza.
21 Mukakaro 2015, 21:59, par Nkezimana Eric
Nukuri Amakungu Natugarukire,Nayahandi Turashira Ntakabuza.
21 Mukakaro 2015, 22:28, par kabizi
uwo munyamerika nimba ari umusazi! hari uwamutumye kwemera amatora ataje guhagarikira? ico bikora turazi ico yemera; ni gukokeza ingwano kuburundi.Mbe ko igihe baheruka gutera uburundi ko atavuze, eka mbere n’akajagari oposition iguma itera ko ataco ikavugako.position yabo turayizi nibagende hiyo.Aha bariko basuzugura abarundi bagiye gutora?ubwo bukoroni turabwanse!nibaje hiyo na homosexualité yabo bajane ba pacifique, ba vital , ba faustin n’abandi bose tuzi baje kuyigirira iwabo.muburundi apana!turi aba kristu
21 Mukakaro 2015, 22:43, par ahishakiye oscar v2
Maricani nimuzazi mbaya sana! mwenyesiasa kali mchonganishi•nisiasa mbona hawachukuwi hatua?
21 Mukakaro 2015, 23:15, par nahimana
Najewe, iconovuga, yaba, america yaba nkurumbi bose, nibabi mwiza ni yesu gusa, kuko, abahanzamaso nya pita pita cankamakungu badahazamaso, lmana yomwijuru bose basabirubusa bene deta ntimwitege, kobobaha mahoro nabo barayimpfuza ndabarangiru muti wuburundi( 1)nuko tubanza kwemera, amakosa yacu twese, atavyogutana kumwikomo.kukwabanya bwenge babiri ntibotsinyama ngwishe.(2)hakaboneka, abubaha, lmana nabayo, kukumuti wose nukubaha lmana, hanyumikaduha, ubwenge buviwayo bwogutunganti gihugu, kuko niyo yakiremye irakizi (3)kugirurukundo nugusangiri bibonetse. ntumere nka wawundi yaravuyibwami, agabanye, ahura namugenziwe, aramusaba timpako sha, ngo turankwiye, kandi barigusabikanya
21 Mukakaro 2015, 23:50, par nahimana
Najewe, iconovuga, yaba, america yaba nkurumbi bose, nibabi mwiza ni yesu gusa, kuko, abahanzamaso nya pita pita cankamakungu badahazamaso, lmana yomwijuru bose basabirubusa bene deta ntimwitege, kobobaha mahoro nabo barayimpfuza ndabarangiru muti wuburundi( 1)nuko tubanza kwemera, amakosa yacu twese, atavyogutana kumwikomo.kukwabanya bwenge babiri ntibotsinyama ngwishe.(2)hakaboneka, abubaha, lmana nabayo, kukumuti wose nukubaha lmana, hanyumikaduha, ubwenge buviwayo bwogutunganti gihugu, kuko niyo yakiremye irakizi (3)kugirurukundo nugusangiri bibonetse. ntumere nka wawundi yaravuyibwami, agabanye, ahura namugenziwe, aramusaba timpako sha, ngo turankwiye, kandi barigusabikanya
21 Mukakaro 2015, 23:54, par BIZOZA
Nibashake bareke nabone ntibabivukany ngo visa uwutojayo ntiyobaho? Bamwishimira hiyo muritonda basha nimw mutuyagamva twariko turiyunga muzotangara
22 Mukakaro 2015, 00:08, par nahimana
Najewe, iconovuga, yaba, america yaba nkurumbi bose, nibabi twizere yesu gusa. , kuko, abahanzamaso nya pita pita cankamakungu badahazamaso, lmana yomwijuru bose basabirubusa bene deta ntimwitege, kobobaha mahoro nabo barayimpfuza ndabarangiru muti wuburundi( 1)nuko tubanza kwemera, amakosa yacu twese, atavyogutana kumwikomo.kukwabanya bwenge babiri ntibotsinyama ngwishe.(2)hakaboneka, abubaha, lmana nabayo, kukumuti wose nukubaha lmana, hanyumikaduha, ubwenge buviwayo bwogutunganyi gihugu, kuko niyo yakiremye irakizi (3)kugirurukundo nugusangiri bibonetse. ntumere nka wawundi yaravuyibwami, agabanye, ahura namugenziwe, aramusaba timpako sha, ngo turankwiye, kandi barigusabikanya.ikibwigwa nicumva, icerekwa, nikibona.
