Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Buyoya yemeza ko ari akarorero mu gusubiza ubutegetsi ku neza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Buyoya yemeza ko ari akarorero mu gusubiza ubutegetsi ku neza

Buyoya yemeza ko ari akarorero mu gusubiza ubutegetsi ku neza

vendredi 5 Nyakanga 2014

Mu gihe Petero Buyoya ariko ariyamamariza kurongora ishirahamwe ry’abavuga ururimi rw’igifaransa, aremeza ko kuba yarashitse ku butegetsi mu Burundi abanje gutembagaza ubutegetsi atangaruka bizomutera, mu gihe avuga ko yabaye akarorero mu kubuvako.

Buyoya yatembagaje ubutegetsi kabiri kose rimwe mu mwaka w’1987 ahandi mu mwaka w’1996, avuga ko ico gihe yasubije ubutegetsi ku neza. Umukenguzamateka Petero Buyoya akaba yishuye ko igihe yatembagaza ubutegetsi bwa Yohani Batista Bagaza, yasubije ubutegetsi mu mwaka w’1993 neza, abusubiza Melchior Ndadaye yari ahejeje gutsinda amatora ashigikiwe n’umugambwe Sahwanya Frodebu. Nayo mu mwaka w’1996 atembagaje ubutegetsi bwa Sylvestre Ntibantunganya, Petero Buyoya avuga ko yabusubije neza, ndetse hagatunganywa n’ibiganiro, amasezerano ya Arusha araterwako umukono, amahoro aratsimbatara mu gihugu.

JPEG - 41.5 ko
Petero Buyoya

Avuga ko mu bihugu vya Afrika kugeza ubu hari ingorane y’ingene abakuru b’ibihugu basubiza ubutegetsi, mu gihe wewe avuga ko ico kitari ikibazo kuri we, aho avuga ko ivyo vyari bikwiye n’uguha icigwa abandi. Petero Buyoya yahoze arongoye Uburundi, akaba ariko arahiganwa n’abandi mu kibanza c’ukurongora ishirahamwe ry’abavuga ururimi rw’igifaransa.


Aristide Nizigire

Messages

  • Hooooo rek,uwo mumenja yamazabantu ngo yatanzutegetsi kune nukuntu yatikijinganda naho yiyambits,izera mwijuru ho bazomucirurwakwiye!

  • Oya Buyoya vuga ibindi Ivyo bireke sha Ayo wakoze arindwa umubi.Reka gukora munkovu bene burundi reka reka..

  • Komera mutama wahinduye vyinshi mu gihugu. Intara zose ziriga, ubwoko bwose mumashule nomu gisoda. Umurundi atey’imbere n’uburundi buba butey’imbere. Resta n’ibandanye igushigikira.

  • Muma tekereza ivyaebirazwi naho utobivuga ababibonye twarabibonye ariko inkumi ibanziza iyindi itaravuka rero ntunde abarundi

  • ARIKO BUYOYA TURAVYE INGENE WEWE N’AKARWI MWARI MUCURITSE HAMWE IMITWE MUKUGIRA INAMA YO KUGANDAGURA BUNYAMASWA NYAKUBAHWA NDANDAYE HAMWE N’IBIHANGANGE VYAMUFASHA KURONGORA UBURUNDI BUSHASHA BUZIRA AKAGAYE N’AGASUZUGURO. AHO TWOVUGAKO WAMUHAYE UBUTEGETSI N’UMUTIMA MWIZA? MBEGA KO N’UWASUBIYE KU BUTEGETSI INYUMA Y’URUFU RWA NTARYAMIRA ARI MU MURYANGO WA POLITIQUE WA NDADAYE NYAKUBAHWA NTIBANTUNGANYA KO WAMWIRAHIYE UMUNYAGA UBUTEGETSI BENE UMURANGO BABONA NONE AHO TWOVUGAKO IVYO WAGIZE VYOKUTUBAHIRIZA UBUTEGETSI BWA NTIBANTUNGANYA KO ARIKO AKARORERO KEZA WORAGA ABANTU? MURAKOZE.

  • Buyoya ahugeze nuko worya hama ukaruhuka kuko ivyawe turabizi ivyo wakoze

  • abo bamuvuga nabi usanga yari zankozi zi bibi zari mwo gusesa amaraso yinzira karangane

  • Ahubwo nawe nafatwe aryozwe ibyo yakoze.
    Abazwe abanyacubahiro yishe

  • Ahubwo nawe nafatwe aryozwe ibyo yakoze.
    Abazwe abanyacubahiro yishe

  • BUYOYA urumugabo niwivugire ugira urabesha.oyaa abo ba dd ntiwabahaye igihugu kuko bagusumbije ingumvu canke ubwenge .gucisha bugufi imbere yamakungu .kandi nuburyo urabufise turabizi uzobaho atacowinona .uranatonye mumakungu (REKA IVYO BISAMBO BIZIBONERAKO NIVYO BATUNZE BIZOBAPFAKO UBUSA., NIBANKUNDA KURYA.............)

