Accueil > Amakuru > u Burundi > Cibitoke:Umukuru wa quartier n’umuvyeyi wa Komezamahoro baraye mu gasho ka (...)
Cibitoke:Umukuru wa quartier n’umuvyeyi wa Komezamahoro baraye mu gasho ka komine
vendredi 4 Nyakanga 2015
Umukuru wa quartier Cibitoke Ildephonse Nduwimana n’umuvyeyi w’umwana Jean Nepo Komezamahoro,Hermes Mwamarakiza bapfungiwe ahahoze hari ibiro vya komine Cibitoke kuva kuwa kane igenekerezo rya 3 Nyakanga 2015.
Vyose vyatanguye inyuma y’ikiziga catowe mu ruzi nyabagere rugabura komine ya Ngagara na Komine Cibitoke mu gatondo ko kuwa kane igenekerezo rya 3 Nyakanga 2015.
Abo bagabo babiri baciye batora ikiziga bakijana mu buruhukiro bw’ibitaro vyitiriwe umwa Khaled ariko ,ivyo bitaro vyaranse kwakira ico kiziga bimenyesha ko hari ibindi biziga vyazanywe ngaho ariko vyabuze abaja kubishingura.
Umukuru wa quartier Cibitoke ari kumwe n’umuvyeyi wa Jean Nepo Komezamahoro baciye bafata ingingo yo kujana ico kiziga ahahoze ibiro vya komine Cibitoke,ariko ubutegetsi buca bufata ingingo yo gupfunga abo bagabo babiri,babasaba gusigura uko urupfu rw’uwo muntu rwagenze.
Mwomenya ko ico kiziga nubu kitaramenyekana kandi ko baraye bapfungiwe aho kw’ikomine bari kumwe n’ico kiziga.
Van Naris Mugisha
Messages
4 Nyakanga 2015, 11:16, par twihangane
Mana we mbega abarundi bahindutse ibikoko!!! Nukuri birateye agahinda ntivyari bwakabeho kw’isi yosi aho babuza guhamba umuntu.
4 Nyakanga 2015, 11:51, par freedom
mushinkanta warijajaye mugihugu iwacu uwokoziciza ntibamushimira kubera wewe warugeye kubavogera mumasahani yabo nne waruziko ico kizigako batakibona ukozikibi mu burundi niwe ashimigwa ubeho ubizi kwarikobimeze mu burundi
4 Nyakanga 2015, 13:04, par antoine
uyomuvyeyi unomwaka ntawumara bagira bamukurikize umwana wiwe
4 Nyakanga 2015, 13:38, par MUREKATETE
NANE NKAHO SAKARENGANYE NIMUBAREKURE HAMA AMATOHOZA HANYUMA NNE MWUMVA BAPFUNGIWIKI?
4 Nyakanga 2015, 13:51, par fidelite
Mwebwe ntimuramenya ububi bw’abatutsi,wewe ntiwumva ko ari iyindi tactique bagomba gukoresha ngo baze baramara abahutu bace baja barajana ibiziga mu ma morgues,mbe bigize iki,ko batahamagaye croix rouge ibijejwe,?Ahubwo bahe inembo bavuge uyo muntu,naho wewe antoine ngo bagire bamukurikize umwana wiwe,urupfu rwumwana wiwe ntirumuha tous les droits sur les gens,yice aca ajana muri morgue,abatutsi ubwenge bwabaheranye.
4 Nyakanga 2015, 14:01, par pascal
arko mana !!bakore neza bishurwe inabi?mana ibuka abarundi??
4 Nyakanga 2015, 15:13, par liLI
uwo muntu yishwe naba SANS ECHEC bo kumusaga bamuziza ko ari umuhutu. Dusaba police yuburundi gufata izo ntagondwa zozse zabikoze
4 Nyakanga 2015, 15:46, par christian
Turasavye abantu b’amacakubiri nka fidelité bazohore bafuta ivyo banditse. Abatutsi fidelite barakubabaje ariko ntuzobamara. Ihangane rero mubane neza kuko bavutse basanga ari abatutsi nkuko nawe wavutse usanga uri ico uri. Ariko kuba igikoko ntibisaba kuba umuhutu canke umututsi. Mubwoko bwose harimwo babi na beza. Gerageza rero ube umuntu aho kuba umuhutu canke umututsi, atarivyo naho uzopfana inzigo ku mutima ntabwoko bumara ubundi.