22 Mukakaro 2015, 00:22, par rubanda
Kabizi, nimba wanka ubukoroni ubwo bukirisu uhayagiza ntiwabuzaniwe n’ubukoroni?? mbe basokuru bawe nta Mana bari bazi??? mbe ko ushima ubukirisu bw’abakoroni gusumba UKUBANDWA kwa basokuru bawe??????
22 Mukakaro 2015, 00:26, par nahimana
Najewe, iconovuga, yaba, america yaba nkurumbi bose, nibabi twizere yesu gusa. , kuko, abahanzamaso nya pita pita cankamakungu badahazamaso, lmana yomwijuru bose basabirubusa bene deta ntimwitege, kobobaha mahoro nabo barayimpfuza ndabarangiru muti wuburundi( 1)nuko tubanza kwemera, amakosa yacu twese, atavyogutana kumwikomo.kukwabanya bwenge babiri ntibotsinyama ngwishe.(2)hakaboneka, abubaha, lmana nabayo, kukumuti wose nukubaha lmana, hanyumikaduha, ubwenge buviwayo bwogutunganyi gihugu, kuko niyo yakiremye irakizi (3)kugirurukundo nugusangiri bibonetse. ntumere nka wawundi yaravuyibwami, agabanye, ahura namugenziwe, aramusaba timpako sha, ngo turankwiye, kandi barigusabikanya.ikibwigwa nicumva, icerekwa, nikibona.
22 Mukakaro 2015, 00:31, par nahimana
Najewe, iconovuga, yaba, america yaba nkurumbi bose, nibabi twizere yesu gusa. , kuko, abahanzamaso nya pita pita cankamakungu badahazamaso, lmana yomwijuru bose basabirubusa bene deta ntimwitege, kobobaha mahoro nabo barayimpfuza ndabarangiru muti wuburundi( 1)nuko tubanza kwemera, amakosa yacu twese, atavyogutana kumwikomo.kukwabanya bwenge babiri ntibotsinyama ngwishe.(2)hakaboneka, abubaha, lmana nabayo, kukumuti wose nukubaha lmana, hanyumikaduha, ubwenge buviwayo bwogutunganyi gihugu, kuko niyo yakiremye irakizi (3)kugirurukundo nugusangiri bibonetse. ntumere nka wawundi yaravuyibwami, agabanye, ahura namugenziwe, aramusaba timpako sha, ngo turankwiye, kandi barigusabikanya.ikibwigwa nicumva, icerekwa, nikibona.
22 Mukakaro 2015, 06:02, par UWIZEYIMANA.FREDINA
NUKURI.HAMWE.AMATORA.BOYEMERA.ABARUNDI.TWOBA.TURIIBIJUJU.NUKURI
22 Mukakaro 2015, 06:04, par UWIZEYIMANA.FREDINA
NUKURI.HAMWE.AMATORA.BOYEMERA.ABARUNDI.TWOBA.TURIIBIJUJU.NUKURI
22 Mukakaro 2015, 06:26, par Zachée Nahimana
Hadatwaye Rwasa Tuzobabara Cn!Abarundi Bensh Bipfuz Rwasa
22 Mukakaro 2015, 07:09, par KIGONGWE
EW AMERIKA WE IYO SIYONGINGO WOFATA AWUBWO WOKOMEZIMPANURO NIBIGANIRO KUKO N’UMUFUNGWA ARAGABURIRWA
22 Mukakaro 2015, 07:39, par Nduwimana
Va mumajambo muje mubikorwa kuk ivyuburundi bikwiye gutoregwa inyishu munzira zose zibaho haba mu biganiro canke munguvu.Quand l,injustice est loi,la résistance doit être un devoir!!!!
22 Mukakaro 2015, 07:49, par Swing LOV
Man,amerikay,yariyavuze Kera.Nihamwe Abarundi Tutumva?Reka Nakare Amatwi Impene.Yumva Yokeje??
