Accueil > Amakuru > u Burundi > Imboneshakure Rema TV imaze iminsi idakora
Imboneshakure Rema TV imaze iminsi idakora
dimanche 28 Ndamukiza 2013
Imboneshakure y’iradiyo Rema fm izwi kw’izina rya Rema TV, imaze iminsi idakora haraheze igihe.
Nkuko abarongoye iyo mboneshakure babivuga, ngo ivyuma vyahora bituma ama sanamu asohoka, vyaratwawe n’imvura imaze iminsi igwa mu gisagara ca Bujumbura.
Iradiyo nayo ubu ikorera ku murongo wa 107.5 ,ntikiri k’umurongo wa 88.6.
Floxella Karire
Messages
30 Ndamukiza 2013, 03:29, par nibizi
nukuri birababaje kubona antene ihitanwa n’amazi,nagira ndabamenyeshe yuko nezerezwa nindirimbo z’Imana zica kuri Rema T.V ibindi navyo nimubandanye munduhereza inkuru zitandukanye,hamwe niziremesha imitima y’Abarundi.Impanuro nuko imvugo zabamenyesha makuru batandukanye ziteye ubwoba nubahanura yuko mwokwingengesera mukuvuga amajambo anwanisha yubaka abarundi Imana ikingire uburundi n’abarundi/((igihugu gihoremwo abagabo intahe yiganze i Burundi))
22 Ndamukiza 2015, 17:32, par GEORJE
BIRAMBABAJENAHORANIYUMVIRAIGITUMA,NKABURAUWOMBAZA,NTITUKIRABA,TWEBWE,IBUBANZA,NIMUKOREIBISHOBOKAVYOSEDUSUBIKURABA,TV,YACU
17 Rusama 2015, 11:46, par NDAYIKEZA JEAN BOSCO
IYI TELEVISION YAHORA IDUTERAMISHA AHUBWO NI MURABE MUBINYARUTSE MUSUBIRIZE IBINDI VYUMA,AHANDI HO DUHOMVYE VYINSHI.MURAKOZE NI MUKOMERE!