4 Nyakanga 2015, 15:53, par Avec
Nisunze ibivyanditswe nuyunwanditsi nkumuntu njijutse nkabanzi ukwibintunkivyo ubibonye ukwowifata nagombangire iconvuze, ubwanbere ngize icomvuga ntisunze amategeko abobantubatoye icokiziga novugako bakozeneza, tugiye muvyamategeko bakoze amakosha, kw’Isi yosenzima ubonye ikiziga cumuntu yapfuye kirazira kikaziririzwako ugira icugikorako, icukora urahamagara abajejwe umutekano hagahezahakaza abajejwe mwenivyobibavyabaye, mubihuguvyateyimbere harahezahakaza polisi,abahinga muvyubuzima bwumuntu, ambulance, akambese navyabimodoka bizimya umuriro etc. Muncamake murazibaza mubihuguvyose hagize umuntu akora nkukwo abobavukanyibacu bavyitako yarenze amategeko baranamuhana ntibigera bamushimira. Jewerero ukondabibona nukomugihugucose reta yogerageza ikarungika abantu bakigisha abenegihugu bakamenyako kizira gusanga ikiziga cumuntuyafuye aharihohose nguheze ucewigira inama yokucikorera utabanje guhamagara abajejwe umutekano. Ndangizandababwirako ushoboragukora ikintu ubonako ariciza ariko kikagukwegera ingorane kubera wagikoranye ubutamenya bwishi.
4 Nyakanga 2015, 19:10, par BABAFUNGE
NIMWE MWISHE UBURUNDI!! MUKIHE GIHUGU CYINDI WABONYE UMUNTU AJYANA IKIZIGAA MURI MORGUE NGO ARAGITORAGUYE!?!?
4 Nyakanga 2015, 19:47, par Sebatutsi Jean Paul
Abatutsi baratumaze.. kubera bavukanye imbuto zo kwica ntizigira imbabazi izo mburagasani.
4 Nyakanga 2015, 20:09, par Lion GATANDATU
nkumuntu akunda abarundi bose uyomuntu yatowe ar ikiziga arashobora kuba aticiw mucibitoke nkuko vyoshika hakaba ariho yiciw ariko kurabo bamutoy birumvikana kwataribo bamuhitanye kuko ntakuntu barkuwica bagaca bamujana mubitaro arko barakoz ikosa rimwe gukora kukiziga kirabujijwe mubihugu biteye imbere barapima ibikumwe bapimye wumva bsangako ivyabande?ikosa niryo kwihenda nayahandi birumvikana kwataribo bamwishe kandi barundi nkunda mureke guterana amajambo twese turi abantu imana ntamuhutu canke umututsi yaremye ndizerako hazogera igihe ivyabahutu na batutsi bigabanuka
4 Nyakanga 2015, 21:41, par karibori
Iyo Nsomye Amajambo Abantu Batandukanye Bandika Uburundi Buraje Bube Somalie. Birababaje Kubona Hakiriho: B’ 1. Imbwa, 2. Impwerume, 3. Indarukazi,4. Imisega, 5. Imbwebwe... Baciyumvira Nk’ibigugu N’ibintu Bibabaje! Mbega Igitigiri C’ababoyi N’abahimbiri Benshi N’abaki? Abasuma N’abambuzi Benchi N’ibande? Si Abahutu. Abatutsi Bareke Bo Baramaze Kumenyera Ariko Ivunja N’icaro Ntibibasiga Bwira Nkurumbi Abashire Mubirwati Nka Bagaza Muduhe Akazi Kumwe Mwahora Muca Amahera Iwacu? Ariko Uwo Mutama Yakoze Sacrifice Mumureke Yakoze Ineza Mweho Turazi Ko Muri Barubura Kigongwe Ari Na Adolphe Yarahavuye Arashikira Namwe Ikinogo Canyu Kirabarindiye Vuba.
