Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CENI : Abazitoza kurongora igihugu barasabwa amadosiye yabo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > CENI : Abazitoza kurongora igihugu barasabwa amadosiye yabo

CENI : Abazitoza kurongora igihugu barasabwa amadosiye yabo

mardi 28 Ndamukiza 2015, par IGIHE

Ikiringo co gushikana amadosiye ku bazitoza mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe, ni hagati y’igenekerezo rya 30 gushika kuwa 9 Rusama umwaka w’2015.

Mw’itangazo ryasohowe n’umurwi CENI kuri uno wa 27 Ndamukiza , basaba abarongoye imigambwe , inani ,n’abigenga ko botangura gushikana amadosiye yabo guhera kuri uno wa 30 Ndamukiza.

Muri iryo tangazo bamenyesha ko mw’idosiye imwe imwe itegerezwa kugira ibipapuro 11, icerekana ivyo uwitoza yaranguye (curriculum-vitae du candidat),igipapuro cerekana aho umuntu yavukiye na ryari yavutse (Extrait d’acte de naissance , hamwe n’ibipapuro vyerekana ingene azoriha ya ngwati y’imiriyoni 15 isabwa kuwitoza, nk’uko bishikirizwa n’umukuru w’umurwi CENI ,Petero karaveri Ndayicariye


Floxella Karire

Messages

  • EGO GUTANGA AMADOSSIER NIVYIZA UMUKURU WA CENI KANDI TURAMUTAMBIYE ARABE ADUHE UDUFARANGA TWACU NUBU NTIBARADUHEMBA NAVUGE KO ATAZOYADUHA NATUBWIRE UMUSI AZOYAHERAKO BARIKO BARADUFATA AMASHATI AMADENI TURABASAVYE MUZOBA MUKOZE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.