Accueil > Amakuru > u Burundi > Amerika yahagaritse imigenderanire y’ubudandaji n’Uburundi
Amerika yahagaritse imigenderanire y’ubudandaji n’Uburundi
samedi 31 Gitugutu 2015, par
Umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, Barack Obama yahagaritse imigenderanire y’Ubudandaji n’Uburundi, mu nsiguro zatanzwe hakaba harimwo ubwicanyi hamwe n’uguhohotera agateka ka zina muntu bikorwa mu Burundi.
Amerika imenyesha ko imyiyamamazo y’itorwa ry’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yaranzwe n’ubwicanyi bwinshi, hamwe n’ugupfunga abatavuga rumwe n’ubutegetsi.
Umukuru w’igihugu Barack Obama amenyesha kandi ko ubwinshi bw’ivyiyumviro vya poritike butubahirizwa mu Burundi, akanegura n’uguhohotera abatavuga rumwe n’ubutegetsi kubandanya kwibonekeza. Ubutegetsi bwa Amerika bwagiriza Reta y’Uburundi ko yankiye imigambwe itavuga rumwe nayo kwiyamamaza mu matora aheruka kuba mu Burundi, igiporisi n’urwaruka rwegereye ubutegetsi rwahawe ibirwanisho bagatungwa agatoke ko bakoreshejwe mu gutera ubwoba abatavuga rumwe n’umugambwe uri ku butegetsi.
- Umukuru w’igihugu Barack OBAMA
Iyo migenderanire y’ubudandaji hagati y’Uburundi na Amerika yahora mu mugambi AGOA (Africa Growth and Opportunity Act) w’ugufasha ibihugu vyo muri Afrika gushora ibidandazwa muri Amerika, uwo mugambi ukaba ugiye guhagarara ku Burundi kuva kw’igenekerezo rya mbere Nzero 2016.
IGIHE
Messages
31 Gitugutu 2015, 09:49, par Kabuye
Mu Sabire Uburundi.
31 Gitugutu 2015, 09:58, par bebe
Uhubwo,mutama dufashe,nkurunziza tugitozintoke,kiri mumwesho
31 Gitugutu 2015, 10:12, par twarabahinyuye
Reka ubu naho tuzorabe ico bazovuga, ubwa mbere babesheye abatutsi, hanyuma ngo ni Sezibera nu Rwanda, bukey kabiri ngo ni Louis Michel n’ububirigi, budakey na kabiri ngo ni Union Europeenne,ejo bundi naho ngo ni Union Africaine ikoreshwa na union Europeenne,vuba cane ikiro c’ibiharage muzokigura 100.000 frb. Ntibizere ko bazobandanya guhemba abakozi ku mafaranga bikoreye ngo bikunde
31 Gitugutu 2015, 10:46, par Hitimana François
Karabaye none-ho,nivyahuha bigiy guhuhuka! None Nkurunziza,Ntiyorekura?
31 Gitugutu 2015, 10:50, par NDUWAYO
NONE GABASHA KONKURUNZI ADADITSE KANDI ADASHIGIKIWE IHEREZO RYIWE NABIWE RIZOGENDA GUTE? REKA TUBIRINDIRE TURABE NINABA NTARAHITANWA NABAGWANYA IKIRINGO CA 3 CANKE ABAGISHIGIKIYE
31 Gitugutu 2015, 10:53, par Bir_dragon
Ese American Ko Arico Gihugu Twemera Na Obama Aduhevye Vyogenda Gute?Tuhanzwe
31 Gitugutu 2015, 11:30, par Nizeyimana
Eheheheh, ahaaaa, muhagarare mukome, izi ningaruka zo kubuza Sezibera gukora akazi, Petero nisha kwelezeza sasa, murajahehe? amahanga ko abahagurukiye, ubushinzwa nabwo bumaze gutangaza ko butarikumwe nuburundi mu manyanga no kwica, africa yepfo nayo imaze gutangaza ko ihagaritse inkunga n’ubudandaji muraja hehe? Onu nayo isavye u Burundi gutahana abasoda bose bari bashinzwe kugarura umutekano kuko mu burundi nta wuhari? peter oyeeeeeeeeeee
31 Gitugutu 2015, 11:49, par KANUMBA
MUTAMAWACU KOMEZANYE AHUBWO UFATE NAYANDI MAHANO
31 Gitugutu 2015, 11:50, par Xavier
Amerika Ntakindi Ikeneye Atari Uguteza Antambara Muburundi Nkuko Bayiteje Muri Ribiya Nomuri Irake Turazi Neza Ko Bazikwatsa Umuriro Murafirika Ari Kuwuzimya Kuwuzimya Ntavyobashoboye Raba Ahobateje Intambara Hose Vyarabananiye Kuyihagarika.
31 Gitugutu 2015, 12:12, par Ishmael
Komera Obama ahubwo nutwo mwahora mubafashisha twaja munda zabo nimuduhagarike abanyagihugu ntaco tuzoba nakare mbona twirirwa twicwa ngo turi mumigambwe itavuga rumwe nubutegetsi mpaka amatora asubiwemo hatware Rwasa nubwo yahemutse canke mutama Ndayizeye
31 Gitugutu 2015, 12:53, par Habonimana.poss
nonenkatwebwabadandizituzobahoguge.mubigiremubizi
31 Gitugutu 2015, 13:16, par Majdy
None Muburundi Mumyaka Irimbere Tuzobaho Gute?Kumenga Nabategetsi Baribatunzwe Ninfanshanyo Ziva Hanze .None Twebwe Tuzoshobora Kubahemba?
31 Gitugutu 2015, 13:30, par Manirakiza tharcisse
Iyi mitereri yabategetsi buburundi muraturindagije twebwe abanyagihugu batobato. MBE ntimubona ko na western Union zo muri USA nuburundi zizohava zifungwa kubera ivyo bicuma vyanyu vyinda.
31 Gitugutu 2015, 13:47, par tropicananews
3 conséquences majeures de l’exclusion du Burundi de l’Agoa. http://goo.gl/J1sdlQ
31 Gitugutu 2015, 14:19, par ukunduRwanda
nibabakureho vyose kuko iyo leta ifise umurengwe
31 Gitugutu 2015, 14:34, par dezire uwamahoro
eee!! mureke nkurunziz nakagwi kiw kabicany batababarir abatwagwa biw. non nimba kok amerik ihagarits ubudandaj bwagahaw twahor twikorak dusigaranyik abobicany bahayagiza?
31 Gitugutu 2015, 14:44, par #bongo#
obama urishetani turakuzi nimana ntuyemera.ikindi muriko murakokeza imgwano kugira muronke ibitambo vya ma dayimoni yanyu mugabo ivyo muvuga nukwihenda ubu rusiya buzodufasha nkuko bwafashije siriya american yariyashigikiye abarwanya asade.natwe ntabwoba tuzokwicana atacamira.mugabo ntareta muzogondoza mwitwaje ivyobinyoma mudendekeranya
31 Gitugutu 2015, 15:07, par FIDELE EDDY
Petero NKURUNZIZA Nimba Azi Ko Imana Yo Mw’ijuru Iriho.Niyumvire Impanuro Kuko"kananira Abagabo Ntiyimye" Ninkuko Imana Ifise Kumuhora Amaraso Y’ABARUNDI Bariko Bapfa Kumvo Za Politique
31 Gitugutu 2015, 16:32, par None?
Ivyobintu vyose muvuze sivyo nubwomwompamagara nkaza kugirandabibasigurire noza atabwoba nabutoya mfise kubantu noku Mana.
Hanyuma nimuhagarike ivyontitwobipfa ariko muduhe amahoro ukomwarimwaje nikomuzogaruka akaryoshe kari Burundi. Muncamake mwibukeko bamwe mubababwira ko Imbonerakure zirikozirahabwa ibirwanisho nibobariko barabiha bamwe muba rundi arinavyo mubona biriko biraduhekura ibindinavyo abajejwe umutekano bakomeje kubiyoragura mubanyagihugu kubwishi. Mbega ivyontacobibabwira? Abari abanyabwenge iy’Isi irabacanze peeeeee!!!
31 Gitugutu 2015, 16:34, par Ukuri
Nubundi ntaco uburundi bwahungukiraga ..... Uburundi kumaze kuba igihugu kitagifatirwa ibihano bya bene ubwo buryo ..Eritrea, North Korea, Iran , Russia ni ibihugu biteye imbere kandi byitwa ko byahawe akato ..tugeze mu isi itandukanye niyo mumyaka 50 ishize.
31 Gitugutu 2015, 17:12, par Elias
Aho Bigez, Nibwo Buryo Bwiwe Bwo Guhanura.
31 Gitugutu 2015, 17:18, par Elias Nzeyimana
Aho Bigez, Nibwo Buryo Bwiw Bwo Guhanura.
31 Gitugutu 2015, 18:43, par k
Komeza gusenga
31 Gitugutu 2015, 19:20, par ibrahim ramadhan
american nidufashe twebwe abarund nu burundi kuri nkurunziza
31 Gitugutu 2015, 19:21, par ibrahim ramadhan
american nidufashe twebwe abarund nu burundi kuri nkurunziza
31 Gitugutu 2015, 20:28, par NDACASABA JEAN <KARUSI GIHOGAZI>
MBEGA YEMWE BARUNDI TUBE BANYAMWIGENDAKO? IYISI TWAYISANZEHO TUZOYISIGAHO JEHAMWE MWUMVIKANE TWOYE GUPFA NKABANA BINYONI
31 Gitugutu 2015, 20:53, par Elie
Abahona Tugyeguhonankibtungwakur Bonan!Abndibo Barujujamabanki Ayandihanj.
31 Gitugutu 2015, 21:01, par Jay z
kandi akagatama ka obama nagatutsi urumva karyo kadedemba akogahimbili ntimwoza tukabamesa mwamihimbili mwe karabe ikizuru iyombwa
31 Gitugutu 2015, 22:00, par tuveko
mwarimwatevye ahubwo iyabubunyene dushorahandi akaryoshe kariwacu uwufisinkwi aryibiye akanambi nambi kumwungu nikokatumye bawuteka bawusatuye kandi caraziwe ryarikinga rya royizi(aloys)
31 Gitugutu 2015, 23:18, par viyane
barundi dukomeze dusengeri gihugu cacu
1er Munyonyo 2015, 04:07, par Mpozamarira Erias
Komera nyakubahwa Obama kungingo mwafashe yoguhagarika ubudandaji hagati yu burundi na Marekani, nibindi bihano vyaruhasha ni bifatwe kugeza zinya mbonerakure zahawe ibirwanisho vyoku kwicisha abenigihugu babibatse, nabamwe batumye ikigihugu kirwa mubibazo, bafatwe bacirirwe imanza. bahereye kuri kizigenza wi gihugu,kuko itotezwe rikorerwa abanyagihugu niwe abituma kuko mugufata inzuki uhera kumwami wazo.
1er Munyonyo 2015, 05:42, par Bukuru
Burya atarukubesha abantu mwebwe mwovirira uburundi na democratie bufise .urumva nzyoye eeh...
1er Munyonyo 2015, 11:31, par Samuel Marandura
Emwe Nakara Bashora bike,ariko Reka hafatwe ingingo nkizo turabeko Uburundi(Abategetsi)bokwikebuka.Ahandi Amakungu agiye kutuharira ivomo
1er Munyonyo 2015, 14:29, par PIERRE
NYAKUBAHWA,SUBIZA ICO GITEKEREZO CAWEINYUMA,KUKO VYOSAMBURIRA BESHI
1er Munyonyo 2015, 20:27, par JOSEPH B #*?%%%%=
NONE TUGIYE KUBA ABANDE?MANA GENDERA PETERO NKURUNZIZA UMUGONDOZE NKUKO WAGONDOJE FARAWO NGIRAKO MBWIRA AMAKUNGU KO YOKOMEZA GUFASHA UBUDYO BWOSE IYINTWARO YA PETERO IGAHAGARARA.TURABABAJWE NIMIVYIMBA YUZUYE IGIHUGU.
1er Munyonyo 2015, 22:05, par saidi
ndashimiye cyane bwana obama ku igikorwa yakoze rwose uburundi buko ubwicyanyi bwishi cyane
1er Munyonyo 2015, 22:12, par sayidi
ndashimiye cyane bwana obama kungingo yafashe ahubwo yari yaratinze rwose
2 Munyonyo 2015, 05:42, par K
MWANYUMVIYE BABABTU BAHANO HAKURYA YAKANYARU MUGUCOMEKEREZA! MWIZINARYWE YIYISENGONI SAYIDI AVUZENGO OBAMA NGWAHUBWO yariyaratize (mukirundi’ ngoyariyaratevye) AHANDINAHO NGO’ NGWARASHIMYE cyane (cane) AHANDI NGO’ rwose (gose)
2 Munyonyo 2015, 07:12, par Jamarie
Umviriza,erega,mwibuke,aho,imana.Yashaka.Guhonya,igihugu,yanze,ica,kuri,iburahimu.Imubwira,iti,jewe,ngomba,ntikize,igihugu,kubera,ubutagondwa,bwabo.Muribuka,ingene,ibrahimu.Yinginze,avuga,ibitigiri,jewe,rero.Ntampamvu,numva,yukutufatira,ibihano.Kuko,niyo,umwana,agize,amakosa,ntibaca,bamuhana.Ahubwo Baramuhanura.Ishavu,ryumuvyeyi,ririririgwa,ntirirara.Obama...
2 Munyonyo 2015, 08:25, par ERIC Kwizerimana
Amerikantakundiyarikubigenza,itaronse ivyo ikeneyekutwiba ntamahorotuzoyironkana,ishakahatware abo ishakakoboyoroherezakudusahura kanacinda ntaho amerika yageze bigerabasomera aho irikwisihose namariragusa.iguma iteza umutekanomukemubihuguvyinshivyokwisi.
2 Munyonyo 2015, 09:02, par Richard
Ni hatari ivy uburundi bigiye kub bibi.mwisengere basha!
2 Munyonyo 2015, 13:25, par Alice Irumva
wewe wiyita jay z,wameshe benshi uwo ngira ntarimwo ntawe uhavya wanguha!Urabandanya umesa abo wamenyereye,mbe ntasoni!Bayina ndakugoye isoni zigira ufise ubwenge!Bandanya udambwa sha!
2 Munyonyo 2015, 14:25, par Alice Irumva
Les tonneaux vides ,inguguru ziri gusa ngo nizo zivuga, none namwe mwabategetsi buburundi ngo Amerika ntaco yari ibamariye nakare!Mbe ko mtabivuze kera canke ngo muvavanure batarabitangura kubikurako? Yooooh, utagira umuringa avuga ngo uranuka!Mwarahinyutse kuko Imana Rugiravyose kandi Mushoboravyose yariyemeje kubandagaza ikabashira ahabona muri vyoooose,bandanya murabe!"Soma 2timoteyo3:1-9
2 Munyonyo 2015, 18:03, par nsinangufi Jean pierre
Ariko se President Obama ubwo ubonye Pierre Nkurunziza ariwe ugomba gufatira ibihano kandi isi yuzuyemo abanyabyaha benshi kumurusha. Abamaze kubutegetsi imyaka irenga za 20 na 30 cyangwa abagiye kubugwaho ko mutabavuga.
2 Munyonyo 2015, 18:09, par KIJEMBE
MWESE MUHWANIRA FLIMASONI.
2 Munyonyo 2015, 18:10, par Bosco Minani
Emwe ubuho karabaye ngo akarimi kaguhema kakubwira ngo igiseru kirakuberey abahenda ubutegetsi barakadukoreye
2 Munyonyo 2015, 19:36, par NDIHO
IDYO NISHAVU DYUKO TWAKWIMYE KUKIMUTOSORUBURUNDI MUDATOSORIVYANYU? KUKI MWUMVA IVYAHO IBUJUMBURA MUTAJAHAGATIMUGIHUGU NGOMWUMVIDYOBAGON? ABOHANZE MURABIVYANYU
2 Munyonyo 2015, 19:43, par jeanclaude manirabona
Uburundi nigihugu cikukiye ntakungedera k uvyiyuviro vyabazugu akogahugarema kajekubutegeci abantu oo obama yajegusambura afica gusa sumwirabure sumuxugu turobaho nomugihe ca mbarugo twarabayeho
2 Munyonyo 2015, 19:45, par thomas
Imana isumba Obama kudakundwa kwankwa na Obama ntuba wanswe ni mana. Igifisintango kigira iherzo
2 Munyonyo 2015, 20:26, par Egide
Emwe Karabay!Amerika Iraduhevy Kabisaa?!?.
2 Munyonyo 2015, 20:37, par Sam
Ntaco Mvuze!
3 Munyonyo 2015, 02:54, par fidelite
@Egide
burya america hari echange yigeze ikorana n’uburundi ?Abo ni kongo bariko basoterako .Uyo mu metis vyaramunaniya kwasura securité y’abirabure muri USA,abirabure babaniga ku murango izuba riva,ubu umwirabure muri america yicwa kuruta mu gihe ca esclavage,vyaramunaniye none il vient jeter ses frustrations sur notre petit pays ,heureusement que ce n’est plus la première puissance mondiale sur tous les points,nibugare nimba hari ivyo twashora ntituzobura iyo tubijana,Uburundi ni agahugu keza imana yagahaye abahutu,congo nuko ivyaduka vyaratwinjiranye ariko tuzobanza gupfa twese cette fois,na obama ntazotubuza canke ngo adutegeke uko tubaho
3 Munyonyo 2015, 08:26, par elie
Mwebwe mwirirwa mwica abantu mwarangiza mukavuga ngo ;"Imana?" Imana niyo ibatuma kwica.Amerika yakoze ivyo igomba gukora kuko badahanye uburundi nta kindi gihugu bahana kwisi.Bavandimwe barundi rero mubyakire,kuko baca umugani mu kinyarwanda ngo"Urewishingishiye ararusoma" cg en francais"Qui seme le vent recolte la tempete" C`est la recolte de votre regime preside par NKURUNZIZA so ni mwumve.Gusa turihanganisha inzirakarengane zikomeje kuhasiga ubuzima.
3 Munyonyo 2015, 16:01, par martin
c’est claire que notre pays est devant le public des ennemis ça pourquoi?je suis un simple paysans mais je voix que les étrangers haïssent le Burundi car ils prennent les decision malheur pr le pays sans étre averti en preuve qu’ils ont écouté un seul côté alorsqu’ ils n’arrivaient à l’interieur du pays pour voir la paix et sécurite du peuple burundais.
4 Munyonyo 2015, 06:10, par bacemwo
Obanya irya mondo arashaka afate ibihano agomba ariko umuziro nuguhonyora imusongati nahandi heshi harabamaze kwereka igihugu cacu ko bagifitiyakamaro nibo bazomumesura
4 Munyonyo 2015, 07:38, par kibwa
nimurusomb muzorubona americ yo ntifyina habuz umwumvikano hakora inguvu.Mwibuke khadafi!
5 Munyonyo 2015, 07:38, par bigirmana leonidas
JEWE MBONA AMERICA YOBANZA IKAGERAGEZA GUFASHA MUKUGIRA HABE IBIGANIRO VYIHUTA VYOFASHA KURONKAMAHORO GUKO BAHAGARITSE UBUDANDAJI BETWEN AMERICA AND BDI NITWE ABANYAGIHUGU TUGIRA INGORANE ZOKUBAHO UBUZI BUCA BUKENA MBAYE NDABASHIMIRA NYAKUBAHWA PRESIDENT WA AMERICA MANY THANK YOU.
5 Munyonyo 2015, 22:20, par NYABENDA FREDERIC
RETA YUBURUNDI NIYIBUKE KO TURI IBIREMWA VY?IMANA AHANDI UBURUNDI BURARIMBUKA!
5 Munyonyo 2015, 22:26, par FREDERIC NYABENDA
NIBARABA UBURUNDI NTITUZIRE ABATEGETSI!
6 Munyonyo 2015, 14:13, par Eric Nsabimana
Bameny Ko Batorwa Nabo Bariko Bararya.Birababaj Cane,non Bazoshorer He?ntakund reka duhon triwe nabodukijij
17 Kigarama 2016, 14:49, par Gustave Nimpojeje
Oba Nakare Ngo"umwansi Agucira Icobo Imana Ikagucira Icanzo"naho Worinda Upfa Utagarutse Muburundi Abarundi Twarikukiye Twarasezey Intwaro Y’agahotoro Kiranoneho Baca Umugani ngo"agatoke Kamenyeye Gukomba Kama Gahese"