Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ban Ki-Moon na Obama bamenyesha ko hakenewe ibiganiro vyihutirwa mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ban Ki-Moon na Obama bamenyesha ko hakenewe ibiganiro vyihutirwa mu (...)

Ban Ki-Moon na Obama bamenyesha ko hakenewe ibiganiro vyihutirwa mu Burundi

jeudi 17 Kigarama 2015

Umunyamabanga mukuru wa ONU Ban Ki-Moon na Barack Obama umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika bamenyesha ko hakenewe ibiganiro bihuza impande zose mu Burundi n’inzego mpuzamakungu mu maguru masha mu ntumbero yo gutorera inyishu ibibazo vya politike mu Burundi.

Mu kiganiro bagiranye kuri Telefone kuwa mbere igenekerezo rya 14 Kigarama 2015,Ban Ki-Moon na Barack Obama bavuze ko ikibazo kiri mu Burundi kimaze kujana abarundi ibihumbi mu kaga.

Naho igihugu c’Ubuganda gihagarikiye ibiganiro casavye amafaranga atari make kugira gitnguze ibiganiro,ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya ryaremeye gutanga amafaranga yofasha ariko rica risaba ko vyoba ibiganiro bitorera inyishu vy’ukuri ibibazo vya politike bir mu Burundi.

Ibihugu bitari bike biramaze gusaba ko hoba ibiganiro bihuza impande zose mu ntumbero yo kugarukana umutekano mu gihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.