IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ban Ki Moon arashima ingingo yafashwe n’umuhuza Benjamin Mkapa

Ban Ki Moon arashima ingingo yafashwe n’umuhuza Benjamin Mkapa

samedi 28 Rusama 2016, par egide

Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU amenyesha ko ashimishwa n’imibonano ya poritike yabaye hagati y’abarundi i Arusha muri Tanzaniya kuva ku magenekerezo ya 21 gushika 24 Rusama 2016.

Inyuma y’iyo mibonano yari ihagarikiwe n’uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzaniya Benjamin William Mkapa, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki Moon arashimishwa n’ingingo yafashwe n’umufasha yo kubandanya imibonano n’abatabashije kuba kumwe n’abandi i Arusha.

Ban Ki Moon amenyesha ko umuti w’indyane za poritike zimaze umwaka uzobonekera mu biganiro bihuza bose, bishingiye ku kwubahiriza ibwirizwa nshingiro, hamwe n’amasezerano ya Arusha.

Ban Ki Moon asaba ONU ko yofasha ivyankenerwa bikenewe n’ibiro vy’umuhuza kugira ivyo biganiro bibandanye bigenda neza


IGIHE

Messages

  • Inzirayamahoro Nukuganira Igihugu,sicumuntumwe,nukwubahirizamasezerano, Mukapa,nabikurikiranirehafiningoga Abankibiganiro Nukubatamumvuto Nibobamaze Intwazangabo,mugisoda,nomugiporisi.Ntamukoroneri Anyuruzwankimpene,ndavyumvisemuburundi.Amahoro.

  • Turashaka amahoro .Amahoro amahoro amahoro.....

  • Ntawutobishima Twes Abarundi. Kiretse Abagomba Intambara.

  • URAGOHORA URASHIMA KUKO NOMUBURUNDI NAGACAMWO AMAHORO ARIHO KANDA KUBAHIRIZA IBWIRIZWA SHINGIRO NISAW UZOHORE USHIMA MUZE

  • mukapa nageragezez ariko abashaka kwigungrako muburundi baracari ba inshi! aha mbona ibi biganira bisa n’uko abashakanye bakwahukana(divorce) maze bakabasubiza kwa priest ou paster kumisioni (arusha) hagafatwa icemezo co gusubizamwo indagano bagize igihe barushinga(signature de l’accord d’arusha).aha haca habazwa nimba igihe amasezerano yashirwako umukono hari uwaba yarasunitsw mugufata icemezo.bibaye uko uwoba yarenze kumasezerano,yoba asuzuguy abari muri ivyo biganiro ndetse naw nyene atiyibagiye abarundi bose dushizeko n’abanyamahanga.ntakuvga yose ariko ukuri ni kumwe.

  • Boganira nkabazi ko abanyagihugu baruhishijwe n’imyifato zabirondera inyungu zabo.Mbega uwashonje iyo ahaze ni ngombga kwibagira uwobasonzanye?
    Bibiliya itwereka abapfunganywe na Yosefu ,Bashitse i Bwami barihoreye,

    Banyepolitike murazi ko igihe c’Imana cuzuye Umwenegihugu nyarucari azibukwa namwe mukebeba? Nibareke gukinira urusimbi kubuzima bw’abantu.

  • ndashimiye reta yitavy ibiganiro naho bayitoteza kandi itwara neza

  • ndashimiye reta yitavy ibiganiro naho bayitoteza kandi itwara neza

  • Wavuga Neza Sh Gusa Nukobatumva Donc Au Bndi Cé Trè Grave Dire

  • IBINDIBIGANIRO BIZOBA RYARI

  • MWEBWE ABAZUNGU GUSHIMA NUKUDASHIMA VYANYU NTAWE VYOTANGAZA IVYANYA TURABIZI MURI BA NTAMBA IYO BWEZE

  • GUSHIMA NIVYO MUZE HANURAMUGABO BENEWANYU BAREKE GUSHIGIKIRA INKOZI ZIBI MUBURUND WTARATOYE KANDI TUZOKWAWA TWITORERA ABASHAKAGUKEBEGWA BAWONDOKENBARE

  • Ahubwo mkapa izondwi zibibiri yatanze ninyishi iyatanga imisi ibiri gusa yogusubira guhura kuko nkurunziza nakarwi kiwe bagiye kutumarako abacu atacamira ikindi ndashimiye banikimune kuriryojamba ubundi ibiganiro ntakindi bigomba gushingirako atari kumasezerano yarusha nibwirizwa shingiro ntakindi abarundi bagomba gukora uretse gusubira kwiyemeza ubutakigaruka gusonera ayo masezerano nogushinga ibihano ruhasha kubayarenzeko nabazohirahira bagasubira kuyarenga

  • Natwebwe turakengurutse nkabarundi bakudiguhugu ibiganironibibandanye kanditurizeyekobizogendaneza

  • Murahumba Amategeko Aratomoye Kandi Ntawarenze Ahubwo Nabashaka Ubutegetsi Babwimwe Nabenegihugu Baguma Bonona Ninaco Catumye Batitaba.

  • Komeza Hagaruke Umutekano.

  • nivyiza cane natwe abarundi twarabishimye ariko banyarutse kugirango abarundi tureke kuguma twunva amajambo yiterabwoba kandi abicanyi baguma bica abandi bahagarare ok

  • Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima!Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Tukamwereka.

  • Pita akananakuvakomusunike,intekomvamakungunyishi,natwemucemutuha,ibitaritwikorere,akazi,kukontasumva,ububash,sondamusene

  • Ndashimiy Reta Yoyo Yemey Kuganira Nabantu Bayigwanya Ndayishimiye Gwose

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.