4 Nyakanga 2015, 21:46, par karibori
Iyo Nsomye Amajambo Abantu Batandukanye Bandika Uburundi Buraje Bube Somalie. Birababaje Kubona Hakiriho abantu b’: 1. Imbwa, 2. Impwerume, 3. Indarukazi, 4. Imisega, 5. Imbwebwe... Baciyumvira Nk’ibigugu! N’ibintu Bibabaje caaane! Mbega Igitigiri C’ababoyi N’abahimbiri Benshi N’abaki? Abasuma N’abambuzi Benchi N’ibande? Si Abahutu. Abatutsi Bareke Bo Baramaze Kumenyera Ariko Ivunja N’icaro Ntibibasiga Bwira Nkurumbi Abashire Mubirwati Nka Bagaza Muduhe Akazi Kumwe Mwahora Muca Amahera Iwacu? Ariko Uwo Mutama Yakoze Sacrifice Mumureke Yakoze Ineza Mweho Turazi Ko Muri Barubura Kigongwe Ari Na Adolphe Yarahavuye Arashikira Namwe Ikinogo Canyu Kirabarindiye Vuba.
4 Nyakanga 2015, 21:48, par karibori
Iyo Nsomye Amajambo Abantu Batandukanye Bandika Uburundi Buraje Bube Somalie. Birababaje Kubona Hakiriho abantu b’: 1. Imbwa, 2. Impwerume, 3. Indarukazi, 4. Imisega, 5. Imbwebwe... Baciyumvira Nk’ibigugu! N’ibintu Bibabaje caaane! Mbega Igitigiri C’ababoyi N’abahimbiri Benshi N’abaki? Abasuma N’abambuzi Benchi N’ibande? Si Abahutu. Abatutsi Bareke Bo Baramaze Kumenyera Ariko Ivunja N’icaro Ntibibasiga Bwira Nkurumbi Abashire Mubirwati Nka Bagaza Muduhe Akazi Kumwe Mwahora Muca Amahera Iwacu? Ariko Uwo Mutama Yakoze Sacrifice Mumureke Yakoze Ineza Mweho Turazi Ko Muri Barubura Kigongwe Ari Na Adolphe Yarahavuye Arashikira Namwe Ikinogo Canyu Kirabarindiye Vuba.
5 Nyakanga 2015, 15:22, par fidelite
@avec
ngo yabikoze kubera kutamenya,abatutsi bigira je sais tout,biribonekeeza ko bashaka kuza baraniga abahutu bace bajana mu ma morgues.Hanyuma wewe wiyita karibori,uvuga nka RPA,abo bahutu bagowe bareke,mwebwe ahubwo nimba mugowe ça serait grave n’imyaka mwamaze mutwica mwongera mutunyaga.Burya namwe ivyo mwatwivye bizoteba bihere ata n’icaro mufise mujamwo.
5 Nyakanga 2015, 20:44, par Avec
at Fidelite, ivyonavuze harigihe vyobarivyo ariko nawe ivyuvuze birashoboka, mumyaka yaheze hariho umugambi woguca imitwe abantu mu Burundi ekandetse no mu Rwanda, ariko bivurwako warumugambi wacatutsi ngowokugira bekeke abazungu ko abobantu arabatemagurwa nabahutu ngwabobantu mwumva babahutu ngosabantu nibikoko, kandimuvyukuri ababatema ntawuharira bari abahutu bahabwa udufatanga na ba Tutsi noneho murazi kohariho abahutu kudufaranga wopfuma ubica, akarorero kafafi raba Nyangoma ivyarimwo arisukamwo! Ikinticobatangaza buryangaha Burundi ntihabuze abahutu bahabwa udufaranga nutwodututsi twintagondwa ngobice abarundi, abobahutu ugasanga bishakira utwodufranga, ariko abobatutsi bobo bakababishakira kuzika kiramuhutu ukazosanga utwoduhutu twakiriye amahera yokwica abantu twariyimbiye ikinogo tutabizi tukazokwisanga murico! ( Twagiramungu Rwanda). Fidelite rero ivyowavuze ahonshobora kuvyemerera naha, bashoborakuba aribabatutsi babi ariko iyotuvuze abatutsi ntibisigura kiramututsi, abobatutsi babi ninkababandi barondeza imitwe yabantu, nukuvuga abobatwaye icokiziga babaye mwabobatutsi babi bobabaribafise umugambi wokwerekanako bobo aribeza muntumbero yokuvugako uwomuntu yishwe na reta urazi kobaca babihereza ukukuru wabatutsi babi Nininahazwe Pacifique noneho yabibwira