Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Amazu 15 avunja amafaranga y’agaciro yugawe
Bujumbura : Amazu 15 avunja amafaranga y’agaciro yugawe
mardi 9 Myandagaro 2016, par
Amazu agera kuri 15 yo mu gisagara ca Bujumbura asanzwe avunja amafaranga y’agaciro yugawe, n’abantu 12 bakora umwuga w’ukuvunja amafaranga y’agaciro bahagaritswe n’igiporisi c’Uburundi kuri uwu wa mbere.
Mu giporisi c’Uburundi basigura ko ayo mazu yugawe hamwe n’abo bantu bafashwe bagirizwa kutubahiriza n’ikiguzi c’ukuvunja (Taux de change) cashizweho na banki nkuru y’igihugu c’Uburundi, bakagirizwa kandi ko bashaka kwikika mu kiza, mu kurondera akarunguko karenze urugero.
Abo bantu bafashwe mu mukwabu wabaye kuri uwu wa mbere mu gisagara ca Bujumbura, benshi bakaba bafatiwe mu kibanza kiri hafi y’inyubakwa bita "Kwa Ndamama".
IGIHE
Messages
9 Myandagaro 2016, 08:10, par polo
Igipolisi kirashimw inguvu hama kigaca kireka , hamwe bobandanya bashira mwinguv idolale ryogabanuka bimwe biboneka, arik uyumusi barashuha bukeye bagaca babireka nibabandanye bashira mwinguvu murako ibiciro bitagabanuka kurugero rushimishije
9 Myandagaro 2016, 08:19, par emma
IGIHE KIRAGEZE KO NKURU NZIZA AMENYA NEZA KO IYISI IFITE ABAYITEGEKA AMAHERA YOSE AZAMUSHIRABA MUGIHUGU ASUBIRE GUHEKENYA IMYUMBATI MWISHYAMBA WE SUBIRI SIO MBALI SANA
9 Myandagaro 2016, 08:43, par .Com
Kubita Iyo Mihimbiri Ishaka Kutwicisha Inzara Ngo Yitwaje Ubusuma.
9 Myandagaro 2016, 11:10, par KANUMA
MUKEMERAKO ABATUTSIBASUBIRAGUTWARA NANYUMBAKUMI AZOBUMUTUTSI KANDUMUHUTUAZOTOTEZWA MUBEMASORERO IYOMIKOMA NTITWARE COFUMAGITWARUWUNDI AKABAMUHUTU
9 Myandagaro 2016, 11:48, par Tijos
Mwe ni murindire, economie ntuyirasa canke uyitumeko SNR n’imbonerakure. Muzomanika amaboko mwiyirukane mwebwe nyene. Nababahora inyuma, inzara niyabanyukura ntibazosubira kuvuga bazoba ibiragi bose hatavuyemwo n’umwe
9 Myandagaro 2016, 13:08, par mazina
murabesha ngiyo lero 3 eme mandant bavuga. umuzungu sikijuju mwebwe nyene muziyomora ndababariye
9 Myandagaro 2016, 15:12, par Falcon50
Abazungu nabana ba ABULAHAMU mwanka mwemera na BIBLE irabivuga,rindira nkurumbi abacishe ubwenge mwambwa mwe,nipantalon mwambaye nkurumbi azozigurisha.
9 Myandagaro 2016, 16:13, par Proud to be rwandan
Hjhhhhhhhhhhhhhhh ibyo bifaranga byamarundi biraje bimere nka bimwe byo muri Zimbabwe aho muzajya mujya kugura umugati mukitwaza ingorofani yamafaranga wajya kwituma ugasanga bibye ingorofani ibifaranga babimennye hasi. Mbahaye igihe gito kbsa ibihumbi 100 byamarundi biravunja 20000byamanyarwanda. Hhhhhhhhh muzicuza kwanga kohereza ibicuruzwa mu rda mba ndoga rwema
9 Myandagaro 2016, 17:06, par Kanyosha
Reka tubacemwo namwe mwishinge ngumuzungu, umuzungu aharanira inyungu zigihugu ciwe ntaharanira inyungu zuwigize mujeri, umurundi yiyizi kwatari mujeri aharanira inyungu zigihugu ciwe ntaharanira inyungu zumuzungu ngongere abariwe ahayagiza ngwarazubwenge ngomuzomubona ahubwo wewe umurundi wukuri urahangananabo ukavugati harikera ati mwabonye ko tutagikangwa atimwoshaka mugatekereza.
9 Myandagaro 2016, 20:15, par Mucezo
En fait uruhumyi rwanyu nirwo ruzota igihugu mu manga. Ejo bundi les medias de destruction zabaye ubuhojojo mubona , muri aho gushika aho igihugu gihakwa kuba umunyota. Uyu musi abavunjayi bakora uko bashaka gushika aho ifaranga ry’ Uburundi riba ivyatsi. N’ibindi n’ibindi. Ukudakora ico mujejwe, ukutagira control kubera justement corruption mwasasiye indava, muza kwikangura ibintu vyayangaye. Murabaza empire Ottoman yasambuwe na corruption, mucezo wa ndani.None namwe rindira gato muzisambura mwebwe nyene. Ikibabaje nuko muzoduhitana.
10 Myandagaro 2016, 00:04, par Mariya Budangwa
@Proud to be rwandan
Ivyimbugwa vyacu tuzobirya namwe ni murye ayo ma étages nama dollars yanyu hanyuma muduhe amahoro, ubuze ama dollars ufise ivyokurya ntupfa.
10 Myandagaro 2016, 16:18, par Dusenge Izadutungape
Ibyuburundi Nimubirekere Imana , Kandi Uburundi Ntamakungu Dukeyekwatu Depana Turikwijye , Dukure Amaboko Mumpuzu , Tudya Dukora Dukora Dusenga , N’abanyisirayeli Barabohowe N’uhoraho Barimubugararwa , Abaha Manu
10 Myandagaro 2016, 16:19, par Dusenge Izadutungape
Ibyuburundi Nimubirekere Imana , Kandi Uburundi Ntamakungu Dukeyekwatu Depana Turikwijye , Dukure Amaboko Mumpuzu , Tudya Dukora Dukora Dusenga , N’abanyisirayeli Barabohowe N’uhoraho Barimubugararwa , Abaha Manu
11 Myandagaro 2016, 12:39, par Proud to be rwandan
@ Maria Budangwa, hjhhhhh ikibazo wowe ntusoma amakuru ibiro ntaramakuru byabashinwa buratangaza ko abaturage banyu mu ntara ya kibitoki batangiye kwinubira ibyemezo perezida wanyu yabafatiye byo kudacuruza mu Rwanda inyanya zatangiye kuborera mu mirima... Babuze amafaranga yo kwishyura amabanki kubera imyenda bafashe. Ntukagendere mu kigare mujye mushyira mugaciro.... Ubuse Peter azabishyurira? Mutuze abanyarwanda nabarundi turi abavandimwe muve mu maporitike.
11 Myandagaro 2016, 21:02, par Emil
None Abarimugihu Hagati Bakora Iki Ko Inzara Idahera