Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rawurenti Kavakure yarakiriye abaserukira Ibihugu vyabo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rawurenti Kavakure yarakiriye abaserukira Ibihugu vyabo

Rawurenti Kavakure yarakiriye abaserukira Ibihugu vyabo

mardi 30 Ndamukiza 2013

Imvo nyamukuru yakoranije umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ibindi bihugu, kwari ukuvugana ibijanye na yanteguro y’itegeko rizogenga umwuga wo kumenyesha amakuru , urupapuro rwinzira rushira amatora y’umwaka 2015, umwimbu mu murwi w’igihugu ujejwe ibibazo vy’amatongo no gusubiza muzabo abaziteshejwe CNTB.

Muri uwo mubonano kandi, bararabiye hamwe utuntu n’ utundi aho bavuganye ku kibazo ca Zebiya Ngendakumana w’i Businde mu ntara ya Kayanza.

Muri iyo nama nyene hari hitavye umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Edwari Nduwimana, umukuru w’umurwi CNTB Musenyeri Serapiyo Bambonanire, kandi hari hitavye umuhanuzi mukuru mu biro vy’icegero ca kabiri c’umukuru w’igihugu, ajejwe ibibazo vy’ubutunzi n’imibano.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.