abazungubaraho mengo sinzicobapfa nubwokobwa bahutu bakavyemera vyose ukovyakabaye! Ninacokituma mubona abazungu batigera bumva icumuhutu ababwiye, akarorero nimwibuke kuvamuza 60s abahutu bakomeje gusemerera atinyabuna abahutu barabangamiwe mu Burundi ntamuzingu yigeze avyumva. Ariko Pacifique akira kurema ikinyoma abazungubose basidukana niyonka nazagasopo nyishinyishi ivyorero abazungu bakoreye abahutu canecane bi Burundi kuvakera gushikanunomusi badakozikintu kiboneka cerekanako babona ubwoko bwabahutu nkayandimoko abahutu bazoguma babonako aribo babashohorerako bamwe muntagondwa zakakarwi kabatutsi. Ndarubiyemwo nikuberiki 1966 abobazungu batatanze gasopo kubategetsi bicogihe kandibaribakoze amabi aboneka turitse ibivyunomusi bumva igihuha kivuzwe na Nininahazwe bagahakwa gufuta u Burundi kwikarita y’Isi! gukomezanomuri 72,88,93,94,95, murivyobihe harakozwe amabi arenze kwemera ariko ntabazungu basurasuranye nkunomuzi basurasurana kubera igihuha ca Pacifique Nininahazwe. Iyaba abazungu bemerako abahutu arabo kwubahwa vyukuri nkayandimoko bababaratangajeko babasaba imbabazi kubera batereranwe kuvuburundi bwikukira gushika 2004 bagasaba imbabazigusa, ariko ndebera ukuntu birirwa barasaba imbabazi abatutsi bomurwanda kuberanyene arabatutsi!!!
6 Nyakanga 2015, 15:00, par fidelite
@Avec
Ivyo uvuga nivyo ,sinzi ko uri umurundi canke umunyarwanda,ariko ndabona uri umunya rwanda w’umuhutu ,ico ndakumenyerako muracari mu ma reflexions twarenze twebwe abahutu b’i burundi,mwebwe mushakako ivyo abazungu bakorera abatutsi natwe babidukorera,aho niho tudahuriza,ubu tumaze kumenya igituma babikora ,ntituzongera kubitako umwanya,basabe izo mbabazi bareke nico kimwe twebwe tuzi ko iyo tuvuye tutazosubirayo ,nitwe dutegerzwa kwihesha agateka par tous les moyens,vous les hutus rwandais kagame yarabakorofye mu mitwe ,pas nous,malgré tout mu burundi hari abahutu babona kure,mwebwe ahubwo murakeneye inyigisho zikomeye c’est grave ingene ushobora kumara umwanya usigura ngo imbabazi,ngo ubwoko bwubahwa,si abazungu bazoduha icubahiro,twebwe abahutu b’i burundi tuzi iyo kiva,umuzungu anyubaha atanyubaha,ariko nkaba mba mu gihugu canje,je m’en fiches ibindi ni diplomacie pour des interets ici et là .Rero abahutu bo mu rwanda heba ama théorie menshi menshi haguruka mugwane mwikure mu buja,si non muzokwama muraba ivy’abarundi bibasiga.
6 Nyakanga 2015, 18:37, par Avec
At Fedelite, ndavyemeranyanawe ntanuzungu abahutu biburundi biteze Ko azobasabimbabazi nkukubera babatereranije ahubwo ahokubasaba imbabazi bokomeza kubateza ababasuzugura, arinacogituma abahutu bimuburyndi bakeiye kwihagararako nogukomeza uyumugambi biyemeje wokubananeza nayandimoko yabarundi kuguraberekaneko igihugu aricabarundi bose kandi nomumikoyise atabwoko bubwira ubundi ngo uriho kubera jewe nkuko tuvyumva mugihugu kibanyi Cu Rwanda ahabantu babwirwako bariho kubera Kagame canke ngo FPR kandituziko umuntabaho kubera Imana akongera akabaho kura afise uburenganzira bwokuba mugihugu ciwe, akongera akabaho kubera afise ivyangombwa bimwemerera kubamwicogihugu. Nukworero Fedelite kubatutohuza kuribimwe ibindi tukabihuza nawe ivyontakibazo.