Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
BRARUDI yatanguje ikinyobwa gishasha : Amstel Royale - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > BRARUDI yatanguje ikinyobwa gishasha : Amstel Royale

BRARUDI yatanguje ikinyobwa gishasha : Amstel Royale

mardi 23 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Ishirahamwe rihingura ibinyobwa mu Burundi, BRARUDI, ryatanguje kuri uwu wa kabiri ikinyobwa gishasha, Amstel Royale.

Ico kinyobwa kingana na sentiritiro mirongo itanu mw’icupa rimwe (50 cl) gikozwe ijana kw’ijana muri "Malt" kikaba kandi kitagira isukari yongewemwo mu kugihingura.

Amstel Royale iri mw’icupa ry’icatsi kibisi, ikagurishwa amafaranga igihumbi n’amajana umunani y’amarundi kw’icupa rimwe (1800 Frs Bu par bouteille).

Urugero rw’umwambiro (degré d’alcool) ruri muri "Amstel Royale" rungana n’ibice bitanu kw’ijana (5%)


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.