  • HAAAAAAAAAAAAAAAA. MBEGA UMUBESHYI BUYOYA, UKIHANDAGAZA UKAMBARA IKOTI UKABESHYA, AHUBWO USHYIKIRIZWE SENTALE UBAZWE IBYOWAKOZE, UTEMBAGAZA ITWALO . ABANYAGIHUGU BITOREYE, UKAGANDAGURA UMUSHINGANTAHE, NDANDAYE, ABANYAGIHUGU BITOYE. AKAMARAMARA, BASHINGANTAHE, NAMWE BAKENYEZI

  • HAAAAAAAAAAAAAAAA. MBEGA UMUBESHYI BUYOYA, UKIHANDAGAZA UKAMBARA IKOTI UKABESHYA, AHUBWO USHYIKIRIZWE SENTALE UBAZWE IBYOWAKOZE, UTEMBAGAZA ITWALO . ABANYAGIHUGU BITOREYE, UKAGANDAGURA UMUSHINGANTAHE, NDANDAYE, ABANYAGIHUGU BITOYE. AKAMARAMARA, BASHINGANTAHE, NAMWE BAKENYEZI

  • BASHINGANTAHE NAMWE BAKENYEZI AHUBWO BUYOYA ASHOBORA KUBA ARUMUROZI KUBONA, ADASHYIKIRIZWA SENTALE, YAHONYANZE AGATEKA KAMUNTU. AKAMARAMARA

  • Ntabwo I mañana yomwemerera kuko ivyantega na marangara arabizi . Uzi ingene bavuze musananje gushiks Ubu ntazi Ito so please tell him to think about the blood of others how he can be elected again wi’ll see!

  • ari ko BUYOYA !!!!!!!NI BAKUREKE W’ITWARIRE NAHO WAMPAMYE IGAHATSWA NO KUNYICA .NDAKUBABARIYE NAHO WARIWARASHAVUJE .KANDI UMENYE KO TURI KW’ISI UBWIRE NA BA DD.

  • birababaje canke kubona buyoya agandagura Ndandaye akaba akidedebya adashikirizwa sentale ubutungane kuri bose

  • Buyoya agatinyuka Kambara ikoti nziza canke kositime nziza. Ahubwoshyikirizwe sentale

  • Kubona wakoze amabi angana kuriya, ukica abanyagihugu ibihumbi n’ibihumbagiza, ukica n’umukuru w’igihugu yitorewe n’abanyagihugu muri 1993,hama ugatanga ubutegetsi hatabaye intambara, ako ni akarorero IYI NTWARO YA cndd fdd yorabirako.Nayone imaze gukora amabi mbere aruta nayo Buyoya yakoze.Nitange ubutegetsi Abarundi turarushe.Kuko iyi ntwaro yabo ntaho itaniye n’intwaro y’agacinyizo y’Abatutsi twahozemwo.Nibarekure.

  • ikicanyi buyoya. cyagandaguye Ndadaye. umuhungu wacu abanyarwanda bigishije amashuli yisumbuye yayigiye irwanda. ahobarundi mwacinyizaga abahutu, nanubu bigikomeza mukabyambukan mukabigeza murwanda, amashu arabatutsi, akazi utarumuhutu ntiyige ahubwo baratinze kudagushikiriza sentaleibikomangoma wagandaguye byiburundi

  • ikicanyi buyoya. cyagandaguye Ndadaye. umuhungu wacu abanyarwanda bigishije amashuli yisumbuye yayigiye irwanda. ahobarundi mwacinyizaga abahutu, nanubu bigikomeza mukabyambukan mukabigeza murwanda, amashu arabatutsi, akazi utarumuhutu ntiyige ahubwo baratinze kudagushikiriza sentaleibikomangoma wagandaguye byiburundi

  • irambir mutama buyoya utorw n’abarund isinz hamw n’amakung aragushigikiye.uri intwari ni bake muri afrika batanga ubutegetsi ku neza

  • Je nibaza ko atari cndd na fnl ari ivyo vyakoze amabi gusa mu burundi,hamwe hamwe cndd ndayishigikira,uti kubera iki?iyo Nkurunziza yari gutwara adafise abagwanyi,ntibaba baramugize nka Ndadaye canke Ntibantunganya?je nama nabivuze,Buyoya adapfuye,Uburundi ntibuzopfa buronse amahoro,ibibi vyose gushika uyu munota niwe abikora.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.