22 Mukakaro 2015, 08:26, par Francois
Ibihugu Rutura Nka Amerika Vyotubahafi Mugusukamwomabisi
22 Mukakaro 2015, 08:28, par Francois
Ibihugu Rutura Nka Amerika Vyotubahafi Mugusukamwomabisi
22 Mukakaro 2015, 09:02, par washishwe peter
Kananira abagabo ntiyimye, aho ga mwihweje neza harukuri kurimwo? ntawupfa abimaze kuneza yiwe (petero) yobivamwo atanakimwe asavye ataraho akarinyuma karahinda, ikibabaje n’abavuga ko bari inyuma yiwe ntibizobasiga. Mana yo mwijuru dukureko icogihano nkurunziza.
22 Mukakaro 2015, 09:09, par washishwe peter
Uyo mugabo yigize sura ivu aho ntiyobivamwo? jewe sinzi icarondera aha niwe yabonye ko ari sebarundi nyambwa nyene ngo ni nkurunziza, ivyiwe turabizi abarinyuma yiwe mwoshaka mwohesha ibisaka vyimbwa bigiye gusha. mubona arengeye abo bose bariko bamuhanura.
22 Mukakaro 2015, 09:32, par FARAJ
AHUBWO PETERO NKURUNZIZA ASHAKA GUTWARA KUNGUVU
22 Mukakaro 2015, 09:57, par dodo
Burya abarundi batirwanyeko boja narwo ngo amakungu azobatabara mbega kuva 1972 abahutu bicwa n’abatutse amakungu yakoze iki ngo atabare ,ubuho ni abahutu bari ku butegetsi bica abahutu batari kuribwo wumva ...? ahubwo ni wamugani ngo ushaka umuhutu umutuma uwundi. burya ba dd rwasa yabacumeyeko iki yoba ariwe yabiciye abavye 1972 ?
22 Mukakaro 2015, 10:35, par Irakoze dominique
Amerika ishaka gusa idurubano,kuberiki nibabivuze kare?ube niwo mwanya wokubivug...nimwitwengere!!!abarudi bazoca bagyenda muri congo,tanzaniya,kenya,na ouganda kuragurir ivyo gurya...mugamb Umukuru wigihug arab neza naze...bafuye bshi.
22 Mukakaro 2015, 10:37, par Maurice
Abanyafurika nibo bagomba kwicyemurira ibibazo byabo Ese Igihe isi imaze ni ikihe kibazo kimwe cy’Afurika abazungu bakemuye bakemuye ?
Petero NKURUNZIZA akwiye kumva ko niba abanyagihugu batamushaka akwiye kurekura ubutegetsi cyane ntabikorwa bigaragra yakoreye abarundi.
22 Mukakaro 2015, 11:48, par nininazwe audace
ni mureke peternkurunziza atware igihugu , mwaragize cout d’etat irabata kuwamazi , imyiyerekano yarabananiye ,murarwana muronka ubusa kugihumbi .Atari kwonona igihugu mushaka iki yoooooooo.Ni mumaramarire hiyo cangwe mwomoke
22 Mukakaro 2015, 12:36, par nzambimanasimeon
Mbega Ko leta ya amerika ko ivuga ko itazokwemera amatora mu burundi,aho ifatira kuki ko twebwe abarundi beshi twaraye twitoreye uwo dushaka ko aturongora.mbega uburundi bwoba butwara na amerika?jewe ico mbona nuko amerika yoreka kwisuka mu bibazo vy’uburundi(la non ingerance)ikubahiriza ubwigenge bw’uburundi.twebwe abenegihugu le president S.E NKURUNZIZA PIERRE twamutoye tumwizigiye kandi niwe twipfuza ko atuyobora kuko tubona abishoboye.leta ya amerika twoyisaba gushigikira uburundi mu migambi y’iterambere,ntize gushigikira abaza gusambura igihugu cacu.
22 Mukakaro 2015, 19:24, par cyrille.NGOZI.
None kuki barundi ubwacu tutokwirondera mwinyishu?kuki twumva ko amakungu ariyo afise ijambo ryanyuma kuri twebwe?na reta ya amerika ubwayo irafise ibiyigoye,ukwo nukutemera ububasha abarundi ubwacu dufise.
22 Mukakaro 2015, 19:32, par NTUHENGAME
NIWIHANGANE AMERIKA KUKO WANS IVYO MUBURUJMDI NTIBISIGURA K ABARUNDI DUHUNG IGIHUGU CACU. MBEG UVUZE NG AMATORA NTAZOKWEMERWA N ABARUNDI N AMAKUNGU, HATOY AMAKUNGU? NIBA HATOY ABARUNDI, BAVUZE KO BATOYE NABI? UMUGAMBI WARAMENYEKANYD KANDI, AHO TWAVANY IGIHUGU TURAHAZI NTIMUTURONDERERE GUSUBIRAYO NTITUBEMERERA. MBABAJWE NA GWASA AGUMA AJURAGIRIKA AHENDWA, AGIGW IKORESHO N ABIRONDERERA INYUNGU MPUNGABANYA MAHORO. GWASA, EMER UREKUR ABOBAGABO KUKO BARAGOMB AGATWE KAWE PE. RINDIRA BIGIRE MUNAMA NSHINGAMATEKA. WIBAZ IYO BADATEG UMTTEGO WEWE KO ZIRYA NTEBE BAZIRONKA? WAR UMUGABO W UMWIZIGIRWA MUAB IWANYU ARIK URADUHEMUKIYE BIKABIJE! NTURIB UTABAYE NK UMUKURU W IGIHUGU WAMBERD W URWANDA INYUMWA YOGUFAT IGIHUGU KWA KAGAME N ABIWE. ICOKUMPA TUKAMARAN UMUSI NTIHOBUR IKIVAMWO. BARUNDI BEN IGIHUGU, NTIMWEMERE KUNYAGW IGIHUGU N ABIGIR INCUTI ZACU ARIWE MWANSI DUFISE. MBEGA AYO MAKUNGU AFIS INYUNGU KI MUKURYANISH ABARUNDI? NITWE TWATOYE KANDI NTAWE DUSAVY INDARO TURI MUGWACU.
22 Mukakaro 2015, 20:11, par jogingi marahwe
ko mwashikiy coup d etat bikanka ubu mushaka iki? uburundi burigenga.
22 Mukakaro 2015, 21:23, par Bimana
Ewe mwarfatiye afrika.nne mwbwe musrukira abrundi?reka uk8degmvya k8bindi bihugu.
22 Mukakaro 2015, 21:45, par Dogo rich
barundi barundikazi tuvuge make jew ndabna ko aho igihugu kigeze siheza c american ntacombna yofasha abarundi tureker uhoraho wenyen yikorere ahasigay umwan w umuntu ntacogenda
22 Mukakaro 2015, 22:53, par mahoro
mwese nabumvirije nsanga nihatari twiyita ngoturasenga ariko ntavyo tuzi nkankurumbi ndibuka atambira imana kumbe yatambira shetani emwe nabandanye ntaho azoshika
23 Mukakaro 2015, 05:21
PIERRE MASABO
23 Mukakaro 2015, 09:16, par nsabimana vianney
ntamugaba afatira uwundi ingingo murugo rwiwe uwuhanura arahanura ark vyanse mwenurugo arafata ingingo nkumugabo knd munyuma bica bigenda neza
23 Mukakaro 2015, 11:39, par Nitunga
Amatora Yagenze Neza Cane Twaraye Dutoye Indongozi Ntabadugwa
23 Mukakaro 2015, 20:17, par Fabrice maole
Aba batubuza amahoro, bakatubuza umutekano, bakatubuza ko twironderera ubuzima dutuje, nibabahashe babadufungure, jewe abanyagihu wumurundi nkunda igihugu canje ndemeza ivyavuye mumatora, nivyo, ntabusuma bwahavuye. Murakoze
23 Mukakaro 2015, 21:10, par Gasore
Ahubwo Iyo Bihera Ibishomeri Bikaronka Akazi
23 Mukakaro 2015, 21:41, par Gasore
Iyo Amahoro Aboneka Gusa.Nayo Abatware Nibamwe Ntawuzomenya Ko Naraye Ubusa
22 Myandagaro 2015, 22:27, par SAMUEL
amerika nitore igingo imwenimwe gusa kuburundi mbwananiranye.