Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Amnesty International isaba amatohoza kw’iraswa rya P.C Mbonimpa
Amnesty International isaba amatohoza kw’iraswa rya P.C Mbonimpa
mardi 4 Myandagaro 2015
Ishirahamwe Amnesty International rimenyesha ko rikurikiranira hafi ibitero bikorwa ku baharanira agateka ka zina muntu mu Burundi.
Ribicishije ku rubuga rwaryo rwa Tweeter,Amnesty International imenyesha ko ikurikiranira hafi iraswa rya Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu nako abapfunzwe APRODH.
Amnesty International imenyesha ko Reta y ‘Uburundi itegerezwa gukora amatohoza kugira abagerageje kwica Petero Karaveri Mbonimpa bamenyekane,bashikanwe imbere y’ubutungane.
Van Naris Mugisha
Messages
4 Myandagaro 2015, 08:58, par gati
reta idafashe ingingo uwishe bamwice bataravye icari nicakora bara tumarira indongozi nyakwubahwaperezida ukanure abasi bariho mugihugu aha mwe ntimubona kobitoroshe
4 Myandagaro 2015, 09:35, par Ikiziga MBONIMPA
Muraga puuuu,suma ugenga wa ki aministie we,muraryogoy rero!Ko Adolphe nyakwubahwa yishwe mutavuze.Ayo macakubiri yanyu twarayahaze,mushigikira abatutsi gusa n’ibihutu vy’ibihemu nka MBONIMPA
4 Myandagaro 2015, 10:49, par Pontien
Ntanyagupfa nta nyagukira, abarundi b’umutima twese dukeneye amahoro!
4 Myandagaro 2015, 10:56, par Arc-en-b
Ibyobatekerejenivyo! arikw’igitangaje adolphe yarishwe arikonatangazo banditse! emwenamwebwe nikubarabaneza.
4 Myandagaro 2015, 11:23, par Manirakiza
Imana itabare uburundi gusa kuko umwe wese ariko anezerwa nuko uwo yita umwasi yapfuye canke yarashwe none mwibaza ko tweho dusigayehe izompfu zitwigisha iki izonkomere zitwigisha iki abo bazungu baratubesha tuzokwicana twongere turasane mugabo amaherezo nitwe tuxoba numuvumo wamaraso yasesetse mubutaka bwacu
4 Myandagaro 2015, 11:53, par PEREMANASI
YEMWE BANTU MUKUNDA,GUSENGERA UBURUNDI NIMUSENGECANE KUKO UBURUNDI BUGEZEHABI.NKUKUBONA UMUNTU,YIPFURIZA UWUNDI KOYOPFA NONE NKIZOSINGORANE DUSENGIMANA ITURWIZEKWIMBABAZI IKIZUBURUNDI NABARUNDI AMAHORO ASASAGARE. YESU NINYISHU YIBIBAZO VYACUVYOSE.
4 Myandagaro 2015, 13:40, par ndihokubwayo johnbosco
None dusubiye muntwaro zakera
4 Myandagaro 2015, 16:55, par Marius
Kuvugira Bamwe Ngo Nuko Arico Musangiye Canke Muhurirako Ntuba Urimvuga Kuri!Mbega Abaze Imisi Bapfa Ko Ataco Waze Haaa!!!Murinderetsi.Dusavye Indozi Z’uburundi Nk’umukuru W’igihugu Cacu Abe Maso !Abo Baduteranya Twicana ,turyana N’abansi B’igihugu N’uburundi.Barundi Dusangiye Ingorane Umukuru N’umuto Nimuze Dufatane Munda Turibamwe,muze Twiyamirize Abadushakako Inyungu Barwanya indongozi Twitoreye!Ntagikoroni Tugikeneye Hari Kera Subu;imana Nizigame Uburundi Iduhangaze.
4 Myandagaro 2015, 19:45, par Gérard
Manayanjeee!umubi numwiza bosenibamw kukitohoza rikorwakur p c gusa?adorf wegut?sivyizagucagura
4 Myandagaro 2015, 20:43, par MANARIYO,Emilienne
EGO,NIVYO